MY LIFE STORY PART 6 Alvella amenye ukuri kurupfu rwa papa wiwe

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 фев 2025
  • Mu buzima bavuga ko ntamuntu yirukanga cane canke anyaruka nkuwahushije inzira.Namenyeko kubaho neza ari amahitamwo y'umuntu ariko rimwe na rimwe hari aho duhitamwo impamvu zitatwemerera kunezerwa canke kubabara..........................
    Nubwo nayise MY LIFE STORY iyi reresi ntaho ihuriye nubuzima bwanje bwa misi yose
    Ufise ico ubaza canke uterera twandikire kuri:
    E-mai:alvellamuhimbare@gmail.com
    Written by Alvella/Justin
    Filmed and edited by NYAMA
    Colored by NYAMA
    Produced by M.A Company
    #MYLIFESTORY #+257 61752315

Комментарии • 414

  • @iradukundaelia7613
    @iradukundaelia7613 Год назад +8

    Mbega Desitin ibyakoze ese yibwirako ibyakora bitazamugaruka Koko ndabakunda cyane n Elie mu Rwanda🇷🇼🇷🇼

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +6

    Oy ebana Jew birananiy kwigumy ndabivuze iyi film ni number one wallah Kuko uraruenze sn esti my brother 🔥 wallah brother wubahw sn bro Kuko uzigukina bihagije bro xo mwubahw sn Kuko ndemeyeeeee kbx mwubahw vraiment Kandi courage sn Kuko murashoboye sn alvella WW urazi gutegura film 🎥📽️ neezaaa caanee kandi caanee kbx Jew ahanje ndemeyeeeee kbx

  • @consolatekwizera6966
    @consolatekwizera6966 Год назад +26

    Mwarimwatunyoyeje cane
    Abakunzi ba my life story tumenyane.courage

  • @nduwayezuallyda6184
    @nduwayezuallyda6184 Год назад +111

    Waaa abari bakumbuye iyi movie nibampe j'aime

    • @joleal7941
      @joleal7941 Год назад +3

      Tupo

    • @فرنسينا
      @فرنسينا Год назад +2

      Yoooo alvela shange pore uyo nawe yahemukiy umwana wiwe reka nawe biguhindukirire shaaa🥰🥰🥰🥰🥰🥰💞💞💞

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Год назад +19

    Waoooo my life story yadushwayemwo abari bayirindirany igishik nkanj tumenyan 👌👌👌

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 Год назад +24

    Nkaba ndahageze mundemere abakunzi ba film ndundii.hejuruuup❤❤❤

  • @iam_janette
    @iam_janette Год назад +22

    Wwooo alvella turabanyama hirwe kuba twara guhawe urumugisha kubakumenye turabanyamugisha Ikigali turagukunda ♥️🇷🇼🙏 alvella konakwandi kiye kuriyanimero wampaye ariko ntiwigeze unyishura gusa movie yacu twari tuyikumbuye cyane😁🙏

  • @chachachalifa9709
    @chachachalifa9709 Год назад +12

    Waaaooo abar bategerej my life story nkanj mump lik nukur uymus nahishikiy

  • @divinekezakimana4820
    @divinekezakimana4820 Год назад +27

    Waoooh nanje nazindutse💃💃💃 abakunzi ba alvella n'abakunzi ba film yiwe ,mumpe izo like , dutwike hashake hahire rimwe 🔥🔥🔥

  • @الاصيلة-ي1ف
    @الاصيلة-ي1ف Год назад +47

    Uwarijijwe niyi film akande like twimanukire

    • @munezerodaniel-nj6hu
      @munezerodaniel-nj6hu Год назад

      Usibye na like nshizeho na comment😭 iyi movie ya nyeretse byishi ntaribwa bohoke mu bweyje bwanjye na life yanjye yose!💯💯💯😭😭💔💔

  • @niyibonamenedor-lx8nr
    @niyibonamenedor-lx8nr Год назад +3

    Alvella nukuri iyi film jewe narayikunze cane guko yampanuye vyishi imana izogushitse kuvyowipfuza

  • @odetteniyokwizera3634
    @odetteniyokwizera3634 Год назад +10

    Francine koma waruzingo nurukundo estime agukunda urajaho urahemukira Arvella non naw koma Hama team Arvella courage caaane vrt

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 Год назад +14

    Estime ngo ashaka kamwe🤦‍♂️😆😆abacerew nkanj mumpe utwotunt narindayikumbuy iyi filme nukur Alvella mukobwa wacu Ndiho agukomeze nahonzoba ndumwe❤️❤️🇸🇦

  • @estellaniyonkuru5633
    @estellaniyonkuru5633 Год назад +7

    Mwarimwanyoteje kbx Estim vrt yarakinany efforts 💪 tentin urambabaj kbx je ndabona iyi film izoryoha kubi hazob kwicuza kur benshi

    • @cynthianikundana67
      @cynthianikundana67 Год назад

      Na Blinda azokwicuza gose kuko yatay Chris kand Chris numutunzi azotangara abony kwariw nyn iyonzu estimé abamwo

