Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murankoreye ijoro 😭😭😂😂😂😂ndabagwaye🥰❤️❤️❤️
Utazi jewe ukuntu naguma nfyuye amaso nzi ngo baricana noneho.hhhhhhh
Nirna ari beautiful shahu.abahungu Imana irabakunda😂 Alvin treat her like a queen siko.nice prank 👍🏾
Songa Mbele musaza Love from IHURIRO TV
Alvin mungu awajalie malengo yenu Kikubwa niheshima tu💖yariye kuwa mazito mwenye zimungu ayafanye kuwa mepesi🤲🤲
Courage San, ivyo nahor ndab mubazungu Ubu nzoz ndabirab muban biwacu💥💥💥gusa Alvin ubon gut urondere caméra Man, cank ugur iyindi camera
Kbs twahor tubirab kur freury and Janet noneh tugiy kuz turabirab iwacu naho courage
Gusa Smith nukuri zirya prank zo gukanga abantu mwibarabara urazihoz kuko zoguteza ibibazo nukuri kuko woshobora gukanga umuntu asnzwe agwaye umutima ugaca usanga agize ikibazo kandi niwe boca bafata
The was good one bro
🤣😂🤣😂🤣😂🤣 mukhama la vache et la vachette pranks zibashwayemwo 😂😂😂 10k
La vache et la vachette uranyishe🤣🤣🤣🤣
@@chanellal1881 mukhama sibintu ndakubwiye 🤣🤣🤣🤣
Alvin: 10milles dollars 🤦🏽🤣Nirna: JAMAIS DE LA FRANCE!!!! 😭🤣
Toujours de la France😂😂
😅😄😆😂 nukuri jewe muranyeguy Alvin. Muraturyohey nukuri! JAMAIS DE LA FRANCE
🤣🤣🤣🤣🤣nakumbagaye
La 🐄 uratwika vya vrai 🤣Gusa uciye umena secret,ngo uzomwagiriza aba muriye bose🤣🤣🤣
Asha urifise umugore mwiza ndake courage bro
Alvin ino prank iraryoshe dukorere izindi nyinshi ham turyoherwe
Why she always mad??????🙄🙄🙄but good prank 👏👏👏👏👏👏👏
The was good one bro 😎❤️❤️
Courage bash murashoboy
Ari prank ndaraba kweli narindabirindiye mubu🇧🇮naho komeza ahondi😲
Gygy vya vrai ibiganiro vyose urabirana nkanj ukabihez ndakubony ahantu henshi muri commentaire uyumusi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂oh Lord ndagukund cane Nirnah💖💖💖💖💖💖coz u are so proud of yourself knd Alvin umugor waw aragukund vrt knd she believes u💖💖u are lucky man
Safi sana Alvin smith la vache uzorabe wibere umu youtuber navyo urabishoboy big up
Kwel sh
Nirnah nawe uzomukoreteko😄😄😄😄
Ati jamais de la France 😂😂 bash mwubahwee♥️♥️
Nanje kabsa kuri prank ndikumwe namwe ndazikunda sana zirasetsa harinizindi zimpa Emotion
I am one the like courage la vache
🤣🤣🤣🤣🤣🙆♀️🙆♀️🙆♀️Ngonagatuguta ndabikundira kbs🇧🇮🇸🇦
Jamais de la France 😭😭😂😂
😂😂😂😂🤣🤣😂🤣😂🤣
Nari mbirindiriy mubarundi nabo ko ba du pranks nzikunda kubi re nihere ijish comment munyum,@
WEWE KIJANA WAHAZE INZOGA YIMPEKE ZOMUBUTERERE😂😂😂URANYISHE SANA
Can you do gold diggers prank
Courage alvin vyiza caaane uriko urakora goose
Petit ivyo nuburofa mani kirongora maman wabana urimibandi petit reka ntibagutuenge sha?
hahhhhhahha alvin uranyica kabisa courage bro
Abarundi dusigay tuzi ubweng bwogukina ibintu mwashize hamw kugir mwironkere inoti courag
Safi sana ukonyen uriko ukora bien courg bro
😀😀😀😀😀😀🧡🧡🧡🧡zona
Alvin rek kumbeshera,ngo Frank,😳😳😳
Waoooo pranks zirashits iwacuuu kxaaa
Ahubwo urasara😂😂😂 urasara.... Ndapfuy bwana Fumeur nicay mwiduka ryanj zambia nirabira wewe gusa ndagukunda cane...
