🚨🇧🇮ABASIRIKARE BOSE BAVYUMVE,ABATARAFUNGWA BAKWIYE GUTABARA ABABOHEWE UBUSA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 окт 2024
  • Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
    MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 (929) 923-0462

Комментарии • 5

  • @LEONCENSAVYIMANA
    @LEONCENSAVYIMANA 2 месяца назад +1

    Nyakubahwa ,nkiciyumviro canje,nari nipfuza ko radio tv inkinzo mwoza murarungikako izi video ,kuko benshi bakoresha Facebook

  • @Bigenergy94
    @Bigenergy94 2 месяца назад

    Ntamurundi numwe muzosubira kugumura umwe wese nibimuraba wewe uri umu politician nanje ndumu hustler ivyo mukora vyose nivyiwanyu nimiryango yanyu 😂😂😂 reka nironderere amahera naho ivyanyu ninduru gusa