ABANTU -by Adelphine and Solange

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 май 2024
  • singers
    ABANTU
    Audisisterso: Richard
    whiter : Thomas
    piano : Arsène
    director and editor: Johnson
    photographer: Johnson
    set manager: Claude
    ABANTU
    abantu b'Imana bagiye hehe??kutubona ubugome bwiyongera abantu bintore bagiyehe kwatabo tubona abafasha abandi bakitaho ifumvyi basengera abandi bagiye kwatabo tubona tutibagiye Aba reretse kugaruka kwa yesu bagiye he? sivyimbeshere iyindi yacu igeze kwiherezo abantu barasubiranyemwo ntarukundo rugihari dore abavukana ntivagikundana dore Ingo nyinshi zuzuyemwo ibi bazo ntamahoro namba
    tugire umutima wogufasha abandi kandi kandi twihanganire ibigeragezo tunezerwane nabanezerewe turirane nabarira nivyo Imana ishaka

Комментарии •