Dufatiye ku bihe Igihugu kiriko kiracamwo , hokorwa iki ngo haboneke amafaranga y'agaciro?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 май 2024

Комментарии • 61

  • @Shimz14
    @Shimz14 23 дня назад +5

    Uburundi bufite umugisha kuba bufite uyu mugabo, merci Mr

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z 23 дня назад +3

    Uburundi bwaheze muri 2015 abandi bageze muri 2024 ,hari nabari gushaka kugarura ibya 1972 leta nive muribyo kabsa iyi ni generation nshya mureke kwica urwaruka

  • @donnezi9884
    @donnezi9884 21 день назад

    Respect Mutama
    None ni kuki badaha agaciro ivy'agaciro wama wavuze😥???

  • @benignemukanyonga8068
    @benignemukanyonga8068 17 дней назад

    Ndamukunda uwo muntu

  • @ntirenganyajeandedieu2074
    @ntirenganyajeandedieu2074 24 дня назад +5

    Nabasuma mutama bihorere baca bayajana kuyabika mubindi bihugu ko babeshera bunyoni ubu naho niwe

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 23 дня назад +3

    Ubundi uyu niwe yarakwiye kuramustwa igihugu akadushayura

  • @justincodyy6058
    @justincodyy6058 22 дня назад +1

    This guy should be our president but I know abarundi beshi nibi juju

  • @user-io8zd9xo7g
    @user-io8zd9xo7g 24 дня назад +5

    None ntakuntu wob umuhanuzi wa Président nka une semaine ????

  • @user-wf9ln2go9g
    @user-wf9ln2go9g 23 дня назад +2

    Ninde amaze kubona imodoka president wa Bourkona Fasso agiramwo nivyo Ariko akorera Igihugu ciwe???? Muce muraba nama V8 aherekeza abatware bacu 😅😅😅😅😅 .

  • @user-hu4zq3ro9g
    @user-hu4zq3ro9g 21 день назад

    Umugabo wicabwenge kabisa.

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 20 дней назад

    Bagaza bamwitirire ibarabara nimiburiburi

  • @thibaultmberabahizi9381
    @thibaultmberabahizi9381 20 дней назад

    ariko umuntu adatahura message iri aussi simple sinzi ko hari ico yotahura., badanya usemera cher compatriote, bazotega amatwi bitebe bitebuke

  • @allforall3949
    @allforall3949 24 дня назад +3

    Nibaguhe igihugu ucitwarire vrmt .

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 23 дня назад +2

    presida ntagira umuhanuzi uburundi ntibugira ishari baba barebera ingene urwanda ruteyimbere none mwe mubuziki

  • @tharcissehavyarimana9733
    @tharcissehavyarimana9733 22 дня назад

    Wewe uri umunyapolitike shaa. Ubu rero uremeje KO abarongoye igihugu batakizi? Utirero Uburundi bwaremewe gufashwa? Uti Uburundi ntakuntu nakumwe bwokwibeshaho?
    Ivyo bindi bihugu infashanyo bitanga biyikura hehe?

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 23 дня назад +1

    Muncabwenge u Burundi bufise urimwo, ndagukurikirana cane. Imyidogo y abategetsi ni myinshi cane hako batorera inyishu ibibazo biduhanze.
    Nibahe akazi incabwenge bataravye ivyabavunye

  • @RichardMukire-cz6dw
    @RichardMukire-cz6dw 22 дня назад

    genda warize

  • @Musindi736
    @Musindi736 23 дня назад +1

    Sha aba DD igihugu cabananiye kandi abarundi ibi harumunsi bazoshegeshwa babakureho kunguvu

  • @EsilasNiyonkuru
    @EsilasNiyonkuru 23 дня назад +1

    Muta ntakunt wokweger umukur wigihug nimis mik ukamwumvish yuk vyob vyix gutegur inama yogutegur inzir ijimber.

