Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
FÉLICITATIONS Guys.Uwo mutumire wawe arigirisha ariko aratwenza cane.Nkuko wavuze ko ukunda ukuri; mubwire Kelly areke kutubesha.Ariko agerageze kwiga ikirundi na français.
Uyu mujamaaa c un grand comedien vrmt arankuyehooo
L’Amour sanzalga ce lametie shaaa ako niko 😂😂😂😂
townaire
Ego kabisaaa !! Umukubito wubahwe 🤌🏾🔥😂
Weeee Patience, uwo muntu wawe aratwenza the way avuga 😂😂😂😂
Uwomu petit ndamukunda pe! Iyo mfise stress nkumviriza ibiganiro vyiwe zica zihera!
Igifalansa ni mulemule 😭😭😭
Please ndipfuza kumenya kwariko avuga nuko arivyo yigirisha ndabasavye mumbwire
Big up Juste Gaël 👏
Nc one big brother Ahari ishaka Harashika
Cane gose Kelly nukugumizako man tunakubali,Nairobi tuko pamoja5/5
Plz none uyo mutype niko avuga canke nivyo yigira? Ava muntara yahe? Bavuga gucyo?
This guy is funny
Ikirundi coco mbona kimunanira
Ndakundikiganiro umukubitoUmuhushuro vrt Gaël big up sana ubikora nezaHama nanj munshigikire kuri : "Agasozo TV""
Uy m type ikirund ciw kirarenze ndak 😂😂😂❤❤
Townaire vrt reka kuvuga Ikirundi hamwe n' igifaransa kuko sivyiza gushiramwo ubwishime
None uwo mu jeune atarivyo yigira mbona n'ikirundi yosubira kuciga...
Nakubali
🤣🤣🤣Gaël nukuri wewe ibiganiro vyawe biranyica peee uwo muhungu azosubire kwiga ikirundi kbx gusa kweri respect bro
Townaire reka ndamwibarize ururimi vyukuri uzi neza nuruhe
Nimuremure non icokirundi uvuga simuremure uwapfuye yarihuse warahi
Is he real? Canke ariko arigisha
Uy mugani ndak "Ugenda utazombaza ukazosaza utazomenya"kkkkkkkkk😂😂😂
Imbavu zanje🤣🤣🤣🤣🤣
🤝🏾😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣
Hahaahaa aratwica uyu mujama hahahahaa
Mbeg ntaz kuvuga ?
Nanje nivyo bintangaza none kobavuga ngoyarahejej ishur avuguko vyagenz gt?cank nivyoyigirisha arancanga pe!igifarasa nimunini nihatari hoho 😂😂😂🇧🇮🇿🇲💪
Ugendutabaza ugasazutamenye apana nguragendurabaza ker ikirundi kirakugora😂🎉🎉
İkibazo co mu kwambereİkibazo co mu kwakabiri🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ikibazo comukwambere nikibazo comukwakabiri non koturi mukwagatanu mukama
Townaire
ALi danger
La mele ngo igifransa ni muremure uyu muntu burya numu comedien nuko atabiziiii arankuyeho
uyumutipe uratwenza avuga neza ikirundi
Igifalansa ni mulemule nukuli ntubeshe Kelly
Gaël ndakubaz ikibazo co mu kwa gatatu😭🤣 why ugum ushak gutweng imbere ya caméra ?🤣🤣🤣🤣🤣
Uyu mu type atuzaniye I gi créole mu Burundi pe
Mbay ndatweng ntararab 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂
uy muhung numu comédien nuk atabizi😅😅😅😅😅 ndashk kumenya aho yiz nah yakuriye😂😂 kko ntitwize hamw wallah😂
Hahaha ndapfuy nuyu mujamaaa heureuse irambay ibaraaa
🤣🤣🤣🤣ugenda utazombaza ukazosaza utazomenya uwonumugani Kelly townaire atuzaniye courage bro nkumbuy gusek mpiga ikiganiro wakoze
Ok twibagire about his French none nikirundi ntaco azi!!!?🤭😂😂😂😅
Kelly ndagufana sha😂😂😂
😀😀
Ukundu avag'ikirirundi nikwigrisha canke nivya sérieux ?
