INTAHE HAMWE NUBUTUMWA BWIZA/pasteur Blaise

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
    Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
    ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
    Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
    Mu kwirura abihevye ,
    N'abafise integenke z'umutima
    No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
    Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu fyonda A-ha / @gospelofpeacetv3
    kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
    Yesu abahezagire cane
    Kuwifuza kubaza canke kutwunganira arashobora kuturondera kuriyi numero
    #+25769883071

Комментарии • 2

  • @VioletteHAFASHIMANA-qv7pu
    @VioletteHAFASHIMANA-qv7pu 3 месяца назад

    Naho waruhiye mugahahe inama nkuru irakwiye kwiga ukagaruka twarababaye benshi twaragukunda

  • @VioletteHAFASHIMANA-qv7pu
    @VioletteHAFASHIMANA-qv7pu 3 месяца назад

    Pasteur imana ishishikare ibana nawe warahezagiwe kandi wanyubashe mubihe twabanyene mugahahd wagiye ndababa intahe zarafasha mugendo ruja mwijuru nubuzima bwomurisi