Uko wasuzuma niba umukobwa mukundana agukunda by'ukuri

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 25 окт 2024

Комментарии • 28

  • @renovatndabiruye7548
    @renovatndabiruye7548 5 лет назад +1

    Murakoze cane kuba mutwigisha jewe nashaka munsobanurire amavangingo nabirya bisa nurufuro mugihe urigutera akabariro harigihe haza ibintu vyera amazi buzi ntaboneke hakaboneka ibimeze nkurufuro rw'isabuni munsobanurire murakoze

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 4 года назад

    😆nogumahamwe nkaraba aho akoraaaabivanyenahoturi😍

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад

    Video yawe network ntiyari yuzuye

  • @mariusnsabiyumva3418
    @mariusnsabiyumva3418 6 лет назад +1

    Ndatanz mwiriw. Kuberki abakobwa hari amajambo yinkoramutima (yaba meza canke mabi) batinya kuvuga iyo bari kumwe n'abahungu bakundana arko kuri msg isanzw canke watsapp bakayavuga?

  • @rafikerik4137
    @rafikerik4137 4 года назад

    Thanks

  • @elizabethbakundiye9250
    @elizabethbakundiye9250 3 года назад

    Iyo Umuhungu Alikureyawe akaguhamagara kuri Video call agusabako wakuramo imyenda Akabayifuza kukubona wambayimyenda yimbere kandi Mwaramenyaniye kuri Facebook mugakundana igihekirekire Ariko akabashaka kuza kunsura yabisabye namwangiye none yarakaye ngonanzegukoribyo we ashaka none nkore icyi aramenyesha icyi sindamubonaho tuvuganirakuri phone nkoricyi.

  • @richardngendakumana2871
    @richardngendakumana2871 6 лет назад

    Mbegumushangazi
    Jehobaribarantembeje ngiye kugendana iyi video twihurirenabo urabona

  • @adolpheadonukuri8174
    @adolpheadonukuri8174 5 лет назад

    Ushyizemo
    Ubwenge
    Bwinshi bizasobanukirwa
    Nabake

  • @nsanzabaganwaanaclet809
    @nsanzabaganwaanaclet809 6 лет назад

    nitwa anaclet fred wangiriye inama nkunda abakobwa( 2) nabo barankunda ngewe nabuze amahitamo kuko buriwese afite ibyiza anyereka bigatuma mukunda kd bose nibeza bose bamurinse iwabo mumbabarire mugire inama.

    • @rwandanking2937
      @rwandanking2937 5 лет назад +1

      Nsanzabaganwa Anaclet inama nakugira ni reka gutendeka abandi bana...tekereza ukuntu uvuga ubakunda nabo nibagukundiraho abandi,ubwo bwiza niba ari beza koko,si wowe ububona wenyine kandi nturi kamara. Mesa kamwe ufate umwe ureke kubabeshya bombi. Kuko mubyukuli ntan'umwe ukunda muri abo. Ni wowe wikunda ukumva urabashaka bombi,ndetse ejo cg ejobundi nunahura n'undi mwiza nkabo cg kubarusha nawe uzamufata...mpaka ryali se?

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад +1

    Ivyo uvuze ni vyo.Jewe narabibonye ivyo.

  • @adolpheadonukuri8174
    @adolpheadonukuri8174 5 лет назад

    hano
    Uratujimije

  • @mariusnsabiyumva3418
    @mariusnsabiyumva3418 6 лет назад

    Sinon ndaryoherwa cane nivyo mutubwira murakoz cane sister Emma

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад

    Nagomba kubaza les thèmes yibandako ni izihe ? Ni ibitsina gusa ?
    Ni urukundo gusa ?
    Jewe ndibaza ko wokwigisha kubijanye n isuku.Kuko nta rukundo ata suku.
    Kunuka mu kanwa umuntu yovyirinda gute ? Biva mu nda nk uko umwe yabimbwiye ? umuntu yomara umwanya ungana gute ariko yoga kugira ngo yoge neza.
    Tubwire ivyo isuku cane kuko abantu benshi ntibakundwa kubera isuku rike bafise

    • @CarineNkurunzi360
      @CarineNkurunzi360 6 лет назад

      Hari ama video yigisha ibyo hano kuri youtobe yashake.
      Kwita ku menyo no mukanwa

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад

    Wombwira uko amasohoro y umugabo ari tasted kubayashira mu kanwa ?

    • @rhizoliza1727
      @rhizoliza1727 6 лет назад

      Mwiriwe mfite ikibazo Shaka kubaza njyewe narabaze amezi atandatu arashize mbona ngira iminsi 26 ese icyo gihe nasama kumunsi wakangahe? Murakoze

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад +2

    Twebwe abagabo dufise amatsiko ( kumenya) y ukumenya ingene umugore yumva imurimwo, iyo umugabo ariko akora mouvement za sex , umugore yumva gute ?
    Hanyuma umugore nawe yotubaza uko umugabo yumva( feelings).
    Ni co gituma nagusavye contact yawe kugira ngo dufashanye mu guterera( ndi USA)

  • @nkeshimanaemmanuel5031
    @nkeshimanaemmanuel5031 6 лет назад

    kwoza amenyo
    kwoza mu matwi