Vania Ice - Sinshaka (Official video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 окт 2024

Комментарии • 258

  • @bfaceofficial
    @bfaceofficial 2 года назад +23

    Mur Ukraine turakunda ijwi ryaw can Ice🤣🤣🤣 kipitapu san👌👌👌

    • @sidibe2817
      @sidibe2817 2 года назад

      Ntamuntu yitwa b face aba Ukraine kiretse ari inyambukira😁😁

  • @muhirwaarnaudblaise8118
    @muhirwaarnaudblaise8118 2 года назад +1

    Waooooh uyu mu Ice aririmba biteye ubwoba.
    Félicitations kandi courage.

  • @JonasGidy
    @JonasGidy 3 месяца назад +2

    Yooooh,uyu numurundi?kuberiki itarakwiza 1M vrt?uranezereje

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 года назад +24

    Waouh ! What kind of romantic voice ! REKA TUVUGISHE UKURI IYI NDIRIMBO IRAKOSOYE. Abakunda Vania munyihere aka like
    Chachou Romantic from
    #BE_CHAP_TV

    • @sidibe2817
      @sidibe2817 2 года назад

      Ikwije condition✅well acting✅well words✔well translation

  • @emerysun3366
    @emerysun3366 2 года назад +14

    Wavuze yuko uzama usenga,usabe Imana yuko nama nseka,none birangiye ndira,yooooooo Ice abahungu n abana babi,jew ndabazi kuko nd umwe muribo,ariko si bose🤣🤣🤣 yaragukoreyeko,song yaw ni 👌🔥🔥🔥

    • @fleurinekeza2151
      @fleurinekeza2151 2 года назад

      ni babi caneee hahah

    • @mvpvania
      @mvpvania  2 года назад +1

      Ubu nuguhunga 🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰

    • @kozzomix120
      @kozzomix120 2 года назад

      Ekaye urivugira jew sindimubi🤣🤣🤣

  • @Belle9ice
    @Belle9ice 2 года назад +12

    Kukumva sinshaka no no no 🤩🤩😔😔😔🤩❤️❤️❤️❤️🥺🥺🥺🥺so beautiful gyal 💥💥💥

  • @sosthenekaze213
    @sosthenekaze213 2 года назад +7

    Kuri jew iyi iraruta izo umaze kuririmba zose... félicitations,évolution nziza cane kabisa bravooooooo...uri n'umu actrice mwiza kabisa t'as bien joué...terimbere Na mpaka

  • @d-one2575
    @d-one2575 2 года назад +6

    Wavuze ko uzamusenga usab lmana ko Nokwama Nseka noba birangiye ndira 😭👌👌🥰🥰🥰

  • @Olgalorie
    @Olgalorie 2 года назад +6

    Ibintu ntivyoroshe hano 👌👌👌

  • @u_already_know
    @u_already_know 2 года назад +6

    Ayayayayai

  • @VaniellaNdabitoreye
    @VaniellaNdabitoreye 2 месяца назад +1

    ❤❤❤

  • @olivierniyibitanga2654
    @olivierniyibitanga2654 2 года назад +1

    Kukwumva sinshaka nonono
    Kukubona sinshaka nonono
    Ubundi talent ntibahatiriza aho iri irigaragaza
    Burya wewe niwe muntu wanj mubaririmvyikazi bariko babikora neza uza imbere vrm

  • @dilwalasylveste9137
    @dilwalasylveste9137 2 года назад +2

    Vania ice urashoboye kbs

  • @ngendakumana_mbasha
    @ngendakumana_mbasha 2 года назад +6

    Landry SB Nukuri 🔥 Wakoze Umuti Kuriyi Video ✊🏿 Uyu Mwigeme Arakaze Nkesiri 🙌🏿
    Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀🗺️

  • @MireilleKamiofficiel
    @MireilleKamiofficiel 2 года назад +5

    Oh wow. Nice song kdi wactinze neza. Bravo ncuti

  • @gatoremukristo7492
    @gatoremukristo7492 2 года назад +1

    Sinshaka by vani ice🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @UmwamiOrongoro
    @UmwamiOrongoro 2 года назад +4

