SANITA THE TWINS MOVIE PART 3 |2022 FILM| EAST AFRICA MOVIES BURUNDI,RWANDA, IMPANGA,TANZANIE,KENYA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 окт 2024

Комментарии • 427

  • @sandynduwimana
    @sandynduwimana  2 года назад +40

    Shalom Shalom
    Ngiyo Sanita the twins movie Part 3
    Muryoherwe, mukuremwo impanuro hama muri bwabumwe nyene ntimwibagire gufyonda kuri partage mudufashe kuyisangiza abandi muma whatsapp, muma groupe, nahandi henshi mushoboye. Turabakunda kandi Mwarahezagiwe🥰❤💯

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 года назад +15

    Abakunzi ba filamu sanita tumenyane
    Ndabakunda cane👍👍🥰🥰🥰❤❤💪🔥🇧🇮🇧🇮

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 Год назад

    Man ibiter biram kwis kbs j mwanyishe nez mukirundi gs sandi ndakwikundir🤗🤗🤗😘😘👌👌👌🙏

  • @joseyneneema1390
    @joseyneneema1390 2 года назад +34

    Abakunzi ba sandy nimundabire vrmt nashitse kare

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 11 месяцев назад

    Mubkor nez disiii sandy big up and river👌👌👌inygisho nziz gos💃💃

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 Год назад +1

    Sandi wubahwe nukuri🙏🙏🙏🙏urumwubatsi. Nguyo sanita agapopi avyaye karamugize indege🤣🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥🔥🔥♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰muraryoheye✅💪👌👌👌👌

  • @ghanimaali1279
    @ghanimaali1279 2 года назад +4

    Sandy, happy riva,from Oman 🇧🇬🇧🇬🇧🇬🇧🇬, ndabakunda canne love you 😍😍😍😍😍😍

  • @fifimilly2417
    @fifimilly2417 2 года назад

    Ni film yambere nkurikirana nkaryoherwa ndayibuze mbabara good film

  • @marieyvetteikezwe4931
    @marieyvetteikezwe4931 3 месяца назад

    Wow Sandy agize ivyanyigisha vyinshi 👌👌👌❤️

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 2 года назад +6

    Mr River & Mrs Sandy 💖💖💖

    • @SunMoon-rn8fn
      @SunMoon-rn8fn 2 года назад

      Sandy witwaye neza tera ujimbere

  • @irakozedorine7894
    @irakozedorine7894 2 года назад

    River watinye umuzimu🙂😀😀muraryohey Imana ibahe umugishaa mushishikare gutwrimbere mubikorwa vyanyu

  • @shurwerinah676
    @shurwerinah676 Год назад

    Murakoze cn kumpanur zanyu nukur nunvise agahinda kadasanzwe ariko ndahakuy icirea😭😭😭😭🙏🙏🙏 knd iman imber🥰🥰🥰🥳

  • @claudeharinganji8068
    @claudeharinganji8068 2 года назад

    Mana weeee mbega abanyempano Dandy ndakunda ikuntu wavyifashemow neza courage Imbere ni heza

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 2 года назад

    Yesuweeeee ngarakumokor nihatar kbx🔥🔥🔥🔥🔥😘😘😘🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @guilaineirakoze4011
    @guilaineirakoze4011 2 года назад +1

    Imana ikube hafi Sandy izobikora ivyo yakoze nivyo vyari bikoMeye cne

  • @jeannenifasha2665
    @jeannenifasha2665 2 года назад +1

    Inyigisho nkizi zirakenewe merci Sandy et River Mundabire nahageze kbx

  • @سيسيلبونيد
    @سيسيلبونيد 2 года назад

    Urashoby sandy ndih azoguhzagirir ibikgw vya🙏🥰🥰🥰

  • @diellak257
    @diellak257 2 года назад +2

    This comédie 😁😁😁😁😁😁🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣yavyaye akabenzi🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈🙈

  • @arakazalaina8793
    @arakazalaina8793 2 года назад +2

    Waouh ThanksMr Happy River and Mrs Sandy❤️❤️❤️❤️❤️

  • @nizigamaariella
    @nizigamaariella Год назад

    Amen❤❤ Sandy ukinaneza pe vyokwihanganira abandi❤❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 года назад

