Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Muragahezagirwa n'a RUREMA,muri beza caane❤❤❤
🇷🇼🇧🇮are the one
Bayiririmvye neza cane irya kabiri ❤ mukomere kwibanga ryo kuninahaza Imana yacu mu ndirimbo
Oya sinuvyubahuka kugenda ntashimye amen
Abana b'Imana bashyize hamwe ni ikimenyetso gikomeye cy'uko Imana ituye rwagati mu muryango w'abo yaremye twese. Nimuhezagirwe ❤
Hejuru yabyose ntayindi mana urtse rurema sinagenda ndashimye
wonderful voice!!!!
Nukuri sinagenda ntashimye mana🙏🙏🙏
Mbega abaririmbyi basa neza❤
Muracyeye
❤🎉🇧🇮
Umukama abahezagire kweli murimwo mutimamweranda
Amen
Shimwa Mana.
Mwayiririmvye neza, gusa mwongeyemwo ibitarimwo ivyo gusubiramwo,mwahinduriye uwayanditse.
Resurrection, twayiririmbaga mu rurimi rwayo.
Gusa bajyerajyeje
@MugaboErene yego
Byiza cyane
Iyi niyihe choral
Ijwi ry’ Impanda choir muri Anglican Church / St Etienne cathedral
Ino korari ifite impano ikomeye kbs
Wawo
Muririmba neza cyane Kandi murabizi mufite amajwi meza
Kirazira gusubiramwo indirimbo hanyuma ugakuramwo amajambo y'uwayanditse. Droit d'auteur reste .
Ntabwo bayisubiyemo,bayiririmbye uko iri ,yego ni iyanyu ariko bakurikije uko yanditse.Kandi mwagombye kwishimira ko indirimbo yanyu ikundwa n''abandi.
@@KarikumutimaJuliette exactly
Bayiririmvye neza cane ntaco bahinduye mukomere
Kwibanga ryo kuninahaza Imana mu ndirimbo irya kabiri ❤ ,
Bakuyemwo iki? Bongeyemwo iki?