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Год назад +53

    Abacerewe nkanje mumpe like 🥱😄

  • @felicitentahimpera4760
    @felicitentahimpera4760 Год назад +9

    Arvella ukina neza😘,gusa muradutevya hari nafilm tutabony iherez:umwanya film

  • @dianesabokwigura-tq6ps
    @dianesabokwigura-tq6ps Год назад +3

    Mwari mwatunyoteje kwl ubu ntimuzoyitevye kbs hama courage mwubahwe cane

  • @NiyonkuruBruce-nt7mu
    @NiyonkuruBruce-nt7mu 8 месяцев назад +2

    Alvella mubabarire ubwoyemera kukubera umutanga buhanya

  • @nzambimanaalexis
    @nzambimanaalexis Год назад

    Alvella nukur ivyukora imana ikomeze kukub hafi

  • @mellykayebekaofficial3377
    @mellykayebekaofficial3377 Год назад +1

    Muruyigi kugatumba turakwumva neza Alvella

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 Год назад +1

    Alvella ntiwemere gukurikira uwo muhungu

  • @sarahnshimirimana5961
    @sarahnshimirimana5961 Год назад +4

    courage vrt vub iyindi part

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Год назад +7

    Nari mbakumbuy so courage my sister alvella 🤜🤛❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @didacememeur
    @didacememeur Год назад

    Mwarimwadutebeje kbx iyi filme turayikunda cane

  • @louisekwizera4158
    @louisekwizera4158 Год назад +2

    Aragusubirije munkoko ivyowakoreye alvella estimé arashoboye ndamukunda♥️

  • @raissanshimirimana7654
    @raissanshimirimana7654 Год назад +1

    Haaaaa nzaza mbona iyo bizaherera🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️🤷‍♀️

  • @kelly9368
    @kelly9368 Год назад +6

    Courage alvella nabo murikumw mur team My store life👍👍👍

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Год назад +1

    Waoh. Film iryoshe ikinywe neza. Estime et Alivella go ahead. Abakinyi bose bravo.

  • @stitore2388
    @stitore2388 Год назад +4

    Estime ndayambaya alvella courage gusa ndabona bitagiyekorohape ivyombona harahiye🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @evelynenshimirimana5873
    @evelynenshimirimana5873 Год назад +3

    Mwakoze kutuzanira m'y life ariko alvella jewe uranshavuza kuko uradutevya cane😪😪😪😪

  • @naomiehakizimana5000
    @naomiehakizimana5000 Год назад +4

    Courage ntarekazi mwubahw ham estimé raba uhinduk tantine wa alvera koma wagiz ubujuju utabon rekukom

  • @brigittenishimwe444
    @brigittenishimwe444 Год назад +5

    Courage ma soeurette Alvella mubikora neza caaane

  • @hakizimanashadrack2667
    @hakizimanashadrack2667 Год назад +2

    Akazi keza gus ingoran mufise nimwe mutozanamwo imvugo zikinyarwanda sinzi iyongwara rero iyoyabafatiye ikinyarwanda nikirundi ntibisa murek kutugorer ubwenge rero.

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Год назад +3

    Estime Koko izi flim Akina zubugizibwanabi zituma umuntu amutinya nibagiyeko ndikurebe flim 😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮 courage team mwese murategura peee 🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Год назад +15

    Abar murukundo niy séries naho adutevya bagum bayikunze mumpe twatuntu tuharurire hashe🔥🔥🔥🔥duhite twimanukira🚐🚐🚐🚐🏃🏃🏃🏃

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 Год назад +5

    Waoooo my Favorite séries love you alvella love you Official

  • @rodrigueseniyondavyi289
    @rodrigueseniyondavyi289 Год назад +2

    Kwl wariwaradutebej alvella ndisabiye ntibizasubire nj narinanyotewe to💞

  • @دياناساران
    @دياناساران Год назад +6

    Courage mubihagazemwo neza.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🥰

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 Год назад +4

    Yoo Arvella urambabaje ugiy gupfa gusa ndizey neuza katacuzoba nubu uzobacika❤❤❤❤

  • @florenceirakoze536
    @florenceirakoze536 Год назад +3

    Alvella courage mwana ukeney uwugu supportinga kuburyo uza urayisohora une fois par semaine vrt kuk urashoboye

  • @nicemugishawimana8973
    @nicemugishawimana8973 Год назад +3

    Merci mwiza wacu Alvella 🥰🥰🥰🥰,twari tuyikumbuye kbisa

  • @solangenizigama2018
    @solangenizigama2018 Год назад +3

    Woooo mwari mwatunyoteje kbx hinge ntore agatebe nirebere My life💪🥰

  • @JonasNTUNGWANAYO
    @JonasNTUNGWANAYO Год назад

    Bash estime aranterubwob nitwahur nzokwiruk kuk akesh akin arumunyekib😂😂😂😢😢😢❤

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +3

    Basha pardon sn vraiment Kuko naratevye Basha Ariko ndaje maah bakunzi ba Alvella twaridukumburany wallah Jew nari ndabakumbuy nkee alvella wangu 🇧🇮🇧🇮🫶🔥🎤🎤 👌✅✅✅✅💯💯💯💯💯💯💯💯✅❣️❣️❣️❣️