Ulakubita umushishulo
Kuvuka akivugisha ngo kuvyuka.c'est pas normal même si atwengeje arigira ikigugu vyahatari kandi ntibibereye.birateba bigashisha uguma wumviriza ikirundi cuwigirisha.upfuma uhora iyo utazi ibintu
Nt'akabi kiwe birumvikana k'atarivyo yigirisha vraiment
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Igifaransa n mulemule sana😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅uy mujama aratwononera ikirundi kwl🤭🤭🤭🤭🤭
Umukobito,...
R yiwe = L ,Hama L=R.ntatwenza ngwasigaze.nashaka kumenya nimba ivyavuga arukwigirisha canke ariko asanzwe avuga.kuko ikirundi ciwe Kiri bizarre trop.
Igifaransa ni munini kandi ni muremure 😀😀😀😀
Dufatane kunda 😂Ikibazo comukwambere😂😂Yagiye ariyarura😂😂😂😂Igifaransa nimunini 😂😂
None mu bisanzwe uyo muhungu avuga uko nyene canke nivyo bimutunze muri iyi nzara.
None iyo yatumiye abandi ntaba yamubaye nanje singende ntamubajije
Ubu arikosoje uyo mu G arazi ico ashaka
None avuga uko nyene??
Aca arantwengesha 🤣
Uburambane mu kazi 🤣, ikibazo cyo mu kwambere🤣🤣🤣
Avyuka cankavuka ewe kerisha gaere nawe ntagukosora
😅😅😀😃
😁😁😁😁
Dufatane kundaa basii😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣c fini ndahezeeeee 😭😭igifaransa n mulemule😫
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣💀💀💀🤣🎶🎶🔊Uwuguhisha ko nzokwanka aguhisha ko umuzi...
😆😆😆😆😆
Bavyutse mumyaka itandukany 🤣🤣🤣🤣🙆♂️
ikibaz c mukwamber😂😂😂
😂😂😂uyomuntu yaradusekej
😂😂😂wikosoje vrt 😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Dufatane kundaaaa reka kunyicaaaa
Ngo dufatane kunda😀
Townaire 😂😂😂😂😂 raba akandi kantu ngaha kiwe 👇👇👇👇👇ruclips.net/video/duBigFkKcJA/видео.html
Dufatane kunda😂😂😂
🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
FÉLICITATIONS Guys.
Uwo mutumire wawe arigirisha ariko aratwenza cane.
Nkuko wavuze ko ukunda ukuri; mubwire Kelly areke kutubesha.
Ariko agerageze kwiga ikirundi na français.
Uyu mujamaaa c un grand comedien vrmt arankuyehooo
L’Amour sanzalga ce lametie shaaa ako niko 😂😂😂😂
townaire
Ego kabisaaa !! Umukubito wubahwe 🤌🏾🔥😂
Weeee Patience, uwo muntu wawe aratwenza the way avuga 😂😂😂😂
Uwomu petit ndamukunda pe! Iyo mfise stress nkumviriza ibiganiro vyiwe zica zihera!
Igifalansa ni mulemule 😭😭😭
Please ndipfuza kumenya kwariko avuga nuko arivyo yigirisha ndabasavye mumbwire
Big up Juste Gaël 👏
Nc one big brother Ahari ishaka Harashika
Cane gose Kelly nukugumizako man tunakubali,Nairobi tuko pamoja5/5
Plz none uyo mutype niko avuga canke nivyo yigira? Ava muntara yahe? Bavuga gucyo?
This guy is funny
Ikirundi coco mbona kimunanira
Ndakundikiganiro umukubito
Umuhushuro vrt Gaël big up sana ubikora neza
Hama nanj munshigikire kuri : "Agasozo TV""
Uy m type ikirund ciw kirarenze ndak 😂😂😂❤❤
Townaire vrt reka kuvuga Ikirundi hamwe n' igifaransa kuko sivyiza gushiramwo ubwishime
None uwo mu jeune atarivyo yigira mbona n'ikirundi yosubira kuciga...
Nakubali
🤣🤣🤣Gaël nukuri wewe ibiganiro vyawe biranyica peee uwo muhungu azosubire kwiga ikirundi kbx gusa kweri respect bro
Townaire reka ndamwibarize ururimi vyukuri uzi neza nuruhe
Nimuremure non icokirundi uvuga simuremure uwapfuye yarihuse warahi
Is he real? Canke ariko arigisha
Uy mugani ndak "Ugenda utazombaza ukazosaza utazomenya"kkkkkkkkk😂😂😂
Imbavu zanje🤣🤣🤣🤣🤣
🤝🏾😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣
Hahaahaa aratwica uyu mujama hahahahaa
Mbeg ntaz kuvuga ?
