Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Indirimbo ya Monna walda ruclips.net/video/7ZjcghRJZC8/видео.htmlsi=OSmtXu3Kz1CQ9jUM
Davina nakubali🎉
Ariko Manaa Davina Ndagukunda cane vrt💃❤
Davina couple yanyu iraryoheye kubona mundirimbo ya Mona. Aba dame nkawe barahagarira abagabo babo bakavoma. Great 👍
Keep it up bro urashoboy💪 I'm your big fun kbx🔥🔥🔥🔥🔥
Okiiiii davina arakunda kweli
Davina 😍🥰,Love from Sweden 🇸🇪
Davina ❤
Davina ndakunda ukuntu ukundanye umugabo wawe
Davina uratesa snaaa😘😘😘
Davina love u,Hama urukundo ruzikwica 😂
Davina ni mwiza kandi aciy ubwenge
Okiiiii
Nareke ku kuruhisha sha Davina
Ndabakurikirana cane
Baby maman😂😂😂
🎉
Wafashi jekuri youtube nitwa SHASHIPI
Hi beautiful girl 😍
🎉❤❤
Turavakwirikirana ino muri paradis
ariko ntureka kumucinyuma
Davina uvuze Fernando aca ahindura isura
❤❤❤❤❤❤
mbega uko mutaramusa UK 🇬🇧 kandi tubakurikura
Umuntu akubita umugore ???? Wapi kweri.
Ind akubit umugore 😢😂
Urumusazi wewe wizera umwana w'umuntu.
Nimureke kumutuka afise impamvu abivuga
Noe umugira umusazi nkande avuze ikirikumutima🙄
@@GyslaineAkimana ikirikumutima nico kwita uwo mwavyaranye ko ataco amaze? Burya ibibintu muza muravuga kuma sociaux medias bamwibaza kubandi bantu. None nkubu wiyumviriye ivyakazoza kuwomwana bavyaranye na Alvin umutima winzigo nishavu azokurana kubera amajambo mabi uwo nyina wiwe avuga nabi se wiwe? Azokura yanka se cane kandi ntawomenya neza ko ivyavuga arimukuri ko amakosa atoba ayiwe, rero bamuraba ivyo muvuga mureke kuza murakomeretsa abandi.
Urueukobwa nurujuju ninzigo ikunanira wewe wanka abandi nagasuzuguro kawe, aho imbere hakubikiye vyinshi ntukavuge nabi abandi kuko ejo haraho uzobakenera. Uriga kwicisha bugufi wa rukobwa we.
Eeeh man iyo nzigo wandikanye commentaire ni y iki 🤣
Ntanzigo isumba iyonkubonanye🙄 mudu commentaire urikwandika🤪 menya ivyawe ivya show biz uvyirekere bonyene barazinanye
@@adriang. Ntazigo none nkuwo nomugirira inzigo ataco dupfa? Harakarimbi canke itongo dupfa? Ahubwo ntimuzi gutandukanya ishavu ninzigo mwebwe? Abarundi bigira bakabizi mukuvuga nabi ivyabandi gusa rero nawe nimba umeze nkawe canke nimba arico mupfana uragenda umuhanure ko ivyakora yikwegera umuvumo jewe antera ishavu kuko ntaciza yigera avuga kubandi. Aho avuga Alvin nabi yarinze amwagurira amaguru ataco amubonamwo? Bamukoresha ubwenge muvyo muvuga mureke inzigo. Ubuhoho uriko wishimira za bagabo, uwo wewe numwana wamurundi sha ntimwonse rimwe kuko nuwo mwonse rimwe araguhemukira rero uwo ntazigo nimwe gusa antera ishavu kuko avuga nabi abandi ntanarimwe abavuga neza.
@@GyslaineAkimana ahubwo nawe menya ivyawe, abarundi bamureka inzigo sha, none nkuwo nomugirira inzigo gute atanitongo dupfa? 😂😂😂😂😂😂😂 gusa ico ukoze umeze nkawe nawe murajwe ishinga nokuvuga nabi abandi ariko ariko ayanyu mukayicarako, nimuze murishimira abagabo nabo nabana babandi sha gusa iconobasabira nuko mwohinduka nubwo mwoba mupfa ikintu numuntu ntikamwipfurize kumugirira nabi, ngo Alvin ntawazi? Burya wewe ko mbona urumukobwa wokwagurira ayo maguru yawe uwo utazi? Bamureka kwiparatura nokuvuga nabi abandi, ivyo navyo wizanisha ngaho ngo ni show busy uribesha sha ubutwarabamenye kwarinzigo ibarimwo mwipfuriza abandi nabi, gusa IMANA ntazigo abo muzipfuza bose kugirira nabi nobo muzoba muhezagiye ahubwo nimukomeze urwanko. Mara avuge ivya Dj Fernando mara Alvin mara abandi gusa ntanumwe avuga neza, burya Alvin bavyaranye atanakimwe ciza yigeze amukorera? Bamuza muravuga neza mwabakobwamwe, mbe nkawe uriko uvuga uko uribaza igikomere umwana wiwe azogira kubwinzigo uwo maman wiwe azomubibamwo ko se wiwe arimubi? Ibintu aza kuri camera muvuga mbega muhira yigisha iki umwana? Bamwiyumvira imbere yokuvuga ibintu. Wewe rero sha ngo ni Gyslaine uraraba abantu ntibaze baragirirana nabi namwe mwasamye ngo ni show busy ngaho naho arinzigo ibarimwo.
