Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Guyz love you from 🇨🇩🇷🇼 🇧🇪
Oooh thnk U JESUS kumfash ukuboko impande zose
, waaaao great song waaaaao mubalikiiiiwe sanaaaaaa zaidi Tena zaidi, much lv from pichou Paul Williams from Kenya Mombasa exactly cost province malindi city Ester Africa 🌍. Ndabakunze pe.
Iyo ndirimbo mpora ndayivuza incuro 20 ku munsi 🎉❤❤ muhezagirwe redemption voice
Ino ndirimbo yarankoze kumutima vrt narayikunze trop . mwarahzgwe
Numviriza iyi ndirimbo imisi yose ❤️ Imana ibahezagire
Ndayirab 3fois par jr imis yose🕺
God bless u
Abarundi biwacu Amin ejo nihezakuburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫵🫵🫵🫵🤐🔥🔥🔥🔥😭😭🤲🤲
Mwubahw
igihe cose ndayumvirije numvamwo ijwi ry'Imana ndayumvamwo urukundo gw'Imana
Courage vraiment ubushake nicyo cy'ingezi
Yuuuuh indirimbo irimwo amavuta meshii🔥🔥🔥Abo yahezagiye nkanje mumpe ayo ma like ndabe,,,
🙏🏾
Amajambo meza cane
Muranduhuye bagenzi
Ndabonye igituma indirimbo zabarundi zitaririmbwa muma eglise nubuhinga buhanitswe zikoranye bigatuma utari umuhinga nkabo utaziririmba mpwemu akomeze kubasukako amavuta yiwe RV ❤❤❤❤❤
Amen🙌 la chanson est merveilleuse 💖 que Dieu bénisse tous ceux qui ont été touché par le message de cette chanson👍
Amen🙏🏾
Pp 0ôô
¹¹😊q@@leilairambona1378
Amen🙏
Komera, bandanya kuko sindi jenyene 🎶
Ça c'est le ciel sur terre. Les anges sont descendus pour opérer qui d'autre a senti leur présence !🙇🙇🙇
Muraduhezagira cane❤❤❤🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏾🙏🏾
mwarahezagiwe guys Menyeko ntari jenyene
Waouuu umuntu yababona gute canada mukorer mur ville iyihe
Bt mu. Heh
ndakeneye kumenya ubuzima buri inyuma y'iyi ndirimbo. iranyubaka cane!!!!
Azomfata ukuboko uhoraro,andongore munzira yiwe.🙌🙌🙌
Je sais pas combien de fois je réécoute la chanson , elle est ointe , merci à toute l'équipe Redemption voice canada , va de l'avant
This is group i just heard you today but God bless you today
Munkoze kumutima , amavuta murimwebwe ahor arwiriy 🙌🙌🙌🙌
🙌🏽
Azomfata ukuboko. Nzazosinga jenyene ammmmmmmmmmeeeeeeeennnnnnnnnn God bless you
Wauuuuu IMANA igumane namwe
honestly,nirya mbere indirimbo indijije nkiyumva..l'histoire,le message,les voix vyose birimwo ubushobozi bwa Mpwemu Yera budasanzwe. nta nkeka irasubizamwo intege abari badendebukiwe.. God bless u guys..
Irarenze ahubwo
Imana ishimwe ,mubandanye muhezagirwa
Guy's be blessed 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪 is witching
Nukuri ndabakunda imana iduhane umugisha
Good morning. Imana ibahe umugisha umwuka wera akomeze Abe murimwe azabageze mwijuru iyi ndirimbo ninziza cyane . Muhabwe umugisha Amen❤❤❤❤❤
Oya sindijenyene .Amen
Amen amen iyo Mana yacu ntizodusiga twenyene muvyoroshe nomubikomeye yamana natwe🙏🙏
Ahora ambwira ngo komera shikama nturiwenyene mrcii 💕
Ntazonsiga jenyene
Lucky enough to be the first 💎🎉
Iyi clip video ndemeye peee
Imana ibahe umugisha,iyi ndirimbo iramfashije!
