Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uburundi bwarahezagiwe,kubatabizi Imana ifise ikibanza ca mbere mumategeko y'uburundi.Uwo muvugishwa ari kuri mission y'abansi b'uburundi .Ntakibanza c'abangushi,mbe uwo so uvuga uramwisangije?
Sigaho mugenzi
mmmh
Leo change 5000BfI kwa dola 1$,useme nchi Imabarikiwa??
Iyo Mana mwahaye ikibanza cambere,mukica,mukiba,mugasambana,mugasambura ingo n'imiryango ,iyo mana ivyo mukora mubona biyihimbara??reka kwibesha,muzohinyuka,Imana izobagaragaza izuba riva
@@JabweBurunga Mbe wewe iyubaye muri mw'Ijuru ntavyaha bibayo, muri abagororotsi?? Kiretse nimba uri mw'Ijuru, bisigurako wapfuye utakiri kwisi yabazima
Uri umuvigishwa wibinyoma uhoroho ubeshera umusi umwemuzohur
Mubureke kubwumva pe Imana ariko iravuga
Kuva isi ikiremwa abiyita abahanuzi bibinyoma bamyeho Nimureke kudusamaza bagenzi Imana hamwe yoba ifise ico irungikira Uburundi si wewe uobicishako
Sinshatse kumushigikira muga Imana ica ah'igomba. N'uruyoya yorucamwo
Mbega imana mukubwirabarundi ituma abanyamahanga?
Yesu aguhe umugisha agukomeze.
Urakoze kubuhanuzi mudushikirije
Jakurima reka kudushingwa twiberey murugamba rwiterambere
Komera muntu w'imana iguhe umugisha
Ubu ibyigitoro byacecetse .reka nkoreshe ururimi namw mukoresha
Reka tubirindire twizeye😮
Muravugishw kugihugu canyu murek igihugu cacu, mwabonye kibananiye muri 2015 mukibaza bizokunda, nimuvugire birya bihumbi bipfuzwe
Amen
Uri indondogozi naho ubuvugishwa tugira namba pe !!
Tabaranya utugezeho umutima nk'iyo uriko uravuga, hanyuma ubwire abazoba bariko barakwumva, ici maze kugutuma kuri Paulo Kagame.
Ntabindi mwotubwira?
Emwe bantu ntikwiye kuvuga nabi: ubuhanuzi w'ukuri amenyekana ariko bushitse. Kandi nivya 2015 Twitegeje ntivyagenze neza,kuko vya teje umuvurungano mubantu none mureke tubone amaherezo.Yubuhanuzi
Iyo amatora yegereje mu Burundi ,habaho abavugishwa benshi babaNyarwanda,n'ukuber'iki?KO batavuhishwa kuvy'iwabo?ha!Mamaga twebwe!!!nukuvyitondera
Muryama murushe mukavyuka murota🇧🇮 bamubanza mugasenga iyo nimicoko yimibereho mufuse mwarasaze wabavugiswa bibinyoma niyompanvu kagame yabugariye isengero murabafunga kiwani mwemeje p huuu uburundi imana irabuzi kandi irabusobanukiwe genda uryame ubwo nuburuhe ufise
Ubahuka uvuge ko ari iyanyu igiye juvaho, urucira mukaso rugatwara nyoko😂😂
Komutavuga ivyanyu
Mbega nkubu iyuvuze ibintu bizoba kukintu canke kubantu ntibibe, uraheza ukiyumva gt? Uraheza ugasubira kuja imberer yabantu ukavuga ivyuvuga?
Abanyagwanda nabanyamitwe ubwobuvugisha buba kubarundi butanze abanyagwanda nabafungamwitwe turabazi mabushire kagome
Mwebwe rero Nîmwe mufisimana mwirigwa murasa inzirakarengane congo
Harya abaturage bose bariko barica? Reka gufatira mu kivunga muntu
IMANA IHABWICUBAHIRO 🙌
Ufise ubutumwa bushikirize ureke kubanza guca hirya wigira umuvugabutumwa wa hatali. Nciye ndeka nokuvyumviriza.
Ikibazo jewe mfise nikuberiki mutavugishwa kuri kagome wanyu?? Kubera muziko yobirenza?? Mwaramenyereye gukirimbira kugihugu cacu 😢 Imana imbabarire nimba ivyo uvugishijwe arivyo jewe bingoye kwakira kubera kuva 2015 abanyarwand mukomeza kutuvugishwako kandi namwe ivyanyu ari amayobera!! Inzara uvuga no mu Rwanda iriyo ubukene turabusangiye mureke turindire Imana
Ntacizokora itibiye ibanga abasavyi bayo.turi kumavi!
HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAA HALLELLUAAA HALLELLUAAA HALLELLUAAAAAAAA URAKOZEEE CAAAANEEE GOOOSEEE YESU CHRISTO, URAKOZE CAAANEEE GOOOSEEE MUSHIKI WACU
Yemwe muratwenza mwabonye i BuRundi ko Umuremwi adafise Abo yocako
Yesu Tabar Burundi bwacu
Amatora aregereje mutanguye kwerekwa? En 2015 mwavuze ibimeze gute ???😢 Gus Imana idutabare
Ubutekamitwe
Umusi uburundi bwateye imbere nyimba abanyarwanda bazifata gut ?mufis umunwa urenze
None ko uvuga wihishije gayewe mutumwa ?Wewe uje kuvuguruzo Ivy'Imana yavuze ku Burundi ?Abahanuzi muragwira da,ariko ibivuye i Rwanda ntawokwihutira kuvyakira kuko muvuga ibiva mu mana nyinshi
Ntimwovugurwanda uburundiMukabureka
Nashetani arabatuma kandi ntibamwankira 😅
Yemwe abarema ibinyoma ku Mana murondera ama views muzozira akamanyu k'umutsima
Komutajanyagura ivyo murwanda? Nimvugo y, abahima tuzohurira muri M23.
Na Satani arifis abakozi bayo kk ab'Iman ntibihish
Uzobonibara wewe uvgango uwiteka aravze atavze
Eeeeeeee
Ko utavugishwa kurwanda suko uziko baguca umutwe mwebwe nimwe mutuma I vyImana bisuzugurwa
Abahanuzi badatinya abantu ku kigohe baracariho. Rondera Riziki Chantal wumvirize ivyo avuga ku Rwanda. Nta buhanuzi yigera atanga ku burundi.
None ko mutavugishwa ivyo kurwanda?
Ko wihata ku rwanda se urumunyarwanda warevye ivyo minzu yawe
None avuge ivyo atatumwe ??? Urwanda azoruvugishwako niyabihabwa.
Geza ngaho Imana Iradukunda twebwe Abarundi Imana iratubona reka Ayo majalmbo yo gusevya abategetsi bacu
IMANA yacu ni nzizaReka ivyo binyoma
@@FideleNinezerezaraba iyi channel ivyivuga ntwobura amakenga.
Mwambie semunguwetu wambiee
Uburundi bwarahezagiwe,kubatabizi Imana ifise ikibanza ca mbere
mumategeko y'uburundi.Uwo muvugishwa ari kuri mission y'abansi
b'uburundi .Ntakibanza c'abangushi,mbe uwo so uvuga uramwisangije?
Sigaho mugenzi
mmmh
Leo change 5000BfI kwa dola 1$,useme nchi Imabarikiwa??
Iyo Mana mwahaye ikibanza cambere,mukica,mukiba,mugasambana,mugasambura ingo n'imiryango ,iyo mana ivyo mukora mubona biyihimbara??reka kwibesha,muzohinyuka,Imana izobagaragaza izuba riva
@@JabweBurunga Mbe wewe iyubaye muri mw'Ijuru ntavyaha bibayo, muri abagororotsi?? Kiretse nimba uri mw'Ijuru, bisigurako wapfuye utakiri kwisi yabazima
Uri umuvigishwa wibinyoma uhoroho ubeshera umusi umwemuzohur
Mubureke kubwumva pe Imana ariko iravuga
Kuva isi ikiremwa abiyita abahanuzi bibinyoma bamyeho
Nimureke kudusamaza bagenzi
Imana hamwe yoba ifise ico irungikira Uburundi si wewe uobicishako
Sinshatse kumushigikira muga Imana ica ah'igomba. N'uruyoya yorucamwo
Mbega imana mukubwirabarundi ituma abanyamahanga?
Yesu aguhe umugisha agukomeze.
Urakoze kubuhanuzi mudushikirije
Jakurima reka kudushingwa twiberey murugamba rwiterambere
Komera muntu w'imana iguhe umugisha
Ubu ibyigitoro byacecetse .reka nkoreshe ururimi namw mukoresha
Reka tubirindire twizeye😮
Muravugishw kugihugu canyu murek igihugu cacu, mwabonye kibananiye muri 2015 mukibaza bizokunda, nimuvugire birya bihumbi bipfuzwe
Amen
Uri indondogozi naho ubuvugishwa tugira namba pe !!
Tabaranya utugezeho umutima nk'iyo uriko uravuga, hanyuma ubwire abazoba bariko barakwumva, ici maze kugutuma kuri Paulo Kagame.
Ntabindi mwotubwira?
