Courage can mon frère Arnaud impano vrt urayifise akarer kacu ka muyaga karimwo ab papa bafise ama franga barab bashigikir impano yawe en plus adventiste sororezo irimw abantu bishoboye barab bagushigikir pe
You are talented man, keep it up dear brother, I really like your songs! They help me in this heavenly journey we are a going through! May God bless you with many other talents
Big courage 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Courage turagukunda nshuti❤❤
Komer ndabakund
Egooo twese turabanyavyaha.
Imana ikwongereze kuramba nokuguma ukorera Imana kandi ikwongereze imigisha
❤❤❤❤❤❤❤
Iyi ndirimbo iranshimishije cyane murwanda turagukunze cyane ❤❤❤❤❤
Courage imbere niheza imana niyiz ejo haw
beautiful song! i like your melody
Courage, mon frère.
Ukonukur❤
Courage can mon frère Arnaud impano vrt urayifise akarer kacu ka muyaga karimwo ab papa bafise ama franga barab bashigikir impano yawe en plus adventiste sororezo irimw abantu bishoboye barab bagushigikir pe
❤❤❤❤❤❤❤ courage vraiment Imana ikomeze kugusubiriza Aho ukura🎉
You are talented man, keep it up dear brother, I really like your songs! They help me in this heavenly journey we are a going through! May God bless you with many other talents
Imana ijye ibidufashamo, Kandi urakoze mwene data
Wowoooo 🙏🙏 go a head
❤❤❤❤❤❤❤Ubikora neza kbx wubahwe
Mbega.indirimbo ziza❤❤❤❤😢😢
Uhezagigwecane bwan arno kwayomajambo yawe aranyubaka
Murakoze cane gose mwese namwe Imana ibahezagire
Courage to you arnoud
Keep up❤ love from🇦🇪
Imana ikonjyerere impano ♥️♥️♥️♥️
Bien dit insiguro nziza cane rwose
Muze indirimbo zawe zirampimbara cneeee
Amen courage
Courage uyondiribo iramara pee😊😊
Komera ugerekure👏👏👏
I need one day to tell my children that I really had a chance to listen to a very talented man 💥💥
Hezagirwa cane turakumva twese
Courage imanikujimbere
Kweli kabisa njo dunia iyo
Yes niho ncumviriz amajambo yiyindirimb amen amen Imana izorab iherez ry'umuntu hezagirwa bro
Mwenedat Iman ikunfashiriz
Ameeen🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰🥰🥰
Never give up 🤙
My favorite song❤❤
❤ mwabikoze neza
Nic Song❤❤❤
Imana iziguhekurangiza neza Muvandimwe kuko indirimbo zawe zihanishabenshi❤
Ameeeen😍😍😍😍😍
Urakoze arounod nukuri ndakunda indirimbo zawe IMANA Igukomeze
Amen Imana iguhumugisha
Amen❤❤
Imana ikonger amavuta
Terintabwo my idol
vyizacan uravyitwaramw nez iman ikujimber muvand ❤❤
Vyiza cane komerezaho
Amina indirozawezinkorakumutima
Gusa zimwe turazironderatukazibura
Nukuzozirakongah
Amena
❤❤❤ iman igushoboze ubandanye umurimo wayo
Dushaka iyindi courage🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤1❤😊
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️wirmbir
Indirimbo nziza can, ukomer 💪
Imana ibandanye kuguhezagira
God bless you
Komera can
🎉🎉 keep it up ma man
May God grow your talent
Bro Umunyarwanda utagukunda numuntu utarakumenya njyewe ndagukunda cyane❤❤❤
Komereza ngaho mutama wanje
Courage courage Imana igukomereze umurimao
Courage Arnaud.Imana igukomereze iyo ngabire.
Amen nikwezera ndakugukunda ndimurwanda
Beautiful as always ❤
Komer mutam ndakwikundr
Komera bwana Arnaud, Yesu abandanye agushoboza
Komera Can wubahwe
Amen
Courage
Igicocoro tuzinanye vrt ndakunda cane indirimbo zawe zose
Courage.hama indirimbo ibiga ngo abagabo bubahwe nimba Ari WW wayiririmvye umbwir uko noyironka wobukoze
Imana igukomeze
Imana ikwonger amavuta muhungu wacu
Vyiza goose
Uririmbotwaturaryoher Canée!!
Ngoma nzuri sana ❤️
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Hezahirwa mutama
AMEN YESU akomeze kuguhezagira
Mwalimu ndagukurikirana cane Big up
M❤
Mwimpaye
Iyo muririmba soma nezakandi nimvugo sibigabo nabagabo
Hama Suwutarakora icaha yavuze uwudafise icaha uryamwanya nyene
Yohana: 8:7 Hezagirwa ukora neza ninkebuzo
🎉RockSound Gospel prod🇧🇮✊
Courage bazina❤
Urafise impano kandi ndagukunda,akenshi bansavye indirimbo zaw none ko wakoze chaine ya youtube big up ,uzampe number yaw
Ndabakunda mwarahezagiwe
Amén👏👏👏
Ndih aguh umugish
Uri n'impano🙄Uko uririmba vyonyene bituma mpezagirwa lmana iguhezagire ntucike intege
❤❤❤🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
Courage mon frère
❤❤❤❤❤
Nice
Hezagigwa ubikora neza
Indirimbo zawe ninziza ndumiwe nukuri imana yaraguhaye impano nziza wirinde can satani ntaze agusubize inyuma ikiruta vyose izoguhe iherezo ryizs
Komeza igikorwa ca Data womwijuru
Wa mugabo we ndagukunda kweli.uwakumpa ukankorera indirimbo.gsa uwampà watsap yawe
Great gospel
Wubahw ndubatsw
❤
Komerezaho mwiza impano ibandanye izamuka
I like you