LANDRYPROMOTER arafashwe😳😳Naba Bodyguard Avumbuye mukigo Gicunzwe CANE abanibo Ba SECURITE bakomeye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 18 сен 2024
  • ‪@hittoptv‬ #hittoptv1 #bujumbura #landrypromoter ‪@LandryPromoter‬ #bujumbura #security

Комментарии • 35

  • @hittoptv
    @hittoptv  4 месяца назад +6

    Ntitwigeratunanigwa

    • @wyisisomiy9722
      @wyisisomiy9722 4 месяца назад

      🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤔🤔🤔🤔🤔🤔😝😝😝😝

  • @violettendih...8452
    @violettendih...8452 4 месяца назад +5

    Mwahisemwo akazi keza caaaane Imana Ibajimbere kandi Ibazigamire murakokazi, bana beza Buburundi turabakunda akonakazi keza kokucungerera igihugu nivyigihugu I love it❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤.

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 4 месяца назад +6

    Uteguzi bwana Landry oyeeee

  • @Luckyonek-p7u
    @Luckyonek-p7u 4 месяца назад +3

    Nakubali Landry unajua kaziako

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 4 месяца назад +5

    Landy baye uwambere❤❤❤

  • @user-gd9wv6mz8v
    @user-gd9wv6mz8v 4 месяца назад +4

    Arthur wubahwe !!! Courage

  • @tk-padonniyonsaba
    @tk-padonniyonsaba 4 месяца назад

    Courage.Uwo ni umugambi mwiza cane kuko no mubihugu biteye imbere sécurité privée ni ingenzi

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 4 месяца назад +2

    Courage

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar 4 месяца назад +3

    Courage ❤❤❤❤

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257 4 месяца назад +4

    Ikibazo nuko mutashizeko numero zabo!
    None umuntu abakeneye nkaho ubona yoca abaronka gute???

  • @Murundikazi
    @Murundikazi 4 месяца назад +2

    Arthur naw usigay uri bodgadi 😂😂 courage

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 4 месяца назад +2

    😢ngumwubahwa umwuvahwa njo nani sasa nabo baragara ngo nibisongerezi

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 4 месяца назад +1

    😮😮

  • @DavidYisabirumva
    @DavidYisabirumva 4 месяца назад +1

    Sha baraguhushije kbs

  • @Nidivin
    @Nidivin 4 месяца назад

  • @djrosshopeland
    @djrosshopeland 4 месяца назад +2

    Twika muvumbuzi kamenge oyeeeeh

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 4 месяца назад

    Nibatekane. Imana niyo icunga umuntu urabona ingene bagara mbe hoho baribuka gusenga🤣🤣🤣

  • @igor_257
    @igor_257 4 месяца назад

    Idea nziza can mugabo bohidura izo mpuzu bakambara costume za noir izo uniform wap

  • @yvanovichyale
    @yvanovichyale 4 месяца назад +1

    Harakantu iyaba mwoba mumeze nka Rutambi wugwanda niho mwotwaye ayo maboko muyapanuye nkimipago

  • @AGASOBANUYEROCKYY
    @AGASOBANUYEROCKYY 4 месяца назад +1

    Noe wapostinze vidéo uri mugasho??? EWE LANDRY 😊SH😂

  • @levygasper7438
    @levygasper7438 4 месяца назад

    Muburundi ntimuramenya gukorera promotion business zanyu nkah big Fizzo mubamwaramuhay Bos guard amichungera kugira isok ryanyu ryaguke

  • @uwizeyimanadancira8703
    @uwizeyimanadancira8703 4 месяца назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @IrakozeOlivier-tt2tq
    @IrakozeOlivier-tt2tq 4 месяца назад

    Inkina mico zi mechant 😂😂none uwa filmy yinjiyeyo gt?

  • @IradukundaSysteme
    @IradukundaSysteme 4 месяца назад +1

    Arusha aba police bigihu cuburundi kwambara neza

    • @AlinAlin-hp5wy
      @AlinAlin-hp5wy 4 месяца назад

      Ubwowokugayumunwa wawe vyogutwarik uragedubambike

  • @ReyboyBabalao-nb7ow
    @ReyboyBabalao-nb7ow 4 месяца назад +1

    IGIHUNGU NICIZA ARIKO MUBUZE UMUPEREZINDA MWIZA NTIMUZOSUBIRE KUZA MURARATA IBIDAHARI

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 4 месяца назад

    🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 4 месяца назад +3

    Ingene rero bikakamisha

  • @nsabimanaemmanuel4426
    @nsabimanaemmanuel4426 4 месяца назад +2

    Abarundi mwama muba inyuma y'abandi kbs, ibishaje ahandi MWe bibabera bishya?

    • @HusEhe
      @HusEhe 4 месяца назад

      None naw bishash umaze kuhakorer nibihe?

    • @asile-charnelkn9947
      @asile-charnelkn9947 4 месяца назад

      Umugere uva kunyo

  • @KP-fe6io
    @KP-fe6io 4 месяца назад

    Phone number zabo zirihe?