    Ngoma kali saana 🔥🔥🔥

  • @TheD-ONE
    @TheD-ONE 2 года назад +6

    Beautiful song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥

  • @trickondabeat8719
    @trickondabeat8719 2 года назад +5

    VaniaVibe 🔥🔥🥵👏🏾

  • @buntuchristian7275
    @buntuchristian7275 2 года назад +1

    Yoooh inyuma ya belle9ice ababajwe nuwundi nae nyn baramubabaje 😒😒😍😍👌

  • @djzenobinoruntowndjs
    @djzenobinoruntowndjs 2 года назад +8

    Nice song 🔥🇧🇮🔥🎶

  • @lapazako1770
    @lapazako1770 2 года назад +1

    Vania aga story ka bien Sha ,wish you kugera kure yindoto zaw zishaka kugera

  • @melyrics7717
    @melyrics7717 2 года назад +8

    Amazing voice
    Amazing song
    Amazing message
    Amazing video
    Amazing beat
    Amazing Girl
    Amazing country
    😘😘
    I'm in love with this song
    Receive mangolia🇲🇳🇲🇳love💝💕

  • @tmofficiel7551
    @tmofficiel7551 2 года назад +1

    Cut

  • @startv257.
    @startv257. 2 года назад +2

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑👑👑nice Job🙏🙏my sister

  • @momolemirroirofficial3796
    @momolemirroirofficial3796 2 года назад +1

    Uko usa biza nindirimbo uririmba donc yo face IS so émotionally romantik ❤️❤️🇧🇮🇧🇮 tes vidéos le sont aussi donc je suis ton fan depuis #doucement support yanj nkumu model vidéo ikurikira nzokwambik for free❤️❤️

  • @raissanagateka4300
    @raissanagateka4300 2 года назад

    Kubera iki nacerew kubona this song🤔 inkoze kumutima. C'est réussie comme mélodie. Bzu là bas @Vania Ice

  • @johannabankimbaga7102
    @johannabankimbaga7102 2 года назад +1

    Nzoza ndumviriza iyi ndirimbo when I start seeing red flags 🤣🤣😍😍😍😍😍

  • @bujacast3720
    @bujacast3720 2 года назад +2

    Great job🔥🔥🔥🔥💥
    Grand picture mwubahwe!!!!👊👊👊👊

  • @pichionerappeur2810
    @pichionerappeur2810 2 года назад +1

    Ni polepole uzovayo courage

  • @nishimwejames83
    @nishimwejames83 2 года назад +2

    Abazanwe na Hang out ya kabos tumenyane🔥

  • @DjOli.
    @DjOli. 2 года назад +2

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮inyura umutima

  • @thomasndayisaba2454
    @thomasndayisaba2454 2 года назад +2

    Courage daa sister #vania🇧🇮🔥🔥🔥

  • @mutimalecomedien2631
    @mutimalecomedien2631 2 года назад +3

    Kumwumva ntashaka yaramuhotoye nubu ntaratahura........

  • @ghfhhhhnj4028
    @ghfhhhhnj4028 2 года назад +1

    komeza komeza good song ❤️❤️❤️Hadi nimeyipenda umewezaa

  • @thierryrwagasore
    @thierryrwagasore 2 года назад +4

    Great job🇧🇮✅
    Keep it up Grand pictures #landrySb📸
    #vania_ice go far🎉
    Love from #Weezynation🇧🇮🇺🇸

  • @onebestofficial212
    @onebestofficial212 2 года назад +2

    Hit song 🔥 🔥 Vania ice uyu mwanamuke mkali sanaa buja

  • @DudeClickMadeBoom
    @DudeClickMadeBoom 2 года назад +3

    Only good music frm u 🤞🔥🔥🔥🔥

  • @heketeofficial9793
    @heketeofficial9793 Год назад

    Vania courage kbsa ndi murukundo niyi ndirimbo kweli love you from Rwanda

  • @BigiBeex
    @BigiBeex 2 года назад +1

    Buja got talent

  • @rusizitv6910
    @rusizitv6910 2 года назад

    Indirimbo ninziza kolly yubahwe beat niyubuhinga harimwo live guiter piano drumer live kweli wubahwe. Nuyo muhungu wacu big up Gatumba yubahwe.

