Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Go ahead. You are the man that our country needs
We need more people like you Jackson Iyaba hari abantu nka 50 canke 30 muburundi hoca haterimbere
Jackson Imana iguhe kuramba we need more Jacksons like youHappy Christmas day to you Jackson and you juste Gaël 🤶🤶🇧🇮😍😍💪
Humble man maybe you are light for our country 👂❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ishimwe Igihugu gikeneye abantu nkabo ndamukunze kwl Imana ibakomeze ❤❤❤❤❤
Docteur Jackson, Imana iguhezagire kuruyo mutima mwiza w' urukundo ufise wokwitanga ufasha abatishoboye. Uhoraho Yehova aguhe kuramba n' abawe bose
Murakoze caaannnneee. Papa Jackson, ndakunze ivyo ukora. Même longueur d'ondes. Imana ibandanye ibazigama kandi ibahezagire cane.Joyeux Noël à tous. Merci l'Ami p...idasanzwe
Hubawe Imana yaguhaye Mutima Wu Buntu Docteur
Imana iguhe imihezaguro muvyo ukora vyose 💕💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
God continue blessing you ,even those who have give back to your country
keep up the good work our Dr,and we are right behind you,God bless you
Wow!! Imana iguhezagire
Humble man, nakunze uko wicisha bugufi
Imana ibandanye iguhezagira hamwe n' umuryango wawe wose. Ese twese twokwigirako tukagira ubuntu , ubwitonzi n' indero bikuranga.
Uri urumuri mu Burundi .courageux docta
Legend hero national tu seras dans le manuel scolaire et tu es un monument. ShujaaJackson.
Hezagirwa uruwagaciro kugihugu cacu❤❤❤🇧🇮
Imana ihezagire uburundi nabarundi ,Jackson i like what you’re doing to make our country great.
Imana ikomeze kuguhezagira pe🙏🙏
Imana,ubuntu,abantu,ibintu waouh Imana igume iguhezagira igwize incuro ibihumbi nibihumbi ibikorwa vy'amaboko yawe.....❤❤❤
Komera cane Jackson Imana ibandany ibazigama kandi ibahe ubwenge bwo gukora nibindi,murabagaciro🙏🙏
Big up brother 🙏
Imana iguhe kuramba jackson urumurundi wambere ukunda igihu namagara yabantu ndagukeje ❤❤❤ dufese abarundi batunze batiyumvira ibuntu nkibi kandi bayanyegeza hagukora imigambi nkiyi wubahwe bro
Imana iguhezagire caaane
Imana izobuhire imigisha ku gikorwa ataho kigerwa !
this fantastic kabisa.IMANA IHEZAGIRE CANE UNO MUVANDIMWE.
Whaou ikiganiro kiryoshe. Chapeau au Docteur❤
Uri umuntu w'ubuntu kbx Imana ibandanye ikugirira neza iguhunde imigisha n'imihezagiro
Vyiza cane kandi Imana ikomeze kukumurikira;Noël nziza 🧑🎄🌲🧑🎄🌲💖🌲🧑🎄🕊️
May God keeps you healthy and grant you strength to achieve your dreams. Big congrats for what you have done so far.
Komera muntu w Imana.Imana Igushigikire muri vyose.Ahubwo benshi turi hanze biduteye intege ko twogira ico twokora i wacu pe.
Oya sumuntu ararenze ubumuntu,numu Rasta,salute doctor
Imana iduhe Abarundi benshi bafise umutima wo gusubira iwabo kugatumba gukora ibifasha abandi.
Dr uwo mutima kabisa,ndawemera pe.Nanje niko meze,iyo nkoreye abantu bato bato bamwe twita bantaho nikora nibo numva ko ndongerako umugisha pe
I love when you said :Barya batambara Ibirato,nibo munezero wawe.100%Nanje nuko meze pe.
Umutima wawe uratangaje ❤❤❤ imana ni nziza
Congratulations 🎉
Man, He's the definition of "Humble"
Jackson ni vyiza cane ivy ukora ni uvuga mu Burundi. Nashaka numero yawe kugira nzoterere gato mu mugambi wa VIP. Twarabanye Malawi , Zambia naje narahaciye
Hezagirwa Dr JcksonNukuri iki kiganiro kirahimbaye❤
Umuntu w'ubuntu Dr Jackson💐🌷❤️Imana ikutuzigamire
Good job, guy!