Mutanguyisaku Karel nimwihishe🤔🤔🤔🤔😲
Bandanya nama prank nushaka comedy uzihebe
🤣🤣🤣 ng aragu fournissa
Ivyo mukazobikora mungo zanyu benshi zizosambuka sindababeshaMubireker aba stars harinigih wosanga ari SCRIPT bariko bicira agafaranga ndaziko abarundi mukunda kwigana ntimuzombaz ako nakabanga ndabibiye.
Aho uvuze ukuri
Iyi prank iraryoshe
Nukuri iyo prank irareze
oy alvin umvirinz umugor Urek kumvirinz abandi
Warasaze Alvin😂😂
Uri number one
Mungu anakuona 😂 bebe, bebe, bebe 😁😁😁🤣
cheating pranks please
Azomwagiriza ,😂😂😂😂ndumiw koko
Iyashu yari yabizi😂😂😂👏👊
Keep the pranks bro 😂🤣😂
Shaaa uracar kure kuri Prank uraraba Rissa and Quan.
Inka ya buterere ndagufana komeza
Alvin bro mwaturyoheye kweri, Hama ibihe nkibe uri muhira na la cocacoinette muda débat nyene tukaiteramirako. Bébé wawe afise ijwi ryiza
Cocainette🤣🤣🤣
Ngo arabarya imizigo😩😂😂😂😂dead💀
Ibint ndabikund 😂😂😂
COWBOY SO FUNNY WESHHHH🤣🤣🤣😂
La vache ww uranyica 🤣🤣🤣
Kuva ahowamuhamagariye ngooo bebe ivyobivuziki
Yari muri toilette 😂😂😂😂
Hejuru cane ndimurukundo namwe
😂😂😂😂😂 mukhama sibintsuuuuu 😀😀
Ntamuntu iburaya apfagutobanga ibihumbi10 hihihi nahoyobayafise nikurikonte ntamakuri ufise genda uzohanona amahera bayabika karita banki
😅 😅 😅 Ingeso yo gukorakora
Alvin ni noma
Ndabakunda vyogupfa pe🤣🤣🤣♥️💜
Wifitiy umugore wumunyamahoro😀
Asha uramukoz kwl
Arvin warasaze pe🤣🤣🤣🤣
a crazy boy from Burundi, really having you is a great wealth😂😂😂💓
Jamais de la France
Ndabikundira sana nimwirambir
Love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏
Alvin nibo bamaze kuyamutwara. Nako ntakajambo yivugiye bukebuke
Nimependa iy prank warundi kumbe nasisi tunaweza😂😂😂
igumireyo
Basha Jew yampaye 20mille$ ngo ndamurongire aguhebe narayariye nubu ndacayarya
Alvin muravyohera
Gusa ntimwubahana 😏
La vache viens yanje ntiyabura
Nkund ijwii ry la vachette kivug b1.kand mubirimw neza mwes
😂😂😂😂 la Vache shaa,
Alvin aranyeguy vrt 🤣🤣🤣
alvin wubahwe
Burakundana chane umenga nturi mario
Wararose umugore azi guhiga agafranga la vache kandi courage
Ngufise akaboko
Is that true? No no🤗
🙏🏽🙏🏽❤❤KUR PRANK NDIKUMW NAMW
Nanje ndazikunda cane aho turikumwe
Turashk muze muduh nyishi
Not you doing Pranks after Gaston 🤣😭🤣🤣
Big up bro😂😘
Alvin ubukurikir azorire
Alvin urasara😀😀😀😭😀
Ngo bebe uwomukecuru
Kut'uburofa ngaho
Iryonishari 😏😏😏
Urazotegura iyindi prank kuburyo azorira 😫😅😅
😂😂😂😂whyyy nahasinibaza kwanzonsubira😭
Hhahhahahah fo k azobitegura neza gusa 😃😃
Harahiy
Flankkkk nuwah
Ndabafana🔥
Un bn cleateur courage vrt ntunda ukuntu wiyunvira
😂😂😂😂😂keep it up G
Na ka bebe
🤣🤣🤣🤣🤭😂 dead...