Mukomeze kubtubibamwo
Komera komera bandanya kuk nturi wenyen Hallelujah
Amen ntazonsiga
😭😭😭hallelluyaaa🙌🙌
Amen kandi AMEN UHORAHO ni we nkinzo yanje😭😭😭😭😭
Ntazosig jenyen amen
Komera bandanya kuko nturi wenyene azobirangiza Much ❤❤❤ for this song
Azobirangiza disi❤
Oft jew yambere inyishu niyompavu ndayitangarira kuva yasohoka ntamusi uhera ntayumvirij muhzagirw Aho muri hose trabakunda
Oooh Imana ishimwe cane🙌🏽
Amen dazi Mana kutazonsiga jenyene🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Ukuntu umengo nari ndabirose nshite ndab ko yasohotse 7h kwer . Thank you guys for this wonderful song 👏🏾🥺
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Love from Rwanda 😘🥰
I admire this song. I keep strong and go forward. I am not alone. I am with the Lord God Almighty.
Je sais pas combien de fois j'écoute cette chanson par jour,par semaine ou même par mois.
Mbega weee!! Ndatangajwe n 'ino ndirimbo kbx. Nuwoba atemera ko #REDEMPTIONVOICE yovuga neza ibikogwa vyayo. 👏👏👏👏 icubahiro kibe I imana.
Ntazonsiga jenyene,,amen
Nice song🙏
Waouaawww
God bless you guys for the song!! Much love from Rwanda
Sindi jenyen kabisaa
Woow nciy nkira vremt 😍
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤glory be to jesus christ king of kings
Uko imisozi ikikuj Jerusalem niko Uhoraho adukikije .amen
Ces paroles sont pour moi, je crois et je le recois IJN
Nukuri muribeza ndabakunze cane ndimu NGWANDA mukomerezaho UWITEKA abakomeze amaboko mutere imbere murakoze
Cette chanson quand l'entend je me s'en soulagé
Amen Imana ibishimirwe cane bandanya
Narinkumbuy kwumviriz indirimbo iryoshe ❤
Uhezagirwe🙏🏾
sha nukuri ndabakunze cane Imana ibakomeze can ikomeze nokubahezagira mwakoze kugira ikiganiro kuko nanje ndabamenye
Merci kuduhezagiza iyi ndirimbo ituremesha "Ntazonsiga jenyene
Amen indirimbo nziza cyane rwose mundemere nanjye kuri RUclips yanjye @HUGETVENTERTAINMENT
Abizigiy uhoraho bamez nkumusozi siyoni amen amen
ZIg🔥❤
1st to commentREDEMPTION VOICE are my super heroes🙏
Amen Murimukaz ndabakund cn🙏 sindijenyen abaguma bayumv tumenyan
Amen, Nkukw’imisozi ikikije Yerusalemu Nik’Uhoraho akikije abantu biwe uhereye none ugashitsa ibihe vyose 🙌🙌🙌🙌
Muri imfura pepeeee. Mwarahezagiwe😘😘
❤️❤️❤️
You always made my day
Amen🙏🙏🙏💪
Amen Amen 🙏 nivyo koko Imana ntizodusiga twenyene yama iri muruhande rwacu ... Good song 🥰 may God bless u 🤗
Azomfata ukubuko nyazonsiga jenyene
My fav song i proclaim it🤝🙏🙇
Amen
Amen murakoze cane😭🙏🏽❤
🐆🐆🐆🐆 good 🤬 #song
Amen❤
Amen amen barikiweni sanaa ♥️♥️♥️✌️✌️🤭🤭🤭🤭
Wow nice song,keep up the good work ! May God bless you and give you the Joly spirit and the power of God !
Amen amen🙏🏾
Ooooh mwami wanjee très touchant ds mon coeur..que Dieu vs bénisse a ceux qui ont reçois le msg..ntituritwenyene disiii
AmenUmukama akomez kubasiga amavuta muririmba neza
Waaaaouh ndafashijwe vrt
Oooohh what a song 😭🥺🥺🥺🙌 et le message alors🥺😭😭😍 irarenzeeee!!! mrciiii bcp Redemption Voice Canada🙌really🤗
Glory to God🙌🏽
Azomfat'ukuboko ntazonsiga jenyene ahora abwira.