Wow! Imana iguhe umugisha rwose ubundi nkawe leta yagakwiye kuguha Award 🥇
Imana ihezagire Dr Jackson 🙏
Mumpe number ya doctor vraiment 🇧🇮🇺🇸❤️
Hello. Number ya doctor?? NDI nayo
Umurundi w'umutima. Imana iguhezagire
God bless you Guys
Imana imuhezagire kuko bishoboka bake bikananira benshi.
Big boss🙌🙌
Imana Iguhezagira cane❤
Wubahwe mutama ndakwemer doctor
Shaa uyumuntu Jackson Jew naramukunze kweri afise ivyiyumviro bikomeye canee
Thank you Jackson
Courage cane uburundi hejuru
Ico KIBONDO ni TABITHA IMANA yagabiye igihugu cacu. Ese yogwiza nkabo!!!!!
Imana iguhe Kuramba ♥️
DA WAY DA WAY DA BURUNDI WAY❤🙏🇧🇮💥💪💪
Mba muri Australia,mdemeza ko ubuzima nino i wacu ubuzima burazimvye pe.Vyarahindutse.
Mwari mukwiye kuba muri Conseil national de développement économique et social
Uburundi bworonka abantu 50 nkaw vrt twoterimbere IMANA ikomez igushigikira
Courage sana Nshuti uricabwenge sana
Doctor cibitoke mugimbu wubahwe guteza intara yacu ya cibitoke intara ifise abantu bakundana
Komera k'Umuheto
Urintwari imana izobiguhembere canee
Doctorat Jackson unisexe vision ibona kure caaane kubona wiyumviriye kuza guteza imbere intara uvuka mwo. Komeza urugendo
Oyomudocteur ndamwemera
N,ubutunzi kugihugu
Courage
Courage ❤
Ntavyinshi novuga atari kugusabira imihezagiro myinshi ku Mana
Iman🙏❤️🇧🇮
Wirambir muhungu wokugatumba
❤❤❤
Korera abene Gihugu lmana izo kuduza nawewe
Imana Ikomeze Imutuzigamire
Aha hantu ibitaro biri hitwa gute? Hari uwarashaka kubagana ariko ayoboza.
İmana iguhezagire
❤❤❤❤komera komera❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Icoduha ba Jackson 5 twotera imbere
Umuntu wubuntu DrJackson Bamugire ministre wamagarayabantu azogumabikora neza cane arabikwiye
Yigumire murivyo kuba ministre ubugiye muri politique
Noce job
Nobona gute nimero yiwe
Ivyo uvuga nivyo kwl ibintu vyaraduze hose kwisi ibintu ntibikimeze nka kera si muburundi honyen
Hoba nkawe 10 buri ntara igihugu coba ica mata nu buki
Uvuze ukuri
Kbx
Ivyiza ukora birarenze pee
Wagize iciyumviro ciza cukwuguruza ibitaro ku mavuko,kuko bizokwunganira mugutanga akazi mubavukanyi. Mbe none uwokenera gukora ibisa nkibyo womwerekeza mu bwabuntu:TUGIRE UBUNTU MUBANTU?
Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤
Noël nziza ❤
❤️❤️❤️❤️🥂🥂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌🏻🙌🏻
Mutama Uri twari kweri
Ibiganiro umuntu aba akeneye kumva ni nk ibi.
❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏🇧🇮
Iki gihugu cacu gikwiye gutwarwa nabantu nkuyu
Urampa nimero yawe
Kj😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅❤❤❤❤❤❤
Ico duha ba Jackson 100 i Bdi vision 2040 twoyigerako
Uyu afise umutima yisangije wenyene
Cibitoke cahehe?