Murankoreye ijoro 😭😭😂😂😂😂ndabagwaye🥰❤️❤️❤️
Utazi jewe ukuntu naguma nfyuye amaso nzi ngo baricana noneho.hhhhhhh
Nirna ari beautiful shahu.abahungu Imana irabakunda😂 Alvin treat her like a queen siko.nice prank 👍🏾
Songa Mbele musaza Love from IHURIRO TV
Alvin mungu awajalie malengo yenu
Kikubwa niheshima tu💖yariye kuwa mazito mwenye zimungu ayafanye kuwa mepesi🤲🤲
Courage San, ivyo nahor ndab mubazungu Ubu nzoz ndabirab muban biwacu💥💥💥gusa Alvin ubon gut urondere caméra Man, cank ugur iyindi camera
Kbs twahor tubirab kur freury and Janet noneh tugiy kuz turabirab iwacu naho courage
Gusa Smith nukuri zirya prank zo gukanga abantu mwibarabara urazihoz kuko zoguteza ibibazo nukuri kuko woshobora gukanga umuntu asnzwe agwaye umutima ugaca usanga agize ikibazo kandi niwe boca bafata
The was good one bro
🤣😂🤣😂🤣😂🤣 mukhama la vache et la vachette pranks zibashwayemwo 😂😂😂 10k
La vache et la vachette uranyishe🤣🤣🤣🤣
@@chanellal1881 mukhama sibintu ndakubwiye 🤣🤣🤣🤣
Alvin: 10milles dollars 🤦🏽🤣
Nirna: JAMAIS DE LA FRANCE!!!! 😭🤣
Toujours de la France😂😂
😅😄😆😂 nukuri jewe muranyeguy Alvin.
Muraturyohey nukuri!
JAMAIS DE LA FRANCE
🤣🤣🤣🤣🤣nakumbagaye
La 🐄 uratwika vya vrai 🤣
Gusa uciye umena secret,ngo uzomwagiriza aba muriye bose🤣🤣🤣
Asha urifise umugore mwiza ndake courage bro
Alvin ino prank iraryoshe dukorere izindi nyinshi ham turyoherwe
Why she always mad??????🙄🙄🙄but good prank 👏👏👏👏👏👏👏
The was good one bro 😎❤️❤️
Courage bash murashoboy
Ari prank ndaraba kweli narindabirindiye mubu🇧🇮naho komeza ahondi😲
Gygy vya vrai ibiganiro vyose urabirana nkanj ukabihez ndakubony ahantu henshi muri commentaire uyumusi
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂oh Lord ndagukund cane Nirnah💖💖💖💖💖💖coz u are so proud of yourself knd Alvin umugor waw aragukund vrt knd she believes u💖💖u are lucky man
Safi sana Alvin smith la vache uzorabe wibere umu youtuber navyo urabishoboy big up
Kwel sh
Nirnah nawe uzomukoreteko😄😄😄😄
Ati jamais de la France 😂😂 bash mwubahwee♥️♥️
Nanje kabsa kuri prank ndikumwe namwe ndazikunda sana zirasetsa harinizindi zimpa Emotion
I am one the like courage la vache
🤣🤣🤣🤣🤣🙆♀️🙆♀️🙆♀️Ngonagatuguta ndabikundira kbs🇧🇮🇸🇦
Jamais de la France 😭😭😂😂
😂😂😂😂🤣🤣😂🤣😂🤣
Nari mbirindiriy mubarundi nabo ko ba du pranks nzikunda kubi re nihere ijish comment munyum,@
WEWE KIJANA WAHAZE INZOGA YIMPEKE ZOMUBUTERERE😂😂😂URANYISHE SANA
Can you do gold diggers prank
Courage alvin vyiza caaane uriko urakora goose
Petit ivyo nuburofa mani kirongora maman wabana urimibandi petit reka ntibagutuenge sha?
hahhhhhahha alvin uranyica kabisa courage bro
Abarundi dusigay tuzi ubweng bwogukina ibintu mwashize hamw kugir mwironkere inoti courag
Safi sana ukonyen uriko ukora bien courg bro
😀😀😀😀😀😀🧡🧡🧡🧡zona
Alvin rek kumbeshera,ngo Frank,😳😳😳
Waoooo pranks zirashits iwacuuu kxaaa
Ahubwo urasara😂😂😂 urasara.... Ndapfuy bwana Fumeur nicay mwiduka ryanj zambia nirabira wewe gusa ndagukunda cane...
Mutanguyisaku Karel nimwihishe🤔🤔🤔🤔😲
Bandanya nama prank nushaka comedy uzihebe
🤣🤣🤣 ng aragu fournissa
Ivyo mukazobikora mungo zanyu benshi zizosambuka sindababesha
Mubireker aba stars harinigih wosanga ari SCRIPT bariko bicira agafaranga ndaziko abarundi mukunda kwigana ntimuzombaz ako nakabanga ndabibiye.