MWANA WANJE ,NTUGAWE By Past Gabriel MBAHONKUNDWA
HTML-код
- Опубликовано: 17 окт 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Yesu aguhezagire
Imana Ishimwe
Yesu kristo aguhezagire Mukozi w Imana,ndafashijwe pe!
Mon pasteur❤ lmana ikomeze ikwagure
Yesu Kristo abahezagire cane.
Amen
Imana ibahezagire
Namwe Yesu abarabe neza