IMITIMA IMENETSE - Eline IRACAMPA - (Burundi Gospel Music | Official Video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 фев 2025
  • #burundianmusic #elineiracampa #bujumbura
    Muri iyi ndirimbo IMITIMA IMENETSE ni indirimbo yo gusenga. Dusabe IMANA iduhe imitima imenetse dushobore gukora ivyo itugombako.
    Amen!
    Muhezagirwe kandi n'izindi ndirimbo z'Imana kuri runo rubuga
    • Eline IRACAMPA - Bari ...
    • Eline IRACAMPA - Mana...
    • IMITIMA IMENETSE - Eli...
    Izi ni Indirimbo zo guhimbaza Imana, mushora kubona kuri RUclips mwanditse :-
    Eline IRACAMPA
    Urugabano
    Mana Uriho
    Umukunzi Mwiza
    Imitima imetse
    Inkomezi zo Gusenga
    Gusenga
    Gusenga Imana
    Yesu arakora
    Mon Berger
    Yesu ni wangu wa siku zote
    Mana Mana
    Indirimbo za Noheli
    Indirimbo zo guhimbaza Imana
    Indirimbo zo mugitabo
    Indirimbo nsha 2023
    Ijambo ry’Imana
    Noël Nziza
    Burundi gospel songs
    Burundi Music
    #yesu #burundianmusic #rwanda #burundianmusic
    Muri "commentaire" kaze mwandike indirimbo mwakunze
    Nanje mfise indirimbo nkunda kwumviriza :
    Nina Siri | Israël Mbonyi,
    Icyambu | Israël Mbonyi,
    Jambo | Israël Mbonyi,
    KUMUSARABA- Vestine & Dorcas |MIE Music
    Umutaka - Vestine & Dorcas | MIE Music
    Umubavu - Alvella Muhimbare
    Sitasumbuka - Papi Clever & Dorcas Ft Merci Pianist : Morning Worship
    Yesu Ameniokoa - Papi Clever & Dorcas Ft Merci Pianist : Morning Worship
    Kamikazi -IMPANO(Official video)
    KAMIKAZI-UBUGINGO(Official video)

Комментарии • 14

  • @Mess631
    @Mess631 6 месяцев назад +1

    Amen 🙏🙏🙏 IMANA igime ikuduza mwenedata turagukunda 🎹🎹🎹🎶🎵🎸🎺🎹

  • @reverienngendahimana7772
    @reverienngendahimana7772 8 месяцев назад +3

    ❤❤❤ yesu adutabare Mana mpa umutima utinya icaha much love from sauza🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦

  • @uwinezaeric6601
    @uwinezaeric6601 9 месяцев назад +1

    Amen, Imana yumve gusenga ,iduhe imitima imenetse

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 2 месяца назад

    Si l'on prie vraiment dans la sincérité et la VÉRITÉ , je suis convaincu le Bon Dieu intervient. Aksanti sana mugabo, komera komera , komeza gusenga .👍

  • @SaidiManariyo
    @SaidiManariyo 2 месяца назад

    Mana uduh umitima yanka icaha

  • @NishimweEmelyne-s1c
    @NishimweEmelyne-s1c 4 месяца назад

    Iraryoshe iyo ndirimbo ndayikunda cane

  • @JonhBakali
    @JonhBakali Год назад +1

    Imana igukomez kand iguhe nijambo

  • @nsavyimanajoslin
    @nsavyimanajoslin Год назад +1

    Imana ikomeze kuguhezagira

  • @rameckniyomwungere7
    @rameckniyomwungere7 2 года назад

    Much love from Mabayi cibitoke

  • @kwizeraworshipteam-bi
    @kwizeraworshipteam-bi 3 месяца назад

    Amen

  • @bukeyenezachristella5986
    @bukeyenezachristella5986 8 месяцев назад

    Be lifted high ❤

  • @rhumbaguni7770
    @rhumbaguni7770 Год назад

    Munpindirimbo ziw zaker

  • @BonifaceNizeye
    @BonifaceNizeye 2 года назад

    vyiza cane