  • @pichionerappeur2810
    @pichionerappeur2810 2 года назад +1

    Mais harukuntu ukaza iryo jwi ryawe mukuririmba ugasanga wabitovy👁️

  • @LinoG_Umvukuri
    @LinoG_Umvukuri 2 года назад +3

    Im your fan sisi❤🔥🔥

  • @elpromoter93
    @elpromoter93 2 года назад

    Mamamama muburundi hasigaye hariho impano vrt wubahw ufis kazoza vrt
    Love from team satura

  • @ijwiryumufana
    @ijwiryumufana 2 года назад +1

    ni ivyukuri iyi ndirimbo iraryoshe caneee

  • @ndayishimiyeferdinand3668
    @ndayishimiyeferdinand3668 2 года назад

    Vania ndagukunda sana indirimbo zawe uririmba umenga uri muru mwemu kwel courage pe

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME 2 года назад +1

    Emilio birangiye arijije Umwana😥😂😂.......Song is 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮

  • @benjyfranklin
    @benjyfranklin 2 года назад +2

    Vania vrttt🤒🤒🤒😍😍😍😍 killed it👌👌👌👌

  • @eltonny2103
    @eltonny2103 2 года назад +2

    This song is yoooooo🥺🥺🥺😥😥
    👌👌👌

  • @sidibe2817
    @sidibe2817 2 года назад

    Very acting✅✔words & activities in one time...ka bien karankozeho ndakumviriza kenshii..

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 года назад

    Eeeeewe vava uravugiye ibintu kweli unyibukije vyishi courage my sister .

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 2 года назад +1

    Nice work our girl singer good job

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 Год назад

    I love 💕 u from Burundian lives in Kenya

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 2 года назад

    Vania ice mukazi kose, lmana ikuje hafi, nice song 🔥 🔥 🔥

  • @celestinhabonimana3061
    @celestinhabonimana3061 2 года назад +1

    Teri imbere nkumuzinga igikorwa kirasukuye kabisa

  • @superboymkavu257
    @superboymkavu257 2 года назад

    Abakobwa babizi kuririmba bariho kbsa babahe umwanya n support I like this banger

  • @lithianeraissaineza1646
    @lithianeraissaineza1646 2 года назад +1

    Sisssss

  • @tugumadori7242
    @tugumadori7242 2 года назад +1

    "Another one" ☝️ - in DJ Khaleed voice 🔥 🔥

  • @manichris803
    @manichris803 2 года назад

    Iyi song irarenz can
    Kumusi ndayirab incuro nyinshi kuber kunryohera gus
    Big-up sana vrt

  • @omerkwizeraofficial678
    @omerkwizeraofficial678 2 года назад +2

    Nice💥💥💥💥💥

  • @bellankurunziza446
    @bellankurunziza446 2 года назад +1

    Tha way she act shn 🥺😍 U’re th best 🔥😘

  • @EstherNishOfficial
    @EstherNishOfficial 2 года назад

    yooooooo disi weeeeee,kano kontu karatesa kwumviriza

  • @aubin-luxburundi8819
    @aubin-luxburundi8819 2 года назад

    Mubafana ufise ndimwo wallah Nice song keep it up

  • @alvinsmithofficial
    @alvinsmithofficial 2 года назад +1

    👌👌👌🔥🔥🔥

  • @ngarambelouis5094
    @ngarambelouis5094 2 года назад

    Vania kurenze cane noe??? big up my sister urashoboye p!!! Nice voice ,.. .

  • @bonifacejr8652
    @bonifacejr8652 2 года назад +1

    I'm your really fan big up xna vania

  • @ndayishimiyeferdinand3668
    @ndayishimiyeferdinand3668 2 года назад

    Dada ndagushima wew umuziki wawe uriko uririmba uririmbana ingoga ni vyiza ndagukunda

  • @Mutoriah
    @Mutoriah 2 года назад +1

    I don’t know what you’re saying but the music is beautiful
    Love from 🇰🇪
    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @magicchanneltv553
    @magicchanneltv553 2 года назад

    Love from magic channel tv...keep it up Vania Ice

  • @aimabiz8393
    @aimabiz8393 Год назад

    Beyoncé from Burundi,EAC

  • @terrencent3180
    @terrencent3180 2 года назад

    t'es coe la rps vrm #courage_Vania_Ice 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose 2 года назад +3

