Vyanditsehe ko tutarwara ? Le fait ko yesu yadupfiriy akatwigura ntibisigura ko ata gerageza rikibaho. Nawenyene yarageragejw, ahubwo nivyo vyerekana ubukomezi twahawe. Imishishagu yiwe iradukiza ariko ntibisigura ko tutarwara. Muriko muhuvya abantu kbx ninyigisho nkizo
Thanks to u Hosy watuzaniy this great worshiper n man of God God .umufatanya bikorwa n’Imana Landry .tnx k umuco.uririmba neza cane .holy u’re so loved
Ukwizera kwa GGC kwo kutarwara je ndabitahura cane. Kuko yesu aba muri twebwe ntarwara. Ni mpwemu. Niyo dutew n'ibinyoma vy'indwara umubiri niwo urwara.
Landry Perkrin n'umuririmvyi wa Gospel aririmba neza cane. yadushingiye intahe y'ubukwe bwiwe, ibitangaza Imana yamukoreye.
nimwiyumvire namwe ubutumwa yatanze.
Landry UHAGARARIYE NEZA UBWAMI Bw'Imana.
Aririmba neza kandi umusi umw yarampezagiye numva birandenze nukuri respect
Waouh!! I feel blessed for real...Hosy zuraturonderera abanyamavuta nkabo vraiment! Bro Landry ndakwubaha urabizi, igikombe cawe kirasesekaye kbsa! Watanze umuco vrt naho wajaniranijwe...hahh!
Cotation ku kuririmba ni 9/10...ntanze 10 woca uhagarika travail!!
Numuririmvyi mwiza cane kandi iman ibandanye imwonger amavuta
N'umuririmvyi w'ubwiza cne wo mugihe nkiki aho twameny ubwiza Kristo Yaduhaye
Yes, mpwemu yera ni vyose vy'Imana.
Amen🙏🙏🙏Osy Bushirako Ama Link yabo iyumuntu Arumuririmvyi kugira tumushigikire
Kubera tuba twavuze amazina bica biborohera kuba searchinga
Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa Hallllellluyaaa
Hosy unanikumbusha rafika yangu wo kur Ste Famille kinama@keep up my bro
warahezagiwe yesu akwongere amavuta❤❤❤❤❤❤💗
Sante brother Landry shishikara kujimbere
Erega ntiturwara nuko nyene bimeze,erega Yesu Christo ntiyarintama babaze kugira biherukwo,canke agakino kategurw kokwinezereza,so ntiturwara .
Vyanditsehe ko tutarwara ? Le fait ko yesu yadupfiriy akatwigura ntibisigura ko ata gerageza rikibaho. Nawenyene yarageragejw, ahubwo nivyo vyerekana ubukomezi twahawe. Imishishagu yiwe iradukiza ariko ntibisigura ko tutarwara. Muriko muhuvya abantu kbx ninyigisho nkizo
Arabizii
Iyi Chanel mbega yoba yarasubijwe Hosy
Osy uze utwarwe numuhungu akijijwe vrt u cultivé agakiza kawe nturwe.nyomba ataranakizwa uzomubwire ubutumwa bwiza akizwe
Nice muntu wubwizaa babwire. Ko twavyawe nimbuto itabora
Yarahezagiwe
Gloooryyy Hallllellluyaaa To JESUS CHRIST
Aririmba neza cane 🇿🇦turabakwirikira keshi gashoboka never give up 👌🏽👌🏽👌🏽👌🏽
Thanks to u Hosy watuzaniy this great worshiper n man of God God .umufatanya bikorwa n’Imana Landry .tnx k umuco.uririmba neza cane .holy u’re so loved
You made it
We love you Landry
Uzomutumire numugore wiwe batange ubuhamya.
Merci Landry ndakunda indirimbo zawe ziramfasha cane
Hallelujah thx bro kumuco watanze
Praise God
Umuryango wanj #GGC ndakunda Landry Vrt
Uyu Landry KO asa na Patrick papa jason wa GGC.abantu bubwiza,Maman Jason,abantu bubwiza caane twabanye .
Naho ndumucatholika nakunda ubutumwa batanga,abana bubwiza btibakena,ntibarwara....
Courage sana Papa Landry
Nivyo agize neza kubwira abantu ko Borja kwa muganga
Murakoze cane hosy
Siren Vibes❤️
Amen 🙏🙏🙏
uyo mujama mumukorere promotion kubera ari mu baririmvyi bakomeye dufise ! indirimbo ziwe zirimwo Imana
Je ndakijijwe 💃🏽💃🏽💃🏽
Amen turakunda inditimbo ziwe sana
👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿Hozy arakijijwe yaaaay!!!😃watuye
Urakoze kudushirira ko abasenzi 🙌🏾
Uyo ni #Umugisha twahezagijwe n'Uhoraho
We love you Brother🙌
Nice kabisa
Waauuh
What a wonderful voice!!!!
8/10👌👌👌👌👌
Indirimbo yiwe ni nziza cane
Babwire ntabwo tugwara
Ukwizera kwa GGC kwo kutarwara je ndabitahura cane.
Kuko yesu aba muri twebwe ntarwara.
Ni mpwemu.
Niyo dutew n'ibinyoma vy'indwara umubiri niwo urwara.
Umusanganguzi
Tafazali nahitaji kupata phone number journalist ao it's ur fan from Ireland
Uruwudasazwe urumugisha kubuzima bwanj
Reka kwigungana ibiganiro ,zuraha Michou nawe akore
Hosy komera ndagiteyinte ge.sindakubesha ugiye gushikakure.komerashikama.
@@safarintunzwenimana2057 egooo,azanye ibiganiro vyijambo ry'lmana,en plus yambaye neza,yikwije nivyiza.