Ca rugombo,commune Buganda zone Gasenyi ibarabara rya kane
Ca rugombo
Imana ikwongere imigisha❤
Go ahead. You are the man that our country needs
We need more people like you Jackson
Iyaba hari abantu nka 50 canke 30 muburundi hoca haterimbere
Jackson Imana iguhe kuramba we need more Jacksons like you
Happy Christmas day to you Jackson and you juste Gaël 🤶🤶🇧🇮😍😍💪
Humble man maybe you are light for our country 👂❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana ishimwe Igihugu gikeneye abantu nkabo ndamukunze kwl Imana ibakomeze ❤❤❤❤❤
Docteur Jackson, Imana iguhezagire kuruyo mutima mwiza w' urukundo ufise wokwitanga ufasha abatishoboye. Uhoraho Yehova aguhe kuramba n' abawe bose
Murakoze caaannnneee. Papa Jackson, ndakunze ivyo ukora. Même longueur d'ondes. Imana ibandanye ibazigama kandi ibahezagire cane.
Joyeux Noël à tous.
Merci l'Ami p...idasanzwe
Hubawe Imana yaguhaye Mutima Wu Buntu Docteur
Imana iguhe imihezaguro muvyo ukora vyose 💕💕💕💕🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
God continue blessing you ,even those who have give back to your country
keep up the good work our Dr,and we are right behind you,God bless you
Wow!! Imana iguhezagire
Humble man, nakunze uko wicisha bugufi
Imana ibandanye iguhezagira hamwe n' umuryango wawe wose. Ese twese twokwigirako tukagira ubuntu , ubwitonzi n' indero bikuranga.
Uri urumuri mu Burundi .courageux docta
Legend hero national tu seras dans le manuel scolaire et tu es un monument. ShujaaJackson.
Hezagirwa uruwagaciro kugihugu cacu❤❤❤🇧🇮
Imana ihezagire uburundi nabarundi ,Jackson i like what you’re doing to make our country great.
Imana ikomeze kuguhezagira pe🙏🙏
Imana,ubuntu,abantu,ibintu waouh Imana igume iguhezagira igwize incuro ibihumbi nibihumbi ibikorwa vy'amaboko yawe.....❤❤❤
Komera cane Jackson Imana ibandany ibazigama kandi ibahe ubwenge bwo gukora nibindi,murabagaciro🙏🙏
Big up brother 🙏
Imana iguhe kuramba jackson urumurundi wambere ukunda igihu namagara yabantu ndagukeje ❤❤❤ dufese abarundi batunze batiyumvira ibuntu nkibi kandi bayanyegeza hagukora imigambi nkiyi wubahwe bro
Imana iguhezagire caaane
Imana izobuhire imigisha ku gikorwa ataho kigerwa !
this fantastic kabisa.IMANA IHEZAGIRE CANE UNO MUVANDIMWE.
Whaou ikiganiro kiryoshe. Chapeau au Docteur❤
Uri umuntu w'ubuntu kbx Imana ibandanye ikugirira neza iguhunde imigisha n'imihezagiro
Vyiza cane kandi Imana ikomeze kukumurikira;Noël nziza 🧑🎄🌲🧑🎄🌲💖🌲🧑🎄🕊️
May God keeps you healthy and grant you strength to achieve your dreams. Big congrats for what you have done so far.
Komera muntu w Imana.Imana Igushigikire muri vyose.Ahubwo benshi turi hanze biduteye intege ko twogira ico twokora i wacu pe.
Oya sumuntu ararenze ubumuntu,numu Rasta,salute doctor
Imana iduhe Abarundi benshi bafise umutima wo gusubira iwabo kugatumba gukora ibifasha abandi.
Dr uwo mutima kabisa,ndawemera pe.Nanje niko meze,iyo nkoreye abantu bato bato bamwe twita bantaho nikora nibo numva ko ndongerako umugisha pe
I love when you said :Barya batambara Ibirato,nibo munezero wawe.100%Nanje nuko meze pe.
Umutima wawe uratangaje ❤❤❤ imana ni nziza
Congratulations 🎉
Man, He's the definition of "Humble"
Jackson ni vyiza cane ivy ukora ni uvuga mu Burundi. Nashaka numero yawe kugira nzoterere gato mu mugambi wa VIP. Twarabanye Malawi , Zambia naje narahaciye
Hezagirwa Dr Jckson
Nukuri iki kiganiro kirahimbaye❤