Indirimbo ya Monna walda
ruclips.net/video/7ZjcghRJZC8/видео.htmlsi=OSmtXu3Kz1CQ9jUM
Davina nakubali🎉
Ariko Manaa Davina Ndagukunda cane vrt💃❤
Davina couple yanyu iraryoheye kubona mundirimbo ya Mona. Aba dame nkawe barahagarira abagabo babo bakavoma. Great 👍
Keep it up bro urashoboy💪 I'm your big fun kbx🔥🔥🔥🔥🔥
Okiiiii davina arakunda kweli
Davina 😍🥰,Love from Sweden 🇸🇪
Davina ❤
Davina ndakunda ukuntu ukundanye umugabo wawe
Davina uratesa snaaa😘😘😘
Davina love u,Hama urukundo ruzikwica 😂
Davina ni mwiza kandi aciy ubwenge
Okiiiii
Nareke ku kuruhisha sha Davina
Ndabakurikirana cane
Baby maman😂😂😂
🎉
Wafashi jekuri youtube nitwa SHASHIPI
Hi beautiful girl 😍
🎉❤❤
Turavakwirikirana ino muri paradis
ariko ntureka kumucinyuma
Davina uvuze Fernando aca ahindura isura
❤❤❤❤❤❤
mbega uko mutaramusa UK 🇬🇧 kandi tubakurikura
Umuntu akubita umugore ???? Wapi kweri.
Ind akubit umugore 😢😂
Urumusazi wewe wizera umwana w'umuntu.
Nimureke kumutuka afise impamvu abivuga
Noe umugira umusazi nkande avuze ikirikumutima🙄
@@GyslaineAkimana ikirikumutima nico kwita uwo mwavyaranye ko ataco amaze? Burya ibibintu muza muravuga kuma sociaux medias bamwibaza kubandi bantu.
None nkubu wiyumviriye ivyakazoza kuwomwana bavyaranye na Alvin umutima winzigo nishavu azokurana kubera amajambo mabi uwo nyina wiwe avuga nabi se wiwe? Azokura yanka se cane kandi ntawomenya neza ko ivyavuga arimukuri ko amakosa atoba ayiwe, rero bamuraba ivyo muvuga mureke kuza murakomeretsa abandi.
Urueukobwa nurujuju ninzigo ikunanira wewe wanka abandi nagasuzuguro kawe, aho imbere hakubikiye vyinshi ntukavuge nabi abandi kuko ejo haraho uzobakenera. Uriga kwicisha bugufi wa rukobwa we.
Eeeh man iyo nzigo wandikanye commentaire ni y iki 🤣
Ntanzigo isumba iyonkubonanye🙄 mudu commentaire urikwandika🤪 menya ivyawe ivya show biz uvyirekere bonyene barazinanye
@@adriang. Ntazigo none nkuwo nomugirira inzigo ataco dupfa? Harakarimbi canke itongo dupfa? Ahubwo ntimuzi gutandukanya ishavu ninzigo mwebwe? Abarundi bigira bakabizi mukuvuga nabi ivyabandi gusa rero nawe nimba umeze nkawe canke nimba arico mupfana uragenda umuhanure ko ivyakora yikwegera umuvumo jewe antera ishavu kuko ntaciza yigera avuga kubandi.
Aho avuga Alvin nabi yarinze amwagurira amaguru ataco amubonamwo? Bamukoresha ubwenge muvyo muvuga mureke inzigo.
Ubuhoho uriko wishimira za bagabo, uwo wewe numwana wamurundi sha ntimwonse rimwe kuko nuwo mwonse rimwe araguhemukira rero uwo ntazigo nimwe gusa antera ishavu kuko avuga nabi abandi ntanarimwe abavuga neza.
@@GyslaineAkimana ahubwo nawe menya ivyawe, abarundi bamureka inzigo sha, none nkuwo nomugirira inzigo gute atanitongo dupfa? 😂😂😂😂😂😂😂 gusa ico ukoze umeze nkawe nawe murajwe ishinga nokuvuga nabi abandi ariko ariko ayanyu mukayicarako, nimuze murishimira abagabo nabo nabana babandi sha gusa iconobasabira nuko mwohinduka nubwo mwoba mupfa ikintu numuntu ntikamwipfurize kumugirira nabi, ngo Alvin ntawazi? Burya wewe ko mbona urumukobwa wokwagurira ayo maguru yawe uwo utazi? Bamureka kwiparatura nokuvuga nabi abandi, ivyo navyo wizanisha ngaho ngo ni show busy uribesha sha ubutwarabamenye kwarinzigo ibarimwo mwipfuriza abandi nabi, gusa IMANA ntazigo abo muzipfuza bose kugirira nabi nobo muzoba muhezagiye ahubwo nimukomeze urwanko. Mara avuge ivya Dj Fernando mara Alvin mara abandi gusa ntanumwe avuga neza, burya Alvin bavyaranye atanakimwe ciza yigeze amukorera? Bamuza muravuga neza mwabakobwamwe, mbe nkawe uriko uvuga uko uribaza igikomere umwana wiwe azogira kubwinzigo uwo maman wiwe azomubibamwo ko se wiwe arimubi? Ibintu aza kuri camera muvuga mbega muhira yigisha iki umwana? Bamwiyumvira imbere yokuvuga ibintu.
Wewe rero sha ngo ni Gyslaine uraraba abantu ntibaze baragirirana nabi namwe mwasamye ngo ni show busy ngaho naho arinzigo ibarimwo.
Okiiiii davina arakunda kweli
🎉❤❤
mbega uko mutaramusa UK 🇬🇧 kandi tubakurikura