🙏🙏🙏🙏🙏
Azonfata ukuboko ntaziga jenyene Ndafashijwe Mukomere kwibango mwahawe
It's the lyrics for me
Hosy yarakoze umuti mugucisha link yiy,indirimbo kuri Channel yiwe
Ahora mbwira 🙏🙏🙏🙏
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ Thx Guys for dis song ahora ambwira ntazonsiga jenyene i love you from🇿🇦🎙🎸🎧👌
Guyz love you from 🇨🇩🇷🇼 🇧🇪
Oooh thnk U JESUS kumfash ukuboko impande zose
, waaaao great song waaaaao mubalikiiiiwe sanaaaaaa zaidi Tena zaidi, much lv from pichou Paul Williams from Kenya Mombasa exactly cost province malindi city Ester Africa 🌍. Ndabakunze pe.
Iyo ndirimbo mpora ndayivuza incuro 20 ku munsi 🎉❤❤ muhezagirwe redemption voice
Ino ndirimbo yarankoze kumutima vrt narayikunze trop . mwarahzgwe
Numviriza iyi ndirimbo imisi yose ❤️ Imana ibahezagire
Ndayirab 3fois par jr imis yose🕺
God bless u
Abarundi biwacu Amin ejo nihezakuburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫵🫵🫵🫵🤐🔥🔥🔥🔥😭😭🤲🤲
Mwubahw
igihe cose ndayumvirije numvamwo ijwi ry'Imana ndayumvamwo urukundo gw'Imana
Courage vraiment ubushake nicyo cy'ingezi
Yuuuuh indirimbo irimwo amavuta meshii🔥🔥🔥
Abo yahezagiye nkanje mumpe ayo ma like ndabe,,,
🙏🏾
Amajambo meza cane
Muranduhuye bagenzi
Ndabonye igituma indirimbo zabarundi zitaririmbwa muma eglise nubuhinga buhanitswe zikoranye bigatuma utari umuhinga nkabo utaziririmba mpwemu akomeze kubasukako amavuta yiwe RV ❤❤❤❤❤
Amen🙌 la chanson est merveilleuse 💖 que Dieu bénisse tous ceux qui ont été touché par le message de cette chanson👍
Amen🙏🏾
Pp 0ôô
¹¹😊q@@leilairambona1378
Amen🙏
Komera, bandanya kuko sindi jenyene 🎶
Ça c'est le ciel sur terre. Les anges sont descendus pour opérer qui d'autre a senti leur présence !🙇🙇🙇
Muraduhezagira cane❤❤❤🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏾🙏🏾
mwarahezagiwe guys Menyeko ntari jenyene
Waouuu umuntu yababona gute canada mukorer mur ville iyihe
Bt mu. Heh
ndakeneye kumenya ubuzima buri inyuma y'iyi ndirimbo. iranyubaka cane!!!!
Azomfata ukuboko uhoraro,andongore munzira yiwe.🙌🙌🙌
Je sais pas combien de fois je réécoute la chanson , elle est ointe , merci à toute l'équipe Redemption voice canada , va de l'avant
This is group i just heard you today but God bless you today
Munkoze kumutima , amavuta murimwebwe ahor arwiriy 🙌🙌🙌🙌
🙌🏽
Azomfata ukuboko. Nzazosinga jenyene ammmmmmmmmmeeeeeeeennnnnnnnnn God bless you
Wauuuuu IMANA igumane namwe
honestly,nirya mbere indirimbo indijije nkiyumva..l'histoire,le message,les voix vyose birimwo ubushobozi bwa Mpwemu Yera budasanzwe. nta nkeka irasubizamwo intege abari badendebukiwe.. God bless u guys..
Irarenze ahubwo
Imana ishimwe ,mubandanye muhezagirwa
Guy's be blessed 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪 is witching
Nukuri ndabakunda imana iduhane umugisha
Good morning. Imana ibahe umugisha umwuka wera akomeze Abe murimwe azabageze mwijuru iyi ndirimbo ninziza cyane . Muhabwe umugisha Amen❤❤❤❤❤
Oya sindijenyene .Amen
Amen amen iyo Mana yacu ntizodusiga twenyene muvyoroshe nomubikomeye yamana natwe🙏🙏
Ahora ambwira ngo komera shikama nturiwenyene mrcii 💕
Ntazonsiga jenyene
Lucky enough to be the first 💎🎉
Iyi clip video ndemeye peee
Imana ibahe umugisha,iyi ndirimbo iramfashije!
