Uwo muntu avuga ko leta ya cndd ataco yigeze ikorera abarundi ntavyo azi ahubwo ngira ntaba mu Burundi,kuva peter agiye ku butegetsi hariho ivyaranguwe Kandi biboneka,amashure yarubatswe,amavuriro menshi yarubatswe abavyeyi bavyara kubuntu nibindi bitari bike,ahubwo iyavuga ko kuva Nkurunziza apfuye nihigihugu caciye gitangura kuja mu kaga gishobora nokuzimangana.
Cnl nibareke itware
Eric Ndayishimiye ndakubaze nimba CND ifise inguvu canke Evariste abona ko akunzwe nabarundi nareka Agathon Rwasa baje kurubuga Bose hama Abarundi bihitirwmwo uwo bashimye none ndakubaze nikuki bamutoteza nuko bamutinya Kandi abasumvya gukundwa nabarundi isinzi Ineza y'umuntu niyo ituma akundwa biboneka ko CND atanguvu ifise
Ni bamureke yitoze mutama wacu uyo turamwemera cane imana yonyene
Muvuzukuri twe turahari RWASA narivuge burikomine dukore
Mutam wacu yarakoze
Uwo muntu avuga ko leta ya cndd ataco yigeze ikorera abarundi ntavyo azi ahubwo ngira ntaba mu Burundi,kuva peter agiye ku butegetsi hariho ivyaranguwe Kandi biboneka,amashure yarubatswe,amavuriro menshi yarubatswe abavyeyi bavyara kubuntu nibindi bitari bike,ahubwo iyavuga ko kuva Nkurunziza apfuye nihigihugu caciye gitangura kuja mu kaga gishobora nokuzimangana.
Nabovyasangiye yankako bozoshira habona ivyobazi ibicndd fddnibisahiranda ubwenge bwavyo burimukirenge
Kimba cndd idafisubwoba kuberiki itinya Gwasa? Barundi nimwiyumvire Akokamaramaza ka cndd ,kimba koko idafisubwoba nihe uburenganzira Gwasa Yikorere umuti
Ntiyabivuze niweyiba benumugorewe nabahungube amabanki benumugorewe barunyiguje
Abarashe agasubira kugira abasoda azostinda nevawe ntiyozo vamumumpimba nabasoda yamariye muricongo yobishura kandi iporonayo yigeze kuba iganza burundiyose nibirimwovyose
Mbega mwabijujumwe vyabaporona ntimubonako mwahoneye muricongo none amadorari bagugwa muyaruako canke kukimu mukokora udukoko
Mutabayemaso baradukora mumaso nibabireke gutora munkinamico nugutora urupfu nivyago hagarika matora burundu muhagarare neza mwitegure icogukora igihugu sicana
Mwebwe muragwaye mumutwe mbega uwo RWASA muvuga ko yatsinze yatsindiy mumatora yanyu?nimuvuge mwebwe ngo cdd fdd ataco yamariye aba rundi nkeka mugwaye mumitwe pe
None Ubu aho tugeze ubona tugezehh kabisa nawe vugisha ukuri😊
Mwentimwo kuneza mwomuha nkayo agurisha abasoda bicwakumusikumusi aryamenshi kumusodumwumwe ntiyoba gihazwa numushaharawe nukubarasa ntabundiburyo ikangure mubemaso