  • @leonnibizi8618
    @leonnibizi8618 Год назад

    Uheza guhemuka ibigori bikera pole sana

  • @yveswonderland4509
    @yveswonderland4509 Год назад +2

    Woooow mukoze neza cane Imana ibandanye ibafasha murivyose hose

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Год назад +3

    Estimé, real i'm your fan ❤️❤️

  • @salhaaa4996
    @salhaaa4996 Год назад +3

    Muraicereza iyi movies nziza 🔥🔥🔥

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Год назад +7

    Welcome my story twar tubakumbuye estime urintariye kamwe urumugambanyi umwe mubi mbabajwe na alvella agiy gupfa mbakunda kanini ❤❤❤

  • @vivantisteoficiall6287
    @vivantisteoficiall6287 Год назад +2

    twahishikiy abar murukund niy movie bamp utwanj 👉

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 Год назад +2

    Hahaha uruhigi rurahindukiriy imbwa🤣🤣entouka ndakunz ukunt tantine wa Alvella nawe akorew nkivy yakorey abandi kwel isi irazunguruka🤭🤭Losy nawe uburitegurir kubabar kuk ury chris wans niw boss wo ngaho😅bazogusohoz ubuhir.Alvella ndagukej cane iy film irimw inyigish zikomey can kamata😘😘

  • @joyeusensabimana3440
    @joyeusensabimana3440 Год назад +2

    😂😂Estimé ngo tu compris ??🤣🤣 anyways ndabakunda😍💝

  • @melanceniyomwungere7226
    @melanceniyomwungere7226 Год назад +2

    Vizuri sana

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Год назад +2

    Welcome my life story nar ndayikumbuye sha💃💃💃💃💃🙋🙋💃

  • @immaculeenduwimana6873
    @immaculeenduwimana6873 Год назад +2

    Thank u vrmt that,s good urashoboye pe%%%

  • @isack6727
    @isack6727 Год назад +1

    Eeeh estimé bwabundi urumugesera ndak urabn abant umaz guhemukir?oy ndak birababaj.ut j'aime ndaduhabwe abskunz ba flm

  • @diegobright3693
    @diegobright3693 Год назад +2

    Alvella avuga neza nkumuntu azi Imana

  • @UwamahoroBeatrice-nq1pd
    @UwamahoroBeatrice-nq1pd 7 месяцев назад

    Nakunze my life story ❤❤❤ alivela ndagukunda cyane ♥️♥️♥️ Beatrice from Rwanda🇷🇼🇷🇼

  • @jolynetuyisabe2783
    @jolynetuyisabe2783 Год назад +5

    Abakunzi ba my life story tumenyane

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 Год назад +5

    Film nziza irimwo impanuroo 🙏🙏🙏🙏

  • @Israel-niy-o
    @Israel-niy-o 11 месяцев назад

    Alvella iyi filme turayikunda kandi tukwifurije guterimbere

  • @violette8348
    @violette8348 Год назад

    Ndabakunda cane mwubahwe. Ariko mwari mwaduhevye

  • @krc0607
    @krc0607 Год назад

    Histoire iri intéressante, courage muri réalisations za films. Muzogenda mw’améliora.
    Sinzi ko aruko mwabishatse, ariko hari ama scènes amw’amwe ata dialogue ihari, akaba maremare cane. Bituma umuntu arambigwa.
    Commentaire constructif.

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 Год назад +3

    Courage my bro Estim est Alvella courage vrt💪💪💪💪👌👌👌👌👌❤️❤️❤️❤️❤️🐦🐦🐦🐦🐟🐟🐟🐟

  • @joselynenahigombeye1256
    @joselynenahigombeye1256 Год назад +1

    Alvella courage. Francine naw niyishure ivyo yakoze

  • @nanaestherofficial00
    @nanaestherofficial00 Год назад

    Ingero y'icaha nurupfu. Munyarutse part7

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Год назад +2

    Yewegaye weeeeeeee ???!!!
    Uyu mu type vyukuri agiye gufasha Alvella????
    Tantine nawe koma musosi,uri gusubirizwa mu ndumane kuvyo wakoreye inzirakarengane Alvella 😄

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Год назад +2

    Waooo narinkumbuye iyi série iramara wallah

  • @veronicasolange930
    @veronicasolange930 Год назад

    Estime wamugome we uzabyishura

  • @ndereyimanajclaude
    @ndereyimanajclaude Год назад +1

    Courrage murashoboye cn👏👏👏 ndabakundacn💖💖💖 alvella

  • @noëlla257
    @noëlla257 Год назад +3

    Inkumbu zari bcp kuri my life story

  • @huayillamachalla9988
    @huayillamachalla9988 Год назад

    Irababaje warahi estimé urumuhemu mpaka gusa ivyawebinzogaragarach .

  • @joselynetuyishime3312
    @joselynetuyishime3312 Год назад +1

    Nukuri nagahinda gusa,courrage naho usigaye utunyoteza🥰😍

  • @Chanyqueen
    @Chanyqueen