IMANGA SERIES EPISODE 43
HTML-код
- Опубликовано: 1 июл 2024
- Abel nduwayo officiel ni youtube channel ibagezako filime nziza cane zisukuye,na comedie nziza cane zisukuye.ufise icubaza canke icuterera,icaricocose,canke ukeneyeko tukugirira poublicite zibikogwa vyawe ,wotwandikira kuri whatsapp yacu +25779410298, 75410298 ,61410298.murakoze
Кино
Momo pol urucira mukaso rukajan nyok ah kugnd Justin hazognd nyojo kuk Justin sumwn akarer yagpanz ker team Justin like zany plz
Gacerewa ndahageze shaa meme kweri urumwana mubi uraje guturira rero kimwe ubikore wibuka ko umutima eumuhemu uhorana imvune😢😢😢😢😢😢😢
Ego nukuri akarer Justin yaramaz kugapanga Juju turamwemera sana Momo nirofa yanabivuze mumwanya utariwo
Justin aragowe yemwe guess Justin ndibaza ko yagendanyubwenge akaba yarapanzakarere
Aha ndiko mbona Justin igihe Aja guteka iradiyo yarayikuyeyo bace bamaramara😂😂😂😂
Mbaye uwa 13 abemera ornella mundemere like zanyu
Yôooo abari kwa mwarabu basi mumpe utilink unomusi ndazindutse
Utilink?
cank like
@@Nduwayezuclaudine😂😂😂😂byamucanz ntarib🎉
@@alees4907 nabitahuye kuko kwihenda bibaho
@@Nduwayezuclaudine cyn gos ndabitahur cyn kbx
Turahari team Justin turamukunda cane kandi numwana mwiza
Nari natanzwe kbx abakunda Imanga mundemere like ❤❤👍👍 ndabakunda cane mwese mwubahwe just wubahwe
Abakunda imanga nkange byumwihariko Abel Aline just yvan murihe?❤❤❤❤❤❤
Nukur iy seine yi radio iranyish 🎉🎉🎉 courage 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ekkvdkelsv '
Nkab mbaye uw4 anaz nyum like hano ham tuhatwik twimanukir😂😂😂😂😂😂🎉😢🎉😢😢😢😮😮😅😅😅😅😅😊😊😊❤❤❤
None mushaka turinde kugwarumutim mutweretse shirako kuko turikumwe %
Oohoo justin ugabe kukowarumvise ivyonyina wa yva yabwiy umukobwa wiwe kwarukubateranya na per waw
Ewe basore sha urwanira mama wawe nanje nkarwanira mama wanje gusa courage
Hagiye gusha🔥🔥🔥🔥🔥 iradio izokora ibara justin niwaba utabafashe amajwi urayabonye
Ninje ntanguye kuyugurura💪💪💪💪💪💪💪💪
Ndumuturanyi Ndi murwana wa plz ntimutinde kuzana next part
Courage kwer❤❤
Waooooo biguma biryoha ariko mutwongere iminota
Ndumiw mbega umukobwa w'ikigugu ahendwa na nyina 🎉🎉🎉🎉
Mubikor nez Imana ibajimber mubikogwa vyany❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 nayanyu mwes
Abel nukuraba Yvan na mama wiwe ukabagurira inzu yabo hama ubane n,umugore waw w,isezerano n,umwana waw
Courage ❤❤❤❤❤❤❤
Murabizi kandi birameze nezaaaaaa can
Team ya GFIC hejuru cane mukina neza gusa Abel nawe warishize mumutego inkuba zibiri ntizisangira igicu hitamwo umwe muzima mubane uwundi umupangire kuko ivyo ntavyo uzovamwo
Courage bantu banje kure can mugereyo❤
Agakino kumukobwa nanyina karatangiye mbega ubugome ❤❤😂😂🎉
Ewe justin chr waw arakumaramaje imbere y'abavyeyi kndi wari wemej ko nyina wa yvan kwariwe yayitwaye non inkondo urawumenye reka turindire iyikurikira
Nanjuyumuns ndahagez kare abaza nyum murabiz murirwarukund nyn dushigikir imanga serie🎉🎉🎉❤❤❤
Muramarana. Cha😢😢😂🎉🎉😂🎉🎉😂🎉hhhhhhh
Nice mubikora neza❤
Hhhh Justin pore nguri numu chr aguterany kubavyeyi hahaaaa ewe Monia urihuse cane pe rek turindire mercredi gusa ndabakunda❤❤❤
❤❤❤🎉🎉🎉 mukomere cane mwese🇧🇮🇧🇮🇦🇪🇦🇪🇦🇪♥️
yeyeyeyeeyeeee wamukobwa arahadometse,ngo I cadeau 😢
Mbega umukobwa w'innyo mbiiii😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Courage vrmnt 💪💪💪, Abel warikwegeye m'urugo rwawe😅😅😅😅😅
Niho nkigaruka basha iyi film nzonayicapako
Juste weee kakubayeho ❤❤
Yayayaya hagiy gusha❤😂😂😂😂monia arambabaj😢vyukur afadikanij na nyina muguhemukir justin😢😢ababay nkanj mugong link hano
Imanga izokorokeramwo umwana na nyina ndavuga Monia na nyina😮
Mwemurazimbafashe💪💪💪💪💪💪muratwicishije inyota murabagome mwarimuje kuyitunungwisha😢😢😢😢😢😢
Keep it up, Abanyarwanda n'Abarundi turabakunda hano muri Canada 🇨🇦
Bibint.sivyo.muduha.kagufi.❤
Yooôo baramubesheyeeee
🎉🎉🎉 Justin ndizeyeko uwo mutego uzowiteguramwo mbeginkumi😢😢😢momo😅😅😅😅😅
Momo aje atavyorosha😮😮😮, courage
Mwubahwe turabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Uuh Monia aravyishe kare 😂😂😂ep44 azokwak umuriro kuber Iradio
Abayikunda Kanda like ngaha🎉
Ornella love you❤❤❤ nari nkukumbuye pe
Justin maman Yvan naho akurwanya uzobaho ivyo bapanga vyose numukobwa wiwe Monia bibazako Aho babipangako utumva
Mubikora Neza 🎉🎉🎉🎉
Burya mwabonye ko umukobwa yatanguye igikorwa nyina yamutumye mbega abakobwa ariko Imana ishimwe ko Justin imipango ya chr ww nyina yayumvise Abe yarabamfatiye amajwi nkambere
Yoooo momo naw ugiye mumabwire ya nyoko knd muziko nyoko arimubi hahaha muzikinye nabi kuko justin yarikomej ntazangara knd mwibukeko Aline yanditswe murugo rugo
IMANGA hejuru caane 🎉🎉
Courage dii🎉
Mbaye numer8❤❤❤❤numuyiduh turayinyotew bash
Mwubahweee 🎉🎉
Imanga isigaye inshisha
Courage pee🎉🎉❤
Ndabakunda 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndababay Caan gose
Waooooh welcome bashe munsigire han🎉
Murabantu banje❤❤❤🎉🎉🎉
Courage
Yoooh nimuntabar muduhe ep44nizikurikir❤
Igeze aharyoshe pe akokanyuma niko kabi ngwiradiyo
Monia kubeshera Justin bibi.gusa Justin nincabweng sha yarumvis imipangooo yamwe na mama wawe
Yoooo idiri irafashwe manawe
Mr Abel félicitation knd nibaze ko Ubu mushizeko épisode mutazoshirak ibirimw nibaz ko mwobigenza nkuko kwiyi kwl
Nakumiro 🎉🎉🎉❤❤
🎉🎉 courage
Yooooo man yanj por jiste
Nimuyinyarutse mudutera uburoho 'nubuce butoyi caaane
Ndabakunda ❤❤❤❤❤❤
Iconzi Justin yarafashe amajambo yamonia namama WE bazomaramara
Ndabakunda ariko mutinda kuduha frime hagataho courage ❤❤🎉
Aline wanj using neza ndisi 😂😂😂😂😂 courage
Ewe justin nawe😂😂😂😂utanga cadeau ya radio yabandi😅😅😅😅😅😅
Naj nahishikiy abaz inyum yanj mundemer utw tu like
Imana ishimwe ko juste yavyumvise vyose nizereko yabifashe amajwi😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉ndabakunda
Justin yarafashe amajwi ,uw ntananirw,momo azotakaz umukunzi,yonger yurukanishe nyina na musazawe
Curange kabs ❤❤❤❤❤
Ndabakunda pe
Courage cane
Mubikora neza
Courage 💪
Zirats kwel yaradio murumunawe iyihez🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Courage p
Ndabakunda 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Iciza nuko juste afise ukur azobakaramaza monia😂😂 namam wawe
Justin ni ww watwaye radio hh
igice gikurikira turagikeneye vyihuta
Inzu ya Abel ikenew amasengesho meshi kbs kuko iradio izokora ibara Yve na mama wiwe ndazi bazosohok
Ndasavye Justin ntazorwe mumutego
Courrage vrt just kuwa makiri
Bica bigaragara ko Monia arukuri dir ! Bwabundi ntakunda juste !!😂😂
Courage ❤❤❤
Courage❤❤❤❤
Number 1
Courage 🥰
Yoooo ndakunda imanga juste uhaswe kuyirwamwo nukuri mbega abakobwa bumvira nyina
Justin araguye mumutego niyatemera guheba guheba uryamukobwa Kandi ninka sister wiwe
Courage ❤
Mbonye neza ko iyo radio Ari meme yayishiriy monia,kuk Justin bibonekako ataranaziko yaguhaye cadeau