    Sandy n'a happy riva courage mwubahwe mubirimwonezape sandy uraberewe nibitenge🥰🥰🥰

  • @egideprincebakundukize8280
    @egideprincebakundukize8280 2 года назад +2

    Your work is very dynamic. The prior is the only pillar of life. I appreciate your idea and your comments 🤗🤗

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 года назад

    Babu biman murabona filamu nziza ya karorero ngiy ngaha turasavye igice gikurikira turabakunda can💪💪🥰🥰🥰👍👍🇧🇮

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 2 месяца назад

    Amen amen ndabona Anastasie mkomere cne

  • @AliceNizigiyimana-t9w
    @AliceNizigiyimana-t9w 3 месяца назад

    Imana ibah ubukomez murigish❤❤❤❤❤❤

  • @موزاالموازاني
    @موزاالموازاني 2 года назад

    Erg sandy ivy,Iman nurugo birajana ucuguma Mr bible Ng sanitha ntamubona fta umwany wivy,Iman nuwurugo ubugabure

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 года назад

    Arko Riva ngumwanasa nimbeba imbata inyabu imbazu zanj sha sanita ntiyari kuvyarumwana muzima kweli kuko afisamakosa aruta yingurube gusa nibazeko ibandanya💚💛🧡💕💖💙❤

  • @duaniduani6574
    @duaniduani6574 2 года назад

    Film nziza cne mwayiteguy neza ndabakunda cne ncuti zanje,Imana ibashoboze mubikorwa vyanyu 💞💞🥰

  • @CyriaqueNiyonkuru-f2c
    @CyriaqueNiyonkuru-f2c Год назад

    ❤❤❤river Sandi nimw bamutama! Mur video

  • @irakozedorine7894
    @irakozedorine7894 2 года назад

    Igikoba cikwegera amakara.sanita azokubamba ndakurahiye.ariko nuko IMANA YUMVA.komeza sandy mungu mbere....ndabakunda.

  • @sifamaombi3727
    @sifamaombi3727 2 года назад +3

    I can’t wait to see part 4

  • @phoibiekaneza6393
    @phoibiekaneza6393 2 года назад

    Mbakunda cane River@Sandy❤

  • @dianeirakoze6550
    @dianeirakoze6550 2 года назад +1

    Mumpe basha iyo ndirimbo ngo niwewe Mana niweeee👏👏

  • @فهدالعنزي-س8ي
    @فهدالعنزي-س8ي 2 года назад +2

    Amen Amen turabakunda nabamenye,Mumaravya na Nasi mukomere 🙏🙏🙏

  • @BusinessBusinesskenya
    @BusinessBusinesskenya 2 месяца назад

    Sand bukur murashoboy

  • @irankundaclementine2588
    @irankundaclementine2588 2 года назад

    Waaaoooh Mr River &Mrs Sandy ndabakunda cane film zanyu zirigisha 👌🏽Imana ibakomereze igikorwa murimwo.ndafashijwe nukuri Ndiho ahezagire

  • @bucumirizanirizani9788
    @bucumirizanirizani9788 2 года назад +1

    Crg ngumwanasaningurube😂😂 so 💕💕

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 2 года назад

    Wow!Mbeg film nziza weee😍😍ndayikunze kuk irigisha nubwo ndayiravy nteba nukuri iranyujuje kabisa😂Sandy congrats my dear ugeze kurwego vrema👏👏

  • @sisilburundi2741
    @sisilburundi2741 2 года назад

    Waooooo ndaryohewe cane kumugiyekubaka urukundo🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @JoyeuseInteyiteka
    @JoyeuseInteyiteka Месяц назад

    Ndahakunda gose barafiki zangu

  • @giseleirakoze4143
    @giseleirakoze4143 2 года назад

    Data ashishikare kugukoresha ivy'ubuhizii Sandy🥰🥰WE lov U

  • @LeonidasNINKINGIYE-oc3rf
    @LeonidasNINKINGIYE-oc3rf Год назад

    Senga Gose Imana izogufasha

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 2 года назад +1

    Sandy komera wubahwe ntanvura idahita ninyuma ya zero irakora lmana yivange muvyawe 🙏 🙏 🙏

