Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
This song made me to miss my country Burundi 🇧🇮(nostalgie),God bless my country nababubamwo🙏
Mvuye mu gahinga kanyaganande . Mperuka biwacu i burundi le 23/03/1994 nizere ko nzotaha nanje..
Rally Joe warakoze ku kazi keza wakoze. Nciye nibukako I Burundi nisanzura ahongiye hose. Vuba nditahira na je
Ndakumbuye iwacu muburundi
Umurundi yiyemera akunda igihugu camavukiro niwitahire mwenemama mwene data muri 2020 birakwiye ko umutima wafrika wakira abawo bose
Kw' i Reggae ndumva twokwiruka. Komeza uzikubite, umusi umwe tuzofashanya guteramisha ab'iwacu. Nukwitahira mwene mama, muhira hama haryoha, ntawokwanka ku mavuko ngo tuhahebe agatabe. Roranirwa mu muziki wawe Rally!!!!!
hongera kwa wimbo mzuri .nubwo turi mumahanga turibuka iyo dukomoka.
Turahibuka kandi turahakunda niho twataye uruzogi. Imana ibahezagire
Akakaririmbo kararyoshe
Nyumbani ni nyumbani babantu ayobabonye nibobabizi
Nyumbani--ni-nyumbani
Nugutaha iwacu
Inyuma yimyaka 12 hanze..... now mparura amezi ngo subire kubona imuhira I miss my home #burundi
this song meant alot to mih i love it so much leka ntahe in my hometown brurundi
Ese Umukama yofasha uburundi bukogorora abarundi bose bagataha bisanga iwabo. Mungu abariki Burundi, Mungu abariki Africa
EVODE
Vivant Burundi bwacu
mes felicitations kabisa n'umudiho m8za//courage
Just love it. Bravo tous les gens qui n'oublient jamais d'où ils viennent!
J'aime bcp cette chason! Force de reconnaissance de ma patrie.!
Ego lalynanje ndimugutaha nalambiwe mumahang.chemej yako apa
JEWE NITWA LEVIS NKABANDI MURI CANADA KWAKWEL URADHOBOYE NUKOMEZE URIRIMBA
Kwl musaza twemera dutemw sasa rero
I miss my country Burundi👌👌🤨🤨
yeah man agasanga wavuyeyo ugize inabi ukarosubirayo bazokwishurira munkoko.... nureke twebwe twigire mugihugu mugihugu:)
I miss my country of Burundi 😭
My favorite song ❤❤❤
super chanson j'adore
Ntibatashe ahubwo barirukanywe, atanguvu( Inkoho) ntajambo muri africa. Mbega burya abashi muritwebwe ntitwoba dukomoka kuri Kayini, ndasaba abasomyi ba Bible badukorere itohoza!
Reka ntahe🇧🇮🇧🇮😢
@okoko2001 : je suis tout à fait d'accord avec toi.
Aho muri hoho ntabantu birirwa bapfa??!!!!!!!!
extra super
👍
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤🙏🙏🙏👍🏾👍🏾👍🏾