Комментарии •

  • @TaussiUmuhoza-yz1dl
    @TaussiUmuhoza-yz1dl Год назад +1

    Ndishimye cane Imana ikumpezagirire kibondo wame witaho abandi

  • @donnar3790
    @donnar3790 Год назад +2

    Simbizi ngira ubu ntuzosubira kuvuga nabi Drama T nindirimbo ziwe 😂😂

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +3

    Nakubal sn My bro baby killer

  • @saidijrkizigeza1407
    @saidijrkizigeza1407 Год назад +8

    Ukora ineza ukayisangimbere Drama T uzewamane uwomutima imana nayo izobandanya kuguhezagira bakibo uguma wigurukira hejuru wigira mumahanga

  • @yahayashuta9608
    @yahayashuta9608 Год назад +1

    Simbizi numuyuwayi sana

  • @johnmichael8596
    @johnmichael8596 Год назад +3

    Kumbe petit DT nabwo ari umuntu mubi vrmnt 😊!!

  • @ladouceayinkamiye524
    @ladouceayinkamiye524 Год назад +1

    Hejuru cane shn Dram t😍

  • @claudinenkurunziza2137
    @claudinenkurunziza2137 Год назад +1

    Yooo go boy 😅

  • @nicaisenkurunziza3932
    @nicaisenkurunziza3932 Год назад +2

    Aho urudandazwa rurabandanya hariho abo Yari yashavuje Noé Ubu bacababona kafuse umutima w'ubuntu

  • @Gabinati0n
    @Gabinati0n Год назад +2

    Ico bita kuba à jour! Merci ku mugiraneza aronke vyinshi

  • @jimmynzi
    @jimmynzi Год назад +3

    hands up ! le respect ✊

  • @سارهانا-ز8ت
    @سارهانا-ز8ت Год назад +1

    Iman ihabw icubahir ndanezerew cne kuko nibak bafis uyo mutima

  • @levisbigirindavyi8012
    @levisbigirindavyi8012 Год назад +2

    Imana ibandanye ikuduza

  • @lolollololi1050
    @lolollololi1050 Год назад +1

    Henry Allah akuzidishie barka 🤲😢

  • @ornellanamugisha7780
    @ornellanamugisha7780 Год назад +3

    Drama T ugize neza shaaa,abntu dukwiye kwikebuka kbsa

  • @bnabestnickakim
    @bnabestnickakim Год назад +1

    gang

  • @carmelmigisha
    @carmelmigisha Год назад +1

    🙏 boi drama T

  • @djkida2574
    @djkida2574 Год назад +2

    baoden areke kuvug ko ari star 😅nugutukisha music yacu urabona

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 Год назад +2

    Be respected #DramaT

  • @irangabiyeceleste4190
    @irangabiyeceleste4190 Год назад +3

    Umu pt yakoze ikintu ciza kwr

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Год назад +1

    Hinge turabe iyoneza akoze kubayiyerereza nkuk bayerereje igih yarik ararir abarund kunzigo mufise izobahumir

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 Год назад +1

    Nkumuririmvyi abura irake zine vrmt ariko baga nukuri uwo aba arumuririmvyi cank nimikino abarimwo oya reka wakoze kumurihira gusa yirabe

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 Год назад +1

    Wirambire sha Drama T,ego sha zurerekana akarorero kubandi bareke gufita umutima nkuwinyaswa

  • @tonyesdras6907
    @tonyesdras6907 Год назад +4

    Umuziki ndundi ni Fizzo kabisa iyo muvuga ibintu mudashizemwo izina Fizzo ntimuryoherwa hhhh

    • @jadohazardmukunzi6534
      @jadohazardmukunzi6534 Год назад +1

      Nariko nibaza umuntu yanditse iyi commentaire ntararab izina kumb ni ww ntawundii😅😅

    • @tonyesdras6907
      @tonyesdras6907 Год назад

      @@jadohazardmukunzi6534 niho bakura umukate kabisa burya atunze benshi

  • @mukesicatrine2744
    @mukesicatrine2744 Год назад +1

    Murazi gukina comedy kweliii😂!! Wewe 400mil uyakoresha muminota 5?? Drama t dram t drama t gabanya kwiyemera nivyo bizogusubiza inyuma dogo

    • @TuyizereEzekiel-jt5kb
      @TuyizereEzekiel-jt5kb Год назад +1

      None muri shooting ya video wibazako bakoresh amamilioni angana gute?ico utazi uca wihorera

    • @godyemersonnyabuhoro6137
      @godyemersonnyabuhoro6137 Год назад

      Bivana naho uhererey mwenewacu kugira uvugivyo

    • @niyonkuruconcolatteconsola4792
      @niyonkuruconcolatteconsola4792 Год назад

      None yakoze nabi reka urukund ruganze ishari kuk tuzedushike kure

    • @maniragabaeric1558
      @maniragabaeric1558 Год назад

      Nn ww iyo wumvise indirimbo imwe ya 3min yatway ama milioni wumv kumunota abarangah? Cnk ugiy mur shoping uyakoresh umwany ungana gute? Murek ishari apana ibintu vyose kubibona mur sens negatif igikuru nuko amufunguje uko yobikora kose

    • @modelydon2276
      @modelydon2276 Год назад

      none uri umu star ugiye kugura impuzu nibirato utegerezwa kugura ibizinvye kandi na 1millions irahaherera ! ww nimba 400 milles uyarya muri 1mois ntibisigura kwabandi bayarya nkawe canke muyinjiza kumwe