Hagize umusirikare yitaba Imana ari kurugamba muri RDC canke ahandi imiryango irabimenyeshwa

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 10 фев 2025
  • #indundinews: Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ukwivuna abansi amenyesha ko igisirikare c'Uburundi Kiri muri #RDC biciye mu nzira y'amategeko kandi Kiriko kirangura neza ibikogwa vyaco , nayo ngo iyo hagize uwitaba Imana barabimenyesha umuryango wiwe nkuko bisanzwe..

Комментарии • 9

  • @MerissaMani
    @MerissaMani 6 дней назад +1

    😅😅😊❤😂

  • @TurabumukizaTheogene
    @TurabumukizaTheogene 4 дня назад

    Bara bikurikirana koko hhhhhhh hhh bagarukana Amahoro

  • @huyy484
    @huyy484 4 дня назад

    hano I Goma.
    afrique du sud yamaze gutwara ibiziga byabasoldats babo, Tanzanie nayo yajanye abayo mwibanga, aba kongo monusco iriko irabashingura.
    imirambo ( ibiziga ) vy'abarundi vyuzuye mumihanda pe, ntanumwe ubitayeho, yewega burundi wee😢😢😢.
    anyways vive le Rwanda, vive le M23, vive les banyamurenge, vive tous les tutsi partout !!!! we always win, we never lose!

  • @SteveMzee-q8b
    @SteveMzee-q8b 6 дней назад

    Reka UBurundi bigende uko biri ntakundi ni mana yonyene nikirundi ntuzi no gusoma canke uriko ubivuga nu bwoba kuko bagupangiye ivyo uvuga

  • @barutierikkaganza2748
    @barutierikkaganza2748 6 дней назад

    Les officeirs nta numwe yariho amwumva bishwe ni sesemi

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 6 дней назад

    Twarabahinyuye mubuzuco udukangisha ayomataratara abomurikumwe nibobazoya mena umgambwe winkona ntacukimaze warayituste mubimenye ntucizewe

  • @NshimiyimanaEmmanuel-g2z
    @NshimiyimanaEmmanuel-g2z 6 дней назад

    BABAMARIYE CONGO MUZE MUREBE.

  • @huyy484
    @huyy484 4 дня назад

    munyarukire kuma TV murebe ambiance iri Goma😂😂😂 M23 ( abatutsi) mwagiye kwica, ubu bafashe sud kivu yose ( abaturage bafite amahoro barimo barabyina😂, turishimye canneee.
    none abo basoldats banyu ubwo kweli ntabazize ubusa? Vive le M23, vive Goma, vive tous les Rwandophones.