Emwe bantu ntikwiye kuvuga nabi: ubuhanuzi w'ukuri amenyekana ariko bushitse. Kandi nivya 2015 Twitegeje ntivyagenze neza,kuko vya teje umuvurungano mubantu none mureke tubone amaherezo.Yubuhanuzi
Iyo amatora yegereje mu Burundi ,habaho abavugishwa benshi babaNyarwanda,n'ukuber'iki?KO batavuhishwa kuvy'iwabo?ha!Mamaga twebwe!!!nukuvyitondera
Muryama murushe mukavyuka murota🇧🇮 bamubanza mugasenga iyo nimicoko yimibereho mufuse mwarasaze wabavugiswa bibinyoma niyompanvu kagame yabugariye isengero murabafunga kiwani mwemeje p huuu uburundi imana irabuzi kandi irabusobanukiwe genda uryame ubwo nuburuhe ufise
Ubahuka uvuge ko ari iyanyu igiye juvaho, urucira mukaso rugatwara nyoko😂😂
Komutavuga ivyanyu
Mbega nkubu iyuvuze ibintu bizoba kukintu canke kubantu ntibibe, uraheza ukiyumva gt? Uraheza ugasubira kuja imberer yabantu ukavuga ivyuvuga?
Abanyagwanda nabanyamitwe ubwobuvugisha buba kubarundi butanze abanyagwanda nabafungamwitwe turabazi mabushire kagome
Mwebwe rero Nîmwe mufisimana mwirigwa murasa inzirakarengane congo
Harya abaturage bose bariko barica? Reka gufatira mu kivunga muntu
IMANA IHABWICUBAHIRO 🙌
Ufise ubutumwa bushikirize ureke kubanza guca hirya wigira umuvugabutumwa wa hatali. Nciye ndeka nokuvyumviriza.
Ikibazo jewe mfise nikuberiki mutavugishwa kuri kagome wanyu?? Kubera muziko yobirenza?? Mwaramenyereye gukirimbira kugihugu cacu 😢 Imana imbabarire nimba ivyo uvugishijwe arivyo jewe bingoye kwakira kubera kuva 2015 abanyarwand mukomeza kutuvugishwako kandi namwe ivyanyu ari amayobera!! Inzara uvuga no mu Rwanda iriyo ubukene turabusangiye mureke turindire Imana
Ntacizokora itibiye ibanga abasavyi bayo.turi kumavi!
HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAA HALLELLUAAA HALLELLUAAA HALLELLUAAAAAAAA URAKOZEEE CAAAANEEE GOOOSEEE YESU CHRISTO, URAKOZE CAAANEEE GOOOSEEE MUSHIKI WACU
Yemwe muratwenza mwabonye i BuRundi ko Umuremwi adafise Abo yocako
Yesu Tabar Burundi bwacu
Amatora aregereje mutanguye kwerekwa? En 2015 mwavuze ibimeze gute ???😢 Gus Imana idutabare
Ubutekamitwe
Umusi uburundi bwateye imbere nyimba abanyarwanda bazifata gut ?mufis umunwa urenze
None ko uvuga wihishije gayewe mutumwa ?
Wewe uje kuvuguruzo Ivy'Imana yavuze ku Burundi ?
Abahanuzi muragwira da,ariko ibivuye i Rwanda ntawokwihutira kuvyakira kuko muvuga ibiva mu mana nyinshi
Ntimwovugurwanda uburundi
Mukabureka
Nashetani arabatuma kandi ntibamwankira 😅
Yemwe abarema ibinyoma ku Mana murondera ama views muzozira akamanyu k'umutsima
Komutajanyagura ivyo murwanda? Nimvugo y, abahima tuzohurira muri M23.
Na Satani arifis abakozi bayo kk ab'Iman ntibihish
Uzobonibara wewe uvgango uwiteka aravze atavze
Eeeeeeee
Ko utavugishwa kurwanda suko uziko baguca umutwe mwebwe nimwe mutuma I vyImana bisuzugurwa
Abahanuzi badatinya abantu ku kigohe baracariho. Rondera Riziki Chantal wumvirize ivyo avuga ku Rwanda. Nta buhanuzi yigera atanga ku burundi.
None ko mutavugishwa ivyo kurwanda?
Ko wihata ku rwanda se urumunyarwanda warevye ivyo minzu yawe
None avuge ivyo atatumwe ??? Urwanda azoruvugishwako niyabihabwa.
Geza ngaho Imana Iradukunda twebwe Abarundi Imana iratubona reka Ayo majalmbo yo gusevya abategetsi bacu
IMANA yacu ni nziza
Reka ivyo binyoma