PREZIDA VARISITO NI NKA WE WENYENE ATEMERA KO MU BURUNDI ABAHIMA BAKOZE GENOCIDE Y’ABAHUTU

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 дек 2024
  • Genocide yakorewe abahutu iracateje impagarara mu ba CNDD FDD guko kuyemeza ninko guhemukira ABAHIMA. Join this channel to get access to perks:
    / @tuyagirevanessach8883
    I give my personal comments on different topics that are treding regaling lifestyle, breaking news, ...

Комментарии • 36

  • @Nzohabonayojerome
    @Nzohabonayojerome 2 дня назад +2

    Komera TUYAGIRE Vanessa komera cyane !❤❤❤

  • @OlivierNininahazwe-m3h
    @OlivierNininahazwe-m3h День назад +1

    Mufata amagufa y'abatutsi n'agashinyaguro kenshi ngo nay'abahutu bishwe....Imana irababona sha kuko abahonyejwe barazwi niyo mpamvu abatutsi basigaye baharurira kuko mwarabahoneje...muriko mura sensibilisa kugira nabo bake basigaye mubahonye...Imana irababona sha

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  День назад +1

      @@OlivierNininahazwe-m3h None niba arayabatutsi, kubera iki ababo badaseruka bagasaba ubutabera? None arabatutsi ntabutabera bakwiye guhabwa? Ubu hari ubuhinga. ADN/DNA, ariya magufa yose yopimwa hakamenyekana benebo neza. Ubu 8kinyoma canyu cararangiye

  • @Tsw325-tu9lu
    @Tsw325-tu9lu 7 часов назад

    NEVA namenye ko iyo ari konsa abahima, bo , baba bari kumuhema ari nako bamupangira ! Habyarimana yonsaga kwa Rwigara birangira bamurangije ! NEVA azakanguka abahima bamutunganye kumugano n'umugore we n'abana !

  • @DIANERUGONDAGACA
    @DIANERUGONDAGACA 22 часа назад +1

    Turagushimiye cane Vanessa Kurt icokiganiro.
    Kuvuga ko ata moko ari mu gihugu bingana no guhakana ko ata genocide yabaye. I Burundi ntigifise ingaruka Zimmerman no mu rwanda

  • @RobinsonTubili
    @RobinsonTubili День назад +1

    Vanessa comera cane Imana ikujimbele

  • @NTAKIRUTIMANAEMMANUEL-mm2zi
    @NTAKIRUTIMANAEMMANUEL-mm2zi 2 дня назад +1

    Komera komera

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 дня назад +2

    Emwe , mémoricide yoyo ntigoye gukorera abahutu kuko abahutu en général basanzwe bazwi ko batagira mémoire . Biraboneka neza ko na Ndayishimiye ata mémoire afise.

  • @tuyishimebrigitte233
    @tuyishimebrigitte233 2 дня назад +2

    Komera komera Vanessa.

  • @kezimanaeudoxi_8
    @kezimanaeudoxi_8 День назад +1

    KOMERA

  • @GikukuriBENINGWE
    @GikukuriBENINGWE 2 дня назад +1

    Amahoro Vanessa, izo nkozi z'ibibi zifatwe zikubitewe intahe mu gahanga n'abazikomokaho bibabere isomo ntibazosubire, Evariste nareke iyo miteto nk'iya Habyalimana imarishije abahutu bo mu Rwanda, Hajyeho umuperezida ushyize imbere ubutungane mbere ya byose, ubundi hajyeho amategeko arengera bose, atihanganira umwicanyi iyo yaba ava hose.
    Ijambo U Burundi mwige iyo ryaturutse, nimusanga, uko mu Rwanda bavugaga ngo bivuze, Urundi Rwanda, muzarihindure, twe tuzahindura Rwanda kuko si iryabose niry’abahima bo mu rwanda Umunyarwanda ni umuhima, abahutu bari bafite ubwami bwabo bwamizwe n’abo bahima.

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 2 дня назад +2

    Mureke neva ashaka gukomeza kwitwa yuko akomoka mu BWOKO bw'abamenja.

  • @AbdallahBicahaga-g6c
    @AbdallahBicahaga-g6c 2 дня назад +1

    Ndabaramukije vannessa numutumirwa

  • @msumikiumbe1651
    @msumikiumbe1651 2 дня назад +1

    Bonjour vanessa. Corage

  • @Victor-zk5uc
    @Victor-zk5uc 2 дня назад +1

    Komera Vanessa

  • @RobinsonTubili
    @RobinsonTubili День назад +1

    Abatutsi na batutsi haba amahima haba abatutsi ba tale bose bamye bakorela ababwa abahutu kuva kuntwalo yi cami baka gila abahutu imihimbili nukubarya babicayeko kuva kuntaro yi cami

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza 2 дня назад +1

    Amahoro ntazoboneka hakiri akarwi gakingira akarwi kamwe... Pontons du doigt à tout tueur... Peu importe son inhenie...

  • @tuyishimebrigitte233
    @tuyishimebrigitte233 2 дня назад +1

    Abahutu ntibahonywa! Kuki ubwicanyi buvakorerwa bugirwaho impaka kugirango bwitwe ihonyabwoko?

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 дня назад +1

    Ikibazo nuko mudatanga inimero zanyu kugira tuje turahabaza zamuraduha inimero zanyu

  • @Tsw325-tu9lu
    @Tsw325-tu9lu 7 часов назад

    Muri make NEVA ari gukorera bene wabo b'abahutu mémoricide. Abahutu rwose dukwiye kwisubira ho ! Abicanyi bishe abanyarwanda muri za 1959 kuzamura barabababariye maze bajya muri Uganda bategura irindi tsembabanyarwanda abakoloni b'abazungu babonye ko ari abicanyi babogize akamenyero n'umwuga babongereraho no gutsemba abanyafurika cyane cyane peuple Bantou ibyo bakora kuva 1990 kugeza ubu aho bamaze gutikiza amamilioni y'abanyarwanda n'abanyekongo ! Tuzakomeza gutya kugeza ryari koko ?

  • @msumikiumbe1651
    @msumikiumbe1651 2 дня назад +2

    Mu rumonge turabumva

    • @msumikiumbe1651
      @msumikiumbe1651 2 дня назад

      Nubwo itegeko ryemeza ihonyabwoko ritarabaho,dans la memoire collective des hutus ,twaramaze kuryemeza

  • @angelomessie4567
    @angelomessie4567 2 дня назад +1

    Turavumva yaga

  • @DIANERUGONDAGACA
    @DIANERUGONDAGACA 22 часа назад

    Mu batutsikazi bari bubakanye n.abo bahutu bishwe 1972, benshi cane bigenjeje neza nka Kwa Rose Ndayahoze. Urabaza Ivya mesdames Bamina, mama Paula mu Nyakabiga, Nzikoruriho Lea, mama Mutabazi JdD, etc….
    Mukwiye kubagirira ikiganiro.

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 дня назад +1

    Turabumva

  • @OlivierNininahazwe-m3h
    @OlivierNininahazwe-m3h День назад +1

    Satani ni wewe wa kagore ngo ni Vanessa ufise idéologie nkiya Bagosora

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  День назад

      @@OlivierNininahazwe-m3h nagira ngo wanyitiranya na nyoko?

    • @OlivierNininahazwe-m3h
      @OlivierNininahazwe-m3h День назад +1

      @@tuyagirevanessach8883 ntibitangaje kuko mukora nkuko musa nuyo mugabo ....inguge zigendera

    • @tuyagirevanessach8883
      @tuyagirevanessach8883  День назад

      @OlivierNininahazwe-m3h Hako mba umugenocidaire nokwibera inguge canke ikindi gikoko kidshunfabanya umutekano wabarundi canke abandi bandi bantu

  • @TotoPascal
    @TotoPascal 2 дня назад +1

    Turabumva