  • @N.therence
    @N.therence 21 день назад

    Wewe utahura ivyo wigishijwe.
    Aho guhamagarira abantu gukora uhamagarira abantu kuguma baja gusega.
    Ivyo vya Banque mondiale wabibonye hehe?
    Banque américaine uyita mondiale gt?
    Uraraba uko ico wita Banque mondiale Cank fmi itesha agaciro ifaranga iyo baguhay ideni.
    America yonyene nta deni ifata muri ico wita BM ou FMI,bayagata muri Chine,twereke uko tuyafata miri Chine apana BM

  • @Breg985
    @Breg985 24 дня назад +2

    Dukomeza kumirwa baheruka kuvuga yuko idorari ataco ritumariye none bariko baraboroga nta n isoni bafise

  • @jchuma5417
    @jchuma5417 23 дня назад +1

    Nibahe uwariwewese kurangura kuwufise umutahe🇧🇮❤

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z 23 дня назад

    Mubane neza nurwanda habeho ubucuruzi no kugenderanira kuko ubu hari ibihombo biza byambere biva kumipaka neva yagize ngo kuba afite abana benshi akaba ayobora urugo Niko azayobora igihugu

  • @NiyimubonaJmarie
    @NiyimubonaJmarie 23 дня назад +1

    Komera ugakomeza gutanga umuco igihugu kirakeneye abakebura Reta

  • @ClaudeNSABIMANA
    @ClaudeNSABIMANA 24 дня назад +1

    Uvuga ukuri nibarek bureaux de change zikore zinziza meshi

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596 23 дня назад +1

    Amahoro Faustin, muratubariza kuki président avuga ko hari abarya ibiturire muri reta yiwe, ntitwigere twumva idosiye (dossier) n'imwe m'ubutungane yerekeye ubunyonyezi. Ivyo bishoboka gute?

    • @user-lw7oz2rb5w
      @user-lw7oz2rb5w 19 дней назад

      President wanyu abo ayobora arabatinya kuko yasanze basanzwe bakomeye,kandi president wanyu nawe arakennye ashaka amafaranga niyompamvu atinya kubavugaho

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs 23 дня назад

    Ndalwemera weee urakwiye kuba presida mumwakuz❤❤❤

  • @masabosimeon9502
    @masabosimeon9502 22 дня назад

    Mr you are a genius

  • @olikomy
    @olikomy 23 дня назад

    Reka reka, ibyo bogusabira ntacyo bimaze. Mwemere mubeho uko mwakabaye. Muzatera imbere nyabyo bitari mucyuka. Gufasha ni ukubeshya.

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx 23 дня назад

    Amagorwa abanyagihugu turagowe bontavyobumva kuvamwavugiye nimushamuhorentitukivuga

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 23 дня назад

    Abategetsi bacu baragara cane. Ntibumviriza inama. Ngo kurapanze. Kwiyemera cane. Imvugo zo kwishira hejuru bazivemwo.

  • @desirebunisard8623
    @desirebunisard8623 23 дня назад

    10:17, les lourdeurs administratifs.

  • @NyandwiJaenberchimans
    @NyandwiJaenberchimans 23 дня назад

    Uko nikokuri kwodushikana kwiterambere rirama .Uravuze ukuri❤

  • @iga2023
    @iga2023 23 дня назад

    Mbega Mutama uvuga ivyo barakumviriza?Abarundi twarigorewe

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z 23 дня назад

    Uyu mugabo niwe warukwiye kuyobora uburundi

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x 23 дня назад

    Ibintu vyabaye ndasi batebe bagire ubusuma ku bintu bitunga igihugu mana eeeh igitoro amazi electric isukari inzoga vyose nn tubeho gt twizere band!!!??? Ni band bazodutabara!?? Dupfe basha Nta kwiyubguruza !!!