Mukomeze kubtubibamwo
Komera komera bandanya kuk nturi wenyen Hallelujah
Amen ntazonsiga
😭😭😭hallelluyaaa🙌🙌
Amen kandi AMEN UHORAHO ni we nkinzo yanje😭😭😭😭😭
Ntazosig jenyen amen
Komera bandanya kuko nturi wenyene azobirangiza Much ❤❤❤ for this song
Azobirangiza disi❤
Oft jew yambere inyishu niyompavu ndayitangarira kuva yasohoka ntamusi uhera ntayumvirij muhzagirw Aho muri hose trabakunda
Oooh Imana ishimwe cane🙌🏽
Amen dazi Mana kutazonsiga jenyene🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Ukuntu umengo nari ndabirose nshite ndab ko yasohotse 7h kwer . Thank you guys for this wonderful song 👏🏾🥺
🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Love from Rwanda 😘🥰
I admire this song. I keep strong and go forward. I am not alone. I am with the Lord God Almighty.
Je sais pas combien de fois j'écoute cette chanson par jour,par semaine ou même par mois.
Mbega weee!! Ndatangajwe n 'ino ndirimbo kbx. Nuwoba atemera ko #REDEMPTIONVOICE yovuga neza ibikogwa vyayo. 👏👏👏👏 icubahiro kibe I imana.
Ntazonsiga jenyene,,amen
Nice song🙏
Waouaawww
God bless you guys for the song!! Much love from Rwanda
Sindi jenyen kabisaa
Woow nciy nkira vremt 😍
🙏🏾
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤glory be to jesus christ king of kings
Uko imisozi ikikuj Jerusalem niko Uhoraho adukikije .amen
Ces paroles sont pour moi, je crois et je le recois IJN
Nukuri muribeza ndabakunze cane ndimu NGWANDA mukomerezaho UWITEKA abakomeze amaboko mutere imbere murakoze
Cette chanson quand l'entend je me s'en soulagé
Amen Imana ibishimirwe cane bandanya
Narinkumbuy kwumviriz indirimbo iryoshe ❤
Uhezagirwe🙏🏾
sha nukuri ndabakunze cane Imana ibakomeze can ikomeze nokubahezagira mwakoze kugira ikiganiro kuko nanje ndabamenye
Merci kuduhezagiza iyi ndirimbo ituremesha "Ntazonsiga jenyene
🙌🏽
Amen indirimbo nziza cyane rwose mundemere nanjye kuri RUclips yanjye @HUGETVENTERTAINMENT
Abizigiy uhoraho bamez nkumusozi siyoni amen amen
ZIg🔥❤
1st to comment
REDEMPTION VOICE are my super heroes🙏
Amen Murimukaz ndabakund cn🙏 sindijenyen abaguma bayumv tumenyan
🙏🏾
Amen, Nkukw’imisozi ikikije Yerusalemu Nik’Uhoraho akikije abantu biwe uhereye none ugashitsa ibihe vyose 🙌🙌🙌🙌
Muri imfura pepeeee. Mwarahezagiwe😘😘
❤️❤️❤️
🙌🏽
You always made my day
Amen🙏🙏🙏💪
Amen Amen 🙏 nivyo koko Imana ntizodusiga twenyene yama iri muruhande rwacu ... Good song 🥰 may God bless u 🤗
Azomfata ukubuko nyazonsiga jenyene
My fav song i proclaim it🤝🙏🙇
Amen
Amen murakoze cane😭🙏🏽❤
🐆🐆🐆🐆 good 🤬 #song
Amen❤
Amen amen barikiweni sanaa ♥️♥️♥️✌️✌️🤭🤭🤭🤭
Wow nice song,keep up the good work ! May God bless you and give you the Joly spirit and the power of God !
Amen amen🙏🏾
Ooooh mwami wanjee très touchant ds mon coeur..que Dieu vs bénisse a ceux qui ont reçois le msg..ntituritwenyene disiii
🙌🏽
Amen
Umukama akomez kubasiga amavuta muririmba neza