    Kolly the Magic as Usual ❤️❤️❤️
    Vania wacu 🇧🇮 youur Voice 😭 keep it up 💥🚀
    Love From The Antivirus 👹

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 2 года назад +1

    Hari abaririmvyi baririra🙆🇧🇮

  • @abiabelg8055
    @abiabelg8055 2 года назад +2

    Good music. Melodies zikaze. 😍😍😍
    That is what I appreciate for u
    Ntiwiger uduha bibi

  • @patrickbitangumutwenzi8920
    @patrickbitangumutwenzi8920 2 года назад

    Landry ubahwe ,amasanamu ni meza caaaane

  • @johannabankimbaga7102
    @johannabankimbaga7102 2 года назад +1

    😩😩😭😭😭YOUR VOICEEEEEEE!!!!! OUTFITS!!!! UDUFYERI😅 I love love iiitt

  • @kobbie12
    @kobbie12 2 года назад +1

    I love her🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @pamyqueen4192
    @pamyqueen4192 2 года назад +3

    ♥️♥️♥️♥️♥️🥰🥰🥰💥

  • @faa2023-ngaragu
    @faa2023-ngaragu 2 года назад

    Bien fait ma chère. You acted very well.

  • @nahayodarlene6149
    @nahayodarlene6149 2 года назад +1

    I like the song pe

  • @Sirgagabdi
    @Sirgagabdi 2 года назад +1

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @mccallkevin4739
    @mccallkevin4739 2 года назад +1

    Keep it up

  • @martialhariyongabo9194
    @martialhariyongabo9194 2 года назад

    Mon Dieu. Iyi ndirimbo irampimbaye. Nakunze ino outro ukuntu ayiheza

  • @rwamurenzierick3173
    @rwamurenzierick3173 2 года назад

    Ndabona ibibintu aribyiza pe🇷🇼

  • @AndyMwag
    @AndyMwag 2 года назад +1

    Courage wanje 😊😊🔥🔥🔥

  • @KubwimanaYves-f7h
    @KubwimanaYves-f7h 8 месяцев назад

    I ❤❤❤ u Vania so courage 💪💪💪💪

  • @raoulake
    @raoulake 2 года назад +1

    Go ahead sister you are a hero

  • @joellaniciteretse5185
    @joellaniciteretse5185 2 года назад +3

    I gave myself time to play,replay, replay and keep replaying this bewitching song before commenting. It is obvious that she is hard worker and talented gyal. May Jah protect this treasure

  • @amoskolly6139
    @amoskolly6139 2 года назад

    Aaaaa ego vrt indirimbo ikosoye ikoze neza cane

  • @ishimwedavi8411
    @ishimwedavi8411 2 года назад +1

    🎶💥🎶💥🎶💥🎶💥🎶💥🎶💥🎶💥🎶

  • @ishimwedavi8411
    @ishimwedavi8411 2 года назад +1

    🔥🥰🔥🥰🔥🥰🔥🥰🔥🥰🔥🥰

  • @Choraledesjeunesmagnificat
    @Choraledesjeunesmagnificat 2 года назад +1

    Nice song Vania

  • @officialblaise
    @officialblaise 2 года назад +3

    I like it song is fire❤❤

  • @legrandhumble5305
    @legrandhumble5305 2 года назад +1

    Vania the beat killer

  • @amosmani9579
    @amosmani9579 2 года назад +1

    Hit song ,, courage ma bell 🔥🔥🔥❤️❤️🥰🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @iammasterland
    @iammasterland 2 года назад +1

    🙌🏾🔥🔥🎉

  • @alinenibigira9198
    @alinenibigira9198 Год назад

    Nic songs 🔥🇧🇮🔥🌹🌹

  • @heketeofficial9793
    @heketeofficial9793 Год назад

    I do like this song for real

  • @nadiakeza201
    @nadiakeza201 2 года назад

    I real like Ur voice ##iyo rock voice

  • @aristidendayubaha6114
    @aristidendayubaha6114 2 года назад

    Karatesa nukuriii ahubwo umuronder @azawiofficial mukore umuti numu rapper @BFace