  • @rbb341
    @rbb341 22 дня назад

    Thank you so much...#PositiveImpact #OneActionAtATime

  • @belemboureima6231
    @belemboureima6231 23 дня назад

    Wavuga ntuvura kabisa

  • @niyumvaisaie6620
    @niyumvaisaie6620 23 дня назад

    Mwiriwe parcem

  • @user-dh7nk2ue3r
    @user-dh7nk2ue3r 24 дня назад

    Yaba vyakunda wubaye umuhanuzi wa president 17:32 a

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 24 дня назад

    Ikibazo kurondera ticket yugufata indege uja hanze ukariha Mum dollars vyogenza agaciro amahera yiburundi cnk bitesha agaciro😂😂😂😂😂😂😂😂😂les amis isi n dange

  • @jeanpierreniyongabo6895
    @jeanpierreniyongabo6895 24 дня назад

    Très intéressant

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 24 дня назад

    Gikuri numuturagep azambere😅

  • @noendayishimiye3496
    @noendayishimiye3496 24 дня назад

    Courage courage

  • @NsabiyumvaWilly
    @NsabiyumvaWilly 23 дня назад

    Thank you Sir.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 24 дня назад

    Kurage ukonukuripe😅😅

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o 24 дня назад +1

    Nkumuntu yitwa ndakugarika =ndakwica 😢😢 yobumwungere vyukuri????? Uuuuuuu

    • @onesphoremasabo524
      @onesphoremasabo524 23 дня назад

      warapfuye ugenda muri ino nkuru haruwo wumvise mwo.

    • @user-mc7lh6js3o
      @user-mc7lh6js3o 23 дня назад

      None siwe mushikiranganji wambere ???? Siwe yari munamanshingamateka bamubaza ,akishurivyo kwikurayo uuuu

  • @AppolinaireMANIRAKIZA-vs1he
    @AppolinaireMANIRAKIZA-vs1he 24 дня назад

    Ningorane

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 24 дня назад

    Wavuga...

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z 23 дня назад

    Umurundi wambere azi ubwenge

    • @ericnkunda1464
      @ericnkunda1464 22 дня назад

      Ni 3 ,ubwambere ni Faustin ndikumana,na Gabriel Rupfyiri na nje wa gatatu

  • @tharcissehavyarimana9733
    @tharcissehavyarimana9733 22 дня назад

    Uburundi buhanganye na insécurité économique, ni intambara muzindi. Umwansi nawe ari mu gihugu no hanze.
    Wewe rero Aho kwerekana ingene Leta yorwanya umwansi w'indani n'uwo hanze uti nirondere infashanyo? Kandi Abo bafasha nabo inyuma y'infashanyo harimwo kurwanya i Gihugu?

  • @KIGALILIVENEWS
    @KIGALILIVENEWS 20 дней назад

    UBURUNDI🇧🇮 NA CONGO🇨🇩 MUMURIRO UTAZIMA W'INTAMBARA M23🇨🇩YAZONZE TSHISEKEDI🔥REDTABARA🇧🇮YIYAMYE NEVA🚨ruclips.net/video/hUt3PCaHeXw/видео.html

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 23 дня назад

    Igihugu kiratunze muta nitwikebuka gusa je nibiha 2ans igihugu coba Ari paradiso.

  • @donnezi9884
    @donnezi9884 21 день назад +1

    Respect Mutama
    None ni kuki badaha agaciro ivy'agaciro wama wavuze😥???

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 23 дня назад

    muburundi b nibisumagusa abobari kurireta bose nivyobisuma naho bazobahereza angahe ntakuntu

  • @user-hu4ci9jg6x
    @user-hu4ci9jg6x 23 дня назад +2

    Ibintu vyabaye ndasi batebe bagire ubusuma ku bintu bitunga igihugu mana eeeh igitoro amazi electric isukari inzoga vyose nn tubeho gt twizere band!!!??? Ni band bazodutabara!?? Dupfe basha Nta kwiyubguruza !!!