Nanje nivyo bintangaza none kobavuga ngoyarahejej ishur avuguko vyagenz gt?cank nivyoyigirisha arancanga pe!igifarasa nimunini nihatari hoho 😂😂😂🇧🇮🇿🇲💪
Ugendutabaza ugasazutamenye apana nguragendurabaza ker ikirundi kirakugora😂🎉🎉
İkibazo co mu kwambere
İkibazo co mu kwakabiri
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ikibazo comukwambere nikibazo comukwakabiri non koturi mukwagatanu mukama
Townaire
ALi danger
La mele ngo igifransa ni muremure uyu muntu burya numu comedien nuko atabiziiii arankuyeho
uyumutipe uratwenza avuga neza ikirundi
Igifalansa ni mulemule nukuli ntubeshe Kelly
Gaël ndakubaz ikibazo co mu kwa gatatu😭🤣 why ugum ushak gutweng imbere ya caméra ?🤣🤣🤣🤣🤣
Uyu mu type atuzaniye I gi créole mu Burundi pe
Mbay ndatweng ntararab 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂
uy muhung numu comédien nuk atabizi😅😅😅😅😅 ndashk kumenya aho yiz nah yakuriye😂😂 kko ntitwize hamw wallah😂
Hahaha ndapfuy nuyu mujamaaa heureuse irambay ibaraaa
🤣🤣🤣🤣ugenda utazombaza ukazosaza utazomenya uwonumugani Kelly townaire atuzaniye courage bro nkumbuy gusek mpiga ikiganiro wakoze
Ok twibagire about his French none nikirundi ntaco azi!!!?🤭😂😂😂😅
Kelly ndagufana sha😂😂😂
😀😀
Ukundu avag'ikirirundi nikwigrisha canke nivya sérieux ?
Ulakubita umushishulo
Kuvuka akivugisha ngo kuvyuka.c'est pas normal même si atwengeje arigira ikigugu vyahatari kandi ntibibereye.birateba bigashisha uguma wumviriza ikirundi cuwigirisha.upfuma uhora iyo utazi ibintu
Nt'akabi kiwe birumvikana k'atarivyo yigirisha vraiment
Muba muhazee😂😂❤🔥🔥
Igifaransa n mulemule sana😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅uy mujama aratwononera ikirundi kwl🤭🤭🤭🤭🤭
Umukobito,...
R yiwe = L ,Hama L=R.ntatwenza ngwasigaze.nashaka kumenya nimba ivyavuga arukwigirisha canke ariko asanzwe avuga.kuko ikirundi ciwe Kiri bizarre trop.
Igifaransa ni munini kandi ni muremure 😀😀😀😀
Dufatane kunda 😂
Ikibazo comukwambere😂😂
Yagiye ariyarura😂😂😂😂
Igifaransa nimunini 😂😂
None mu bisanzwe uyo muhungu avuga uko nyene canke nivyo bimutunze muri iyi nzara.
None iyo yatumiye abandi ntaba yamubaye nanje singende ntamubajije
Ubu arikosoje uyo mu G arazi ico ashaka
None avuga uko nyene??
Aca arantwengesha 🤣
Uburambane mu kazi 🤣, ikibazo cyo mu kwambere🤣🤣🤣
Avyuka cankavuka ewe kerisha gaere nawe ntagukosora
😅😅😀😃
😁😁😁😁
Dufatane kundaa basii😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣c fini ndahezeeeee 😭😭igifaransa n mulemule😫
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣💀💀💀🤣🎶🎶🔊Uwuguhisha ko nzokwanka aguhisha ko umuzi...
😆😆😆😆😆
Bavyutse mumyaka itandukany 🤣🤣🤣🤣🙆♂️
ikibaz c mukwamber😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂uyomuntu yaradusekej
😂😂😂wikosoje vrt 😂😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Dufatane kundaaaa reka kunyicaaaa
Ngo dufatane kunda😀
Townaire 😂😂😂😂😂 raba akandi kantu ngaha kiwe 👇👇👇👇👇
ruclips.net/video/duBigFkKcJA/видео.html
Dufatane kunda😂😂😂
Nakubali
🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂
Dufatane kunda😂😂😂
Nakubali
🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