DJ PAULIN ariko ategura igiteramo//Gukora CONCERT ya MUDIBU//Inguvu bisaba//Intambamyi duhura nazo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • DJ PAULIN ariko ategura igiteramo//Gukora CONCERT ya MUDIBU//Inguvu bisaba//Intambamyi duhura nazo
    ‪@DJPAULIN‬ ‪@TheBen3‬

Комментарии • 51

  • @FabriceKWIZERA-wl4xy
    @FabriceKWIZERA-wl4xy 10 месяцев назад +30

    Uwemera ko Gael ubu yamenye asigaye abaza nkumumenyeshamakuru wumu professionnel bampe ayo ma like

    • @rankss1659
      @rankss1659 10 месяцев назад +2

      Iyaba atabaza nk'umu professionnel ntawe nokwirikirana. Burya iyo ugiye muri restaurant bakagufata neza, imfungurwa ugasanga ziraryoshe, niwe wigarukana. Gael ni restaurant, abatumire biwe n'ibibazo vyiwe navyo nink'imfungurwa.#abarundidushakiteramberemumiceyoseyigihugu

  • @ndayegamiyeblaise5242
    @ndayegamiyeblaise5242 10 месяцев назад +5

    Dj Paulin yishuye neza avec sagesse , ibibazo vyuzuyemwo pièges nyinshi!!

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia 10 месяцев назад +2

    Nkunda Paulin
    He's humble man
    Avuga atuje knd aravuga ikintu ukacumva nyen neza

  • @mfxdd
    @mfxdd 10 месяцев назад +1

    Dj Paulin yubahwe U Burundi dufis umuntu adasanzwe,,,,,,,,,terimbere Big brother ,,Bless you

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 10 месяцев назад

    Inzoga si Brarudi gusa na Burundi Brewery y'i Ngozi irafise ibiyeri vya fresh kabisa

  • @vyizigirofiston6783
    @vyizigirofiston6783 10 месяцев назад +2

    Urahushura umushurooooo hushuraaaa noneeeeeeee ❤❤❤❤

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 7 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤

  • @thierrynduwamahoro9883
    @thierrynduwamahoro9883 10 месяцев назад

    Inkuru nziza kubatyoje MR light ngo ntashoboye nabo bagerageze turabe 😅😅

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 10 месяцев назад +1

    Gael yifuza guta mumutego umuntu ariko agasaga bamurusha hakili. DJ Paule wirambire ufise ubwenge

  • @user-ht4tg2pp5k
    @user-ht4tg2pp5k 9 месяцев назад

    Aba artistes bose mubanye neza uretse iyo mihimbiri itagira indero akagaye kabarenze !!! We na mudibu ndabona mugejeje umuzuki wuburundi kuyindi ntambwe kabisa!!!!

  • @celestinniyububasha9152
    @celestinniyububasha9152 10 месяцев назад

    Papa paulin wew ukuntu umez biratangaj wew ukwiy kugira chaine yaw kbx nyen urrumugabo kbx

  • @richard-kellymbonimpa9237
    @richard-kellymbonimpa9237 10 месяцев назад

    Dj Paulin courage courage Dieu est avec toi kandi j’aime beaucoup beaucoup interview ugira.

  • @chantalmwavita7402
    @chantalmwavita7402 10 месяцев назад +2

    Umukubito❤🇧🇮

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 10 месяцев назад +3

    Gael kuyindi mpwemu kwakundi hahandi

  • @rankss1659
    @rankss1659 10 месяцев назад

    Nimba nka brarudi iriha 2 milliards z'amakori muri reta y'Uburundi, yoshobora kugabanurwa nk'igice 1 kuri buri sponsor itanze muri organisation des événements culturels. Ariko brarudi ntiyorenza nka sponsor nka 3 buri mezi atandatu . Ubundi ho yoca ibigira umwuga kugira ngo ntirihe amakori.
    Iyo loi Mr Paulin avuga ya sponsoring ndayishigikiye 100 %.
    Gael, Ibiganiro vy'iterambere nk'ibi biratwubaka. Asante sana

  • @jean-pierrehavugimana1402
    @jean-pierrehavugimana1402 10 месяцев назад +2

    Gaël songo mbele

  • @cadeauyoung668
    @cadeauyoung668 10 месяцев назад +1

    Courage paulin

  • @Chrisgoyan
    @Chrisgoyan 10 месяцев назад +1

    Broo camera 🤝🤝🤝🔥🔥 terimbere musaza

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 10 месяцев назад

    waribirabuy ubuho bikabij juste camraman waw yabishizemw inzigo😂😂😂

  • @Maxime254.
    @Maxime254. 10 месяцев назад

    Dj paulin is Smart

  • @GITZWARTTV
    @GITZWARTTV 10 месяцев назад +1

    Songa mbele Gaël

  • @nishimweabel154
    @nishimweabel154 10 месяцев назад

    Gael asigaye azi kubaza kbs. Courage

  • @MedardTuyisenge-bg5fk
    @MedardTuyisenge-bg5fk 10 месяцев назад

    Paulin hejuru umusaza yubahw🙏🙏🙏

  • @user-ff8sg5ux3f
    @user-ff8sg5ux3f 10 месяцев назад

    Paulin agize neza kubeshuza ivyavuzwe ngo baramuheraniye. Abantu nka nellynat nababeshi

