Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Imana Ikutwongerere urukundo no kwicisha bugufi umuvyeyi , Ikuduhere kuramba no kuzogira iherezo ryiza , mw Izina rya Yesu , Amina
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Murakoze.
Amina caaaane !Iyi nyigisho vyukuri iranteye intege zo kuguma mu mugambi w Imana , kwemera no kwihanganira ibigeragezo vyose ncamwo iyo bivuye mu bugombe bwayo , kuko inyuma yavyo hari intsinzi . Haleluya !Tuyisaba ngo Ikomeze guhezagira no kurinda intumwa yayo Chris kugira ngo ubugombe bwayo bukwire kw isi yose biciye muri Kanguka , Amina .
Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro nukuri
Amen Uhoraho abahezagire Mukozi w'Imana.
Imana yacu ishimwe ndafashijwe kandi ndasobanukiwe neza ko ngomba kuba muri Yesu
Ndagushimiye yesu duhe kuguma kwifarasi
Imana iguhezagire urahembura imitima ya benshi
Kris Imana ikongere amavuta nanj Imana induze kwifaras mubibazo ndimwo amen
Ndafashijwe cyane mukozi w'Imana, Uwiteka Imana ya Abraham, Isaac na Jakob aguhezagire.
Abraham yinginze Imana itarimbura sodomu nihaboneka abakiranutsi 10... Imana iremera. No muriki gihe habonetse Abakiranutsi bake bingingira igihugu Imana yabumva igakiza igihugu
Amena ndafashijw🙏🙏nanyum ya zero irakora
Merci seigneur
Muratwigisha kuwushaka guhindukirira umuremyi
Hallelujah 🙌🙌🙌
Imana ishoboze kundunga kwifarasi yaje
Ndafashijwe God Bless You ❤
Mana. Yibuka rwanirira, nkura muri breakup za burigihe
Amen Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ameen!!Uwiteka akuzamure mukozi w'Imana
Amen👏👏👏
Muhezagirwe
Nigute umuntu amenya ikigeragezo kirekuwe n'imana canke yikwegeye
N'igihe ugeragejwe atar'inkurikizi z'ivyaha, ataco wiyagiriza m'umutima
Wishuy nez cne@@TuyagaJean
Amen 🙏 mwarahezagiwe
Amen Amen
Yesuwee urakomeye
Ameeeeniî cyaaaneee
Amen! Be blessed
Amena
amen
Ameeeeen 👏
Amen????
👏👏👏👏👏👏🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Ndagomba delivrance.
Ameen
Ame n🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏
Mumfashe sinkibona sms yanyu ya buri munsi.merci
❤
Amen Amen 🙏 🙌
AMEN AMEN AMEN
Aman
Amen
Amen🙏❤️🙏
Isi y'umwiza bisobanuyiki?
Isi y'umwiza bisobanura isi y'umwijima
Amen 🙏🙏🙌
Romain 10 13
3
Amen❤
Amen Amen 🙏
Amen amen
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Imana Ikutwongerere urukundo no kwicisha bugufi umuvyeyi , Ikuduhere kuramba no kuzogira iherezo ryiza , mw Izina rya Yesu , Amina
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊
Murakoze.
Amina caaaane !
Iyi nyigisho vyukuri iranteye intege zo kuguma mu mugambi w Imana , kwemera no kwihanganira ibigeragezo vyose ncamwo iyo bivuye mu bugombe bwayo , kuko inyuma yavyo hari intsinzi . Haleluya !
Tuyisaba ngo Ikomeze guhezagira no kurinda intumwa yayo Chris kugira ngo ubugombe bwayo bukwire kw isi yose biciye muri Kanguka , Amina .