  • @najmahnajmah1078
    @najmahnajmah1078 2 года назад +1

    Muyirekure hakiri kare Basha ndabakunda cyane

  • @ccyoutube1485
    @ccyoutube1485 Год назад

    Imana n'imana

  • @francinentakirutimana9831
    @francinentakirutimana9831 2 года назад +1

    Imana ibaduze inkomezi💞💞 courage caaane mukina nezaaa👌👌👌👌

  • @SolangeNdayikorere
    @SolangeNdayikorere 3 месяца назад

    Ndabikundir xaaaan❤❤❤❤❤❤❤

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 2 года назад +1

    Sinarinzi basha kwiyo flm iryosh nkuk irimwo nimpanuro,kubura umwanya kwanje ndabifuhira

  • @chauchauigiraneza3827
    @chauchauigiraneza3827 Год назад

    Amen amen yesu akora ibitangaza

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 2 года назад

    Yo mudukoreye umuti muhezagirwe twarituyikumbuy sandy et Rive mubikor nez mwubahwe❤🙏🙏🙏

  • @Nickdripmedia
    @Nickdripmedia 2 года назад +3

    Ejo mwitege akanyamuji kubwiyi film🏃🏃🏃😲

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 2 года назад

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Turakiteze

  • @Happyrivahot
    @Happyrivahot 2 года назад +2

    Hidden Talent irabateye intege cane, good job.

  • @therencewatara1770
    @therencewatara1770 2 года назад

    Ndi muri Zambia but Sandy haba mu ndirimbo ze z'Imana ndamukwirikirana can ari muri mpwemu

  • @merissapati9630
    @merissapati9630 2 года назад

    Aman Aman kwijambo ryi mana muhezagigwe💞💞💞🙏🙏🙏🙏🙌🙌🙌🙌🙌

  • @muteteriadelitine-bs7iu
    @muteteriadelitine-bs7iu Год назад

    Ndabakunda ndi rwanda❤

  • @josianeezekiye
    @josianeezekiye 2 года назад

    Sanit narinkutegerejigihekinini non yumusi dakubonye nimwubawe nukur mubikoraneza numuzane 🇧🇮🇸🇦

  • @jeanclaudensengiyumva2140
    @jeanclaudensengiyumva2140 2 года назад

    Imana ibandanye kukubaha hafi

  • @sosokeza809
    @sosokeza809 2 года назад

    Yesuweeeee 😭 Sandy Pol Sana Uhoraho azokwibuka agushumbushe umurengera 😭🙏🙏 River nawe 🤣🤣😆😆😆Ng muvyara wingurube hhh urnsekej vrt 🤣🤣🤣

  • @ghffcfggffg6083
    @ghffcfggffg6083 2 года назад

    Courage mwene data

  • @اليهاليه-ف1خ
    @اليهاليه-ف1خ 2 года назад

    Imana irishura iramwishuye Sandy

  • @monikamuco850
    @monikamuco850 2 года назад

    Murakoze Imana ibahezagire ahumwemwese yatoyegwiwe

  • @christairakoze6350
    @christairakoze6350 2 года назад +1

    turayirindiriy nigishik cish kbs turabakunda 🙏🙏🔥🔥🔥❤️❤️

  • @ebadjibril559
    @ebadjibril559 2 года назад +1

    good idea, nice creativity and nice performance in 🙌🥳 courage Burundi Film is gonna be💥