  • @NshimirimanaAlice-ob4kp
    @NshimirimanaAlice-ob4kp 10 месяцев назад

    Paulin abikora neza vmt

  • @harushimanaoniass
    @harushimanaoniass 10 месяцев назад

    Dj Paulin niwubahwe

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 10 месяцев назад +2

    Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅

  • @boobohhh3029
    @boobohhh3029 10 месяцев назад

    Komera muta turakwemera🥰

  • @msafiriisrael6111
    @msafiriisrael6111 10 месяцев назад

    Kazi kazi 🇧🇮🇿🇦

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 10 месяцев назад +1

    Let us know when they come to united states of America

  • @gatekadona4370
    @gatekadona4370 10 месяцев назад

    😂😂😂 ngo bagenda n'a métro abahungu bacu bafashwe neza nikimenyamenya nibikogwa bariko barakora nimba bagenda n'a métro ahubwo Bose bazohore bagenda n'a métro kugira bakire ivyo bariko barako

  • @jcentreprisehoopscontestto4576
    @jcentreprisehoopscontestto4576 10 месяцев назад

    Ngo double jay na kirikou ngo bagenda na métro ?😂😂 Reka tugende na métro mugabo dukore umuti

  • @ThierryNdikumana-hm2yg
    @ThierryNdikumana-hm2yg 10 месяцев назад

    Dj paulin wubahwe pee

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 10 месяцев назад

    Kbs muntuwacu❤❤❤

  • @KirundoGang
    @KirundoGang 10 месяцев назад

    Wow 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @JoselyneNYIRAZUBA
    @JoselyneNYIRAZUBA 10 месяцев назад

    Ariko mwabuze CONTENT? ubu the BEN n'ifungwa, sinzi ngo ibiki. ubu koko iyo iracyari inkuru?

  • @somatv257
    @somatv257 10 месяцев назад

    attention d après la loi, les susponsors ou les dons octroyés aux organismes à but lucratif ne sont pas fiscalament deductibles sauf les administration publiques et les ONGs

    • @MamboSuper
      @MamboSuper 10 месяцев назад

      Gael aca unafki

    • @MamboSuper
      @MamboSuper 10 месяцев назад

      uriko urondera amakuru reka kuvuga amazina yabanu

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e 10 месяцев назад

    D Paulin ndakwemera urumushingantahe

  • @Thinktwice257
    @Thinktwice257 10 месяцев назад

    Paulin ni umukozi kbsa

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 10 месяцев назад

    Abobavuga ngo kugendera muri metro nagasuzuguro ninjiji 😂iburundi rero harukuntu bishizemwo kuwugendera mumodoka arumuboss 😂!none izomodoka ntibazirigwamwo misiyose iburundi?ahubw vyiza bogendera muvyo batari bwagenderemwo niko kugira voyage

  • @NduwimanaDenise-cz3fx
    @NduwimanaDenise-cz3fx 10 месяцев назад +2

    😂😂❤

  • @mugwanashakamadiba8726
    @mugwanashakamadiba8726 10 месяцев назад

    Nanga iyi ngegera yumukoroni...yubahuka ikavuga ko abarundi banuka...ndayibitse tu

    • @habinezajeanclaude7571
      @habinezajeanclaude7571 10 месяцев назад +1

      Wewe urarwaye rek urwango kuko ntaho uzoshika uzobandanya umubona atera imbere wewe uri kumihari so kora cane nico gikenewe.

    • @jeanpierreniyonzima5613
      @jeanpierreniyonzima5613 10 месяцев назад +1

      rekana niyondushi,

    • @jeanpierreniyonzima5613
      @jeanpierreniyonzima5613 10 месяцев назад +1

      uwoyita polin ingegera usanga atagira nayikaranga😂😂

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 10 месяцев назад

      @@jeanpierreniyonzima5613 iciza mubarundi yavuze ko banuka nawe urimwo,gusa ntagitangaje abarundi bakunda guhakwa....rwagasore mubamugandaguye harakoreshejwe abarundi...kazima mbura ayi karanga nkagura smart phone nama mega..

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 10 месяцев назад

      @@habinezajeanclaude7571 we konarugira...ntaho nzoshika urabiye he urabibona ahondi urahazi aho ngeze wowe urahazi...abashonji ko muzi kwisabira koko...bakwite umuntu unuka...ukomeze ube inkoma mashi?ikintu kizovurwe mwizina ryaco..uwuzuye urwanko nuyo mukoloni