Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Twebwe abuzukuru bawe turakenguruste caaaaaane kukiganiro ciza cane twarahezagiwe n’imana kuduha mamie nkawe amen
Imfura irakenguruk’imana ku muvyeyi yaguhaye imana igukomeze❤❤❤❤
Intahe nziza cane Nyina wanje, turabakumbuye cane, Uhoraho abandanye abatuzigamira.
Murakoze cane, intahe zo muri War'ubizi ziranyubaka rwose, n'ubutumwa bwuzuye !
Senge wanje uvuze ukuri ndagushingira ntahe pe,Yesu ni mwiza cane ndagukunda,ndagukumbuye❤
Intahe nziza cane tantine wanj,Imana ibahezagire❤
Abantu b'inararibonye nkamwe mufise vyinshi vyo kutubgira muvyeyi, yaga yaga!
Yesu naguhezagire muvyeyi wompa numéro zawe nagukunze
Intahe iryoshe kwumviriza umu mama yuzuye akanyamuneza ka Mpwemu ubwo umuhungu wiwe si Pasteur Dieudonné wo kuri Tabernacle mu Kibenga? Mbona basaaa
Egoo caane Niwe