  • @ganad8521
    @ganad8521 Год назад

    Sandy courage❤❤❤❤❤❤

  • @Onesmoboyz
    @Onesmoboyz 2 года назад

    Very good so much 👏 a movie

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 2 года назад

    Vyiz k Sanita akijijw 🥰 Sandy humur imina irakubon

  • @chauchauigiraneza3827
    @chauchauigiraneza3827 Год назад

    A men Amen yesu akora ibitangaza

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne1903 2 года назад

    Yooo pôle Sana dii Sandy knd courage

  • @eliane9186
    @eliane9186 2 года назад +1

    Mwakoze cane mudukiniye neza more blessings 🙏

  • @jolamb8469
    @jolamb8469 7 месяцев назад

    Courage sandy

  • @Powa2023
    @Powa2023 2 года назад

    Film nziza cane,ndabona abahanzi babarundi nabo vuba biza kumera neza

  • @BellaINTEYITEKA
    @BellaINTEYITEKA 5 месяцев назад

    Liver and sandy ❤

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 года назад

    Imana ni nziza

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 2 года назад

    Nizereko izobandanya, ndabakunda cane. Kandi musigay munyarutsa kuduha hezagirwa

  • @evelynemurekerisoni6642
    @evelynemurekerisoni6642 2 года назад

    Sandy ndakunda role yawe uranyubaka vrt River nawe courage

  • @merissapati9630
    @merissapati9630 2 года назад

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣hariho ibiriza nibi twenza vrm muhezagigwe 💞💞💞💞

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 2 года назад +1

    Nawapenda bule🇧🇮✅❤️

  • @alesa2782
    @alesa2782 2 года назад

    Imbavujanj umwana sanimbata 🤭😃😃😃😃

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 2 года назад

    Yooo buraryoshe sandy and river i love u

  • @Anny-p62
    @Anny-p62 2 года назад +1

    Yayaya hagiy gusha kwa sandy🤣🤣🤣😍

  • @dieuestaucontroleamen1259
    @dieuestaucontroleamen1259 Год назад

    Courage mubirimwo neza arik part 4 inyaruke

  • @ndayisengavirginie3895
    @ndayisengavirginie3895 2 года назад

    Courage vrt murashoboy

  • @oswaldbayubahe4666
    @oswaldbayubahe4666 2 года назад +1

    Ohhh Fire 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @erichatungimana8364
    @erichatungimana8364 Год назад

    IS so good

  • @theophilengabirano8881
    @theophilengabirano8881 2 года назад

    Hongera sana wazzee

  • @fortuneuwimana501
    @fortuneuwimana501 2 года назад

    😅😅rôle yo gusara ni number one

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 Год назад

    Courage courage

  • @immaculeeniyokwizera9370
    @immaculeeniyokwizera9370 2 года назад

    Muvyara w'ingurube 😭😭😂😂😂😂😂🤭🤭🤭🤭reke kumvugira inyama shaa nkomeza kumirwa

  • @languida1836
    @languida1836 2 года назад +1

    Yavyaye imbeba,imbata muvyara w'ingurube. Hihihi

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 2 года назад +2

    Gus rer iyinges yokudutevy sivyiz tubatwamaz kwibagir ivyatambuts muhindur rer

  • @prosperndayishimiye1982
    @prosperndayishimiye1982 2 года назад

    Imana iratabar knd muhezagirwe kunyigishe muduha🧖🧖🧖🧖🧖

  • @mdras1616
    @mdras1616 2 года назад

    Ewe Sanitha wee ntivyarigukunda ko uvyara umwana mwiza nama dayimoni wagendeyemwo kuvyara igipopi sandy warakoze kwihangana naniko wamye kuva kera so ndabakunda muduhe parti 4 ntimutunyoteze❤️❤️❤️😘😘😘😘

  • @methodnkundumukiza6367
    @methodnkundumukiza6367 2 года назад

    At muvyara wingurube.😆😆😆😆😆😆murasetsa walahi

  • @jacquesmugisha83
    @jacquesmugisha83 2 года назад

    🥰🥰🥰🥰Mushireko nicakane turakinyotewe

  • @elise4023
    @elise4023 2 года назад

    Mwubahwe 🙏🙏🙏 turabakunda muduhe iyikurikira

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 2 года назад

    Rivaaaaa nkunda ukuntu ukina👊👍

  • @mamadivinedivine6187
    @mamadivinedivine6187 2 года назад

    Happy uratwenza kuel courage guys

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 2 года назад

    Warakoze cane

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад

    Mukundwakubi ❤️❤️❤️

  • @diffa1245
    @diffa1245 2 года назад

    Murakoz cn mwakinye nez cn ndabakunda