Je ne sais même me pas combien de fois maze kuza ngaha kuraba iyi ndirimbo en plus ko ndayifise muri ngendanwa yanje. Much love of this music from Algeria 🇩🇿
komera kw'ibanga kibondo c'Uburundi..we feel so proud when we see young stars like you coming up from our nation..Burundi loves you more than you think !
Iyi song turayijana no muri 2024 wallah🤞🤞🤞🤞🇧🇮
who still here after 2years ?? Press #Like nawapenda saaana
Meee
Me, this song stay nieuwe
Nasisi tunakupenda good job kwakweli
meeeeeeeee..... aka zouk gatomoye.. much love from Sudan Khartoum
2019 we here
Sinzohinduka kbs ndasavy like zanyu✌✌ namba mu kiraba iyi song duuuuh keep up it good job kbs am so proud of u👍
Abakiraba sinzohinduka mur hé?indirimbo irareunz n ubu ntiriger ita valeur 🥰 Masterland
Niyo songs afise gusa
Sinzohindukaa😫🇧🇮 2k19? From Egypt...ndayigwaye
Enjoy it
Iyi ndirimbo yawe ntizomva mumutima wanje@@iammasterland
Still listening this in 2023
Je ne sais même me pas combien de fois maze kuza ngaha kuraba iyi ndirimbo en plus ko ndayifise muri ngendanwa yanje.
Much love of this music from Algeria 🇩🇿
Waooohh how amazing song ❤️❤️😍🇧🇮🇰🇪 we are a proud of you bro
Sinzokwigera nduha kwumviriza iyi song❤❤🇧🇮🇧🇮
Masterland uzonyemerere nkore cover😊😊😊🙈🙈
Nic song vraiment nanje ivideo iranyica kabisa warakoze umuti ntamusi ntayumviriza💋💋
komera kw'ibanga kibondo c'Uburundi..we feel so proud when we see young stars like you coming up from our nation..Burundi loves you more than you think !
Who still in 2024
Sinzohinduka ninde akiyirabaa 2023 a like ngaha love ❤️ so much
😚ninde akigaruka ngaha gushika Ubu 2022 nka nje 😍😢😢
Ndagatuye umugabo wanje.uuuuuh to u my BAE.
Tumaranye 6ans .ndagatuye nabana banj
Waouhhhh, sinariniteze KO aba umurundi. Big UP vraiment
Iyi rero nogukunda waravyibagiy usanga usubiriy kuvyibuka. Masterland wubahwe pe
Iracaryoshe muri 2023. Masterland warakoze umuti
Nanj sinkekeranya vrm❤❤❤❤❤
Master kabisa bro urashoboye 💉 urarenze ukwemera kabisa . Indirimbo yubutumwa bwiza cane gooose ! Imana ikomeze kukurinda bro ugume uduha ibintu vyiza nkibi❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇺🇸 turikumwe👊
love from Chicago USA 2021.. iyi izokwama ari shasha kuri jewe.. my wife introduced me to this song.
100% in love with this song
Guys iyi song vyarananiye kuyiheba🙈🙈🙈burigihe nisanga naje kuyiraba💑💑💑💑Sinzohinduka🙌🙌🙌
No muri 2020, ndacayikunda! Sinzohinduka !
U Burundi k'umuziki bwateye intambwe,basigaye baririmba neza
This is my forever favorite video❤️.. my Gee ndagufana saana u know, keep it up 👍
Ndaikunda chane, niri muri congo
Akaririmbo kibihe vyos big up masterland
No muri 2023! Sinzohinduka! 😘
2024 turacarikumwe Masterland✌️🤝💯🔊
My favorite songs ❤❤❤❤❤❤ lov from zambia
This one is still a master piece today. Can't forget to listen to it.
Indirimboo y'biheee vyoseeeeee❤
Nubwamber mbony iyi ndirimbo man ndagusavy ukomer k'umuheto ubandany urabizi ntuhagarik thx...
All years's Hit🔥🔥🔥
Master your voice is touchable. Romantic voice🗣👌👊🤝💢💫
Anyone in 2k18? We love you Master
Bro, thx vmt ubu nibwo nkiyumva sawasawa umengo Ni iyubu nyine
2023 still cant get enough 😢❤ #sinzohinduka😊
If you're here in 2030 remember that I was here 2020 ❤❤❤❤❤❤
My fav song ❤yibihe vyose🎉
Who else is here in 2021? Sinzohinduka
Tokosss brother from Burundi 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪❤️
May 2021 🥰🥰who’s here???
We muta ibint ni bon ntuz uheb kuririmb,kur je ur number one👍👍👍
Après 6ans nongeye kuraba iyindirim bo.akanovera karacarimwo
Wap ntaguhinduk
Dope brother 🙏🏽💪🏾🔥🇧🇮🇧🇮
i like also that one bro until 2019 gooooooo
belle chanson et coup de chapeau a toi masterland!!
Classic Music 🔈🔉🔊🇰🇪🇰🇪❤️❤️
Indirimbo yibihe vyose.... ✍️✍️✍️✍️
Masterland, Masterful!!!🇧🇮🎆🎶🎸🥁
Ndagukund
Sinzohinduk
This song😩😩😩😩iranyuzuza still watching 2k19
Sinzohinduka 2023 don't expire
Urumw mur music uririmbutuj uzohoruk ntiwishira hejuru nkabaraho💋
2023 💖🔥🔥
burundian colour,10/10 man
I like this song also this singer is handsome too
Ndayikunda xna iy 🎶 ❤❤❤
wooooooooooooooooow!!!!!nice song
Who still love this in 2022?
Ndagukunda cane❤❤❤❤😍😍😍😍❤❤❤❤
Subtitles.This type shld be the trendsetters in east africa
Umuhungu wingozi iwacu turakwemera
Iyingon narayikunz kbx akaker tumenyan
Nice Song My Bro Uranyemje kbs
Je valide urakwiye kwigisha abandi uko bakora clip en tout cas tu fais la différence
Beautiful song ❤️💋🇧🇮🇧🇮
My fav song 💙💥💥Sinzohinduka 💞❤️
Nice song brother ❤🇭🇲
nanj sinzohinduka nzohora inyum yawe.unkorera umuti
Still here in 2024 FAV ONE
Ndagarutsee❤❤❤❤
2022 ✊✊✊❣️❣️❣️
🔥We here
Who is hre in 2022 like me???
Ninde aguma araba iyi ndirimbo nkanje ????
Wouuuuu urashyoboy vrt
Who's here 2020
Good bless bro🔥❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Ndagusavye nkumufana iyindirimbo uzoyiturimbire ejo kuri hbd yawe bro please
Ndiko ndakumva nubu# je valide
I still like this boom👊🏿🥰
Ndayikunze👏🏿🙌🏾
Still watching in 2022🔥
Make me feel highest😍😍😍
Ndemeye vrmt kand ndemejw
Pourquoi il n'y a pas 1M vues
vrema iyi yoyo nubu ndacayifana tro
🔥 🔥 🔥 2023
@masterland🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mbegavyiza❤❤❤
I'm still listing this in 2021...
Best song❤❤❤❤❤
Ngozi hejuru cane
Hit music🌺🌺🌺❤️❤️🦅🦅🇷🇼🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🌍🌎
@masterland🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Mundirimbo zawe iyi ndayikunda ikanyura
sinzohinduka tisha sana wangu
big up my muganga,this is romatical song🔥🔥🔥🔥🔥