Ntacyo namushinja

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 8 фев 2025

Комментарии • 9

  • @sarahahishakiye8298
    @sarahahishakiye8298 7 месяцев назад +4

    2024 and Still My favorite song 😭😭Umwami abahe umugisha cane 🇧🇮🇧🇮

  • @fidelemusiri9504
    @fidelemusiri9504 Год назад +2

    Iyi album sinzokwigera ndayihaga kuko niy'umwuka kbs🙏Ariko kandi turakeneye kumenya ivy'iyi korari nimba ibandanya canke vyaranse🤷‍♂️

  • @makombejmv3100
    @makombejmv3100 4 года назад +1

    Murakaza neza muziye igihe rwose ntimukabure kunguka🤝 nukuri kose🙌

  • @theobardnzabandora9237
    @theobardnzabandora9237 4 года назад +1

    oohh haleluyaaa umwami wanjye ntacyo namushinja pe, Thanks a lot Dhz choir!

  • @GasabaAnge
    @GasabaAnge Год назад

    Murampezagira Imana ibakomeze cane mba mu Gatumba

  • @tetakanyana3308
    @tetakanyana3308 3 года назад

    Munguweeeee ndabakumbuye nukuri

  • @estherninziza8600
    @estherninziza8600 Год назад

    Amen 🙏 Imana ibahezagire

  • @LazaroBaranyizigiye-zo5wo
    @LazaroBaranyizigiye-zo5wo 8 месяцев назад

    Hezagigwa bantu beza

  • @JeanBaptisteIzabayo-hm3nj
    @JeanBaptisteIzabayo-hm3nj Год назад

    ❤❤❤