Waoooh 💃💃💃💃 welcome back Fear women guys today ni 🔥🔥🔥🔥💯abari bayirindiranye igishika nkanje abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo nyene 🎉🎉🎉🎉❤❤❤Munkandire kuga foto kuma like twagiye 👍👍👍👍👍
Iraryoshe vraiment! Ariko gusubira kumu ex nibibi cane. Ugiye genda wese, non retour par ailleurs na Yesu yarabivuze ko uwurimisha inka akaraba inyuma adakwiye ubwami bw'Imana kandi noneho na Muka Roti yaravye inyuma aba inkingi y'umunyu. Sabbas Allex, pole saana!!!!
Waoooh 💃💃💃💃 welcome back Fear women guys today ni 🔥🔥🔥🔥💯abari bayirindiranye igishika nkanje abaza nyuma mushikira muri commentaires musige like muri gwarukundo nyene 🎉🎉🎉🎉❤❤❤Munkandire kuga foto kuma like twagiye 👍👍👍👍👍
🎉🎉🎉🎉 shine
Hello solution couple namwe niho mub muteramiye amashurw🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 ni ayanyu
Fear Women 🎉🎉🎉❤❤❤
Good work
wapi like zangu guys nimekuwa wa kwanza
Jeho nagizeng ndazindutse nsang bantanze eheee!!!! Abaz nyum munsigir utunt mur rwarukund ham twibandaniriz umudihoo
Nukuri ubundi niyi Yacu waaaho hejuru cn john- kay wiyumviriye kwandik film nziz nkiyi irimw inyigish nziz gutw ifise amasanamu mez cn amajwi avug neuz waaho ntakaneng namb ikinigw nahantu harenze ntizohere vrmt nubw iteb turayikunda cn❤❤❤❤❤❤
Fanny Lavine ndagukunda courage pe miii
Hahiye❤️🔥❤️🔥❤️🔥❤️🔥🥰 abacerewe nkanje tumenyane
My favorite film ❤❤❤ reka niterere ijishoo ❤❤
Love from Moriah Channel Tv 🎉🎉🎉
Iraryoshe vraiment! Ariko gusubira kumu ex nibibi cane. Ugiye genda wese, non retour par ailleurs na Yesu yarabivuze ko uwurimisha inka akaraba inyuma adakwiye ubwami bw'Imana kandi noneho na Muka Roti yaravye inyuma aba inkingi y'umunyu. Sabbas Allex, pole saana!!!!
Big energy ❤❤❤❤team Fears tuko🔥🔥🔥👌🥳🥳🥳Asante CEO of the lite of Africa 🇧🇮🥰🙌🙏
Murakoze cane kuyiduha turaba❤❤❤❤❤❤
Mbeginyigisho weeee mbakunda byuzuye🎉🎉🎉🎉🎉 mubirimo neza 🎉🎉🎉🎉🎉
Nuko muyitebana 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Courage John _kay
Kure cane .mwese murakunzwe❤
Films nziza pe baribayitondeye.zamuraraba muyinyarukana.Ndab❤❤❤mwesee
Today Am just happy I am in love this movie ❤❤
Good movie kha🎉 FC from FEAR WOMEN III❤️
Uratunyoteza cane pee🗣️🗣️🗣️🗣️ ariko courage vrmnt 💪💪 ndabona ntibigiye koroha ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Muyinduhaye tuyinyotewee❤❤
Iyi filme ifise uburyohe budasazwe❤❤❤❤❤🎉
Courage bantu bacu film iraryoshe irimwo ninyigisho🌹🌹🌹🌹♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 ndabakund cyan mwirambir cyan 🎉🎉🎉🎉🇧🇮🕊️🕊️🌄🌄🌄
Waoooooo beza bacu twari tuyikumbuye❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Urumwe kumubumbe nukuri ndagukunda kurusha ukuvyibza ahubwo urabe ntuze uradutevya kuduha film❤❤❤❤
Waoahh tukab turangij umwak nez disiii❤❤❤❤
Light of Africa forever 🎉❤ ❤
Light of african kuyindintambwe idasanzww iryanyaburunga hejuru cne🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮abo bwibarutse mukomeze kubwambikumutamana✊✊✊✊✊✊✊💪💪💪💪💪
Murakoze umuti kabisa
Nukur imana ibakomeze kumurimo wanyu mwabikoze nezaa imbere hashyoboka niho mbipfurijyee pee🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Nic film
Waaaooo narinyikumbuy
Courage courage👍Mubikora neza👍👍
Film nziza cane courage muze murateza imbere film Ndundi
J ntaco novuga vyandenze❤❤❤❤❤
Nari ndayirindirany igishik cinshii🎉
Nari ndayikumbuye fear women
Nice 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💥💥💥
Wawoo 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Fear women🎉🎉🎉❤❤🎉🎉
Good🎉🎉🎉
John key wubahwe❤❤❤❤❤❤❤
Thank you John Kay
Part 5 please ❤❤❤❤
Iyi film rro iratwika p ariko j isohoka nibagiy nivyayo
Yoooo sabasi disi mpore❤❤🎉🎉
Shine film ♥️
Ndabakanda cane
Abantu muriko murebana. Nanje je ngeze Hamwe Sabas Avuga bwana Yesu afisiwe fani ATI ameni 😅😅
Amashurwe nayanyu🎉🎉❤❤❤
Woooooo narinkurindirany igishika❤
Merci
Waaaaoooooh🎉❤🎉🎉
Waoooo❤❤❤❤❤
Kwl🎉🎉🎉❤❤❤
Abazindutse nkanje munkorere kwi photos muzoba mukoze
Irarenze cane ❤❤❤
Kuyinndi ntambwe❤❤❤
🎉🎉shine
Ooooh
What movie!!
💃 waaaoo naridabakumbuye
Ariko film yanjeee❤
Ndabakunda
🎉🎉🎉🎉 muranteramishij mwiri joro vrtm amashugw n yanyu❤❤❤❤
Hejuru cane ❤❤❤
Wouah so nice
Ese koko kuba warigeze ukundana n'umuntu mukaza gutandukana bisobanura ko muba mubaye abanzi😢😢 njyewe siko mbibona
Ntabwo yaba yarakubabaje😢😢😢 umusiwakundamye numuntu akakubabaza nibwo uzobona kudakwiye kumugora incuti Kandi
❤❤❤good
Woyooooo❤❤❤
Inyigicho nkuyemw nibib kuged ahant udasezey 😢😢Sabas 😢😢
Neza can izinizo film tubadukeneye kbx mwubahwe
Mimi Love you❤❤❤❤❤❤
Muduhe vuba part 5 kand courage mwese
Courage abiwacu
Number one ❤
Alexis the legend😂😂
Ndatwenze ukuntu Alexis amaramaye😅😅😅😅 like
Courage 🥰
Waouh
uyumus naj nazinduye
Ahubwo nshaka agere kuri 100k ababishaka tumenyane muribwabumwe❤
❤❤❤munduh iyongom non❤❤❤
Iy film ndayikunda kandi nkunda nabayikinye nibisasu gus
Murabavandimwe ndabakunda
Courage xanaa 🎉🎉❤❤😂😂😂
🎉🎉🎉
Courage vrmt❤
Ingeso yumugor fany lavine iteyubwoba bukebuke abantu bameze nkaw inziko yakazikira😮😮 sinnziza
Yayaaa ndabakunze 🎉🎉 nakubweng 1:04:31
Mwubahwe cane
Nacerew
Film yakatarabonek niy❤❤❤❤❤🔥🔥🥳🥳sabbas shahu😂😢😢 part 5 yoyo izab irenzeu zose🔥🔥🔥mbonye estime mubaya na kanyana hazosha❤😂❤❤❤❤❤
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yooo mana fanny asigaye avuga icongereza😂😂
Courage
😢😢😢
Iyunomusi si swa kuber ntamitoma yarimwo ntana kaya😢😢😢
Hhhh😂😂😂 Muradukomye peee😮🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ba Alexis turi proud na Alexis Sabbas
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