#WarakozeMana
HTML-код
- Опубликовано: 8 фев 2025
- #WarakozeMana. « Hagusenzerana ntushitse wopfuma ureka.» Iyo ni imwe mu mpanuro Imboneza yamaho mu mugambwe CNDD-FDD, akaba n’Umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yahaye abagumyabanga n’abakunzi b’umugambwe CNDD-FDD igihe hariko hugurugwa igikorane mpuzamadini kuwa kane 24 Nzero 2019 mu ntara ya Gitega. Yarongeye ati : « Ko twafashe iyo ngendo yo kwama tugendanira Imana, tugafata ingingo yo kugira dushobozwe nayo kugira tugume muri iryo sezerano, twari kumva ko twokwama twisonzesha dusengera igihugu Imana icishamwo ubutunzi iduha »
Yibukije abari aho i Gitega ko uwudakunze igihugu, aba yanse Imana yakiremwe nivyo yagishizemwo vyose. Yongeye ati : « Gukoranira hamwe dusenga mu ntango z’umwaka wa 2019, ni ukugira abagumyabanga dusubire kunagura imigenderanire n’Imana. »
Imana ikomeze kubaha ubwenge nkabumwe yaha sarome
Imana.yabarundi.utugaragarize.ikigihugu.cugwanda
Amen muhezagirwe cane mutware mwiza cane ukunda ugakundisha Imana abene gihugu kuko Imana niyonkuru murivyose.
Ramba mutama ndakunda inyigisho mukura muvyavyanditswe vyera mukoereze ngaho nyakubahwa
uranyar wamurezi peace
Wawawa
May God continue to bless you!
Amen Amen Amen, Warakoze Mana waremye isi ni juru kuduha umuyobozi ukwubaha.
IMANA IDUFASHE KUKO KUZOSUBIRA KURONKA UMUTWARE NKUYU NTIVYOROSHE KUKO UYU NI DAWIDI
@@jonathannjejimana1300 hehe komera
Komera...Imana ibaje imbere
Wavuga ukuri kuzuy mutama ninayompavu nguma ninovora amajambo wadusigiye
Irambire mutama,Imana ikwegere nka David,ugire ubwenge nka Salomon,wirambire nka Burahamu,natwe tukurinyuma.
Murakoze barundi mubane nimana
Iyo umuntu yicishije bugufi Imana nayo imushira hejuru abansi bamaramare ababagwanya ntaho bazoshika kuko bobo ntibakunda Ibi ntamigambi namike bafise atariyo gutandukanya abene gihugu nkuko vyahahora mumyaka yaheze.
komera mutama wacu tugusaba ko uwuzogukorera mungata wozomucisha mwiriba wavomyemwo imihezagiro,imigisha,urukundo,ubwitonzi,ukwicisha bugufi nibindi vyishi cane abandi barongozi badafise.
Nkurumbi vyaheze yasaze
Nyenicubahiro prezida Nkurunziza Imana yakuduhaye ikomeze ikudutungire.
Hanyuma nawe wanditse wiyita Inkotanyi Rwanda nukugusengera kuko ntuzi utwotujambowanditse kwariwewe dukwegera akarambaraye hagatiyawe niyakuremye nayo uwuvuze ngoyasaze nuwoguhagarika ahantu akakubaza icomupfa ntacoworonka kandinawe akubona kurumukunzi ivyobindi vyagutumye uvugangoyasanze nukugusengeragusa kugira umurwanizi w'Imana nabantu niweyaguteje kuvuguko dusenze yokuvamwo maze ukikomereza kwibera murukundo.
@@naftalnshimirimana5817 reka sha nkurumbi yirigwa yica abarundi puu
@@anyirinkwaya wewe urafise ingorane abarundi ubwobwicanyi uvuga ntabwo babona. None wewe. Uvuga uko ubwontiwoba muribamwe bica abarundi kugira bamucafuze?
@@felixniyungeko1284 eeh wewe ntumenya ivya nkurumbi ? Igihugu cyawe cyapfuye kera iruka vuba urabe iyo wonyegera. Nkurumbi ni mwene satani
Nkotanyi uragaswera nyoko wewe na kagame wanyu uburundi sigwanyu mwambwamwe muraza tubereke ko muvugiira ku ma réseau social gusa kumamayenu imbwa imbéciles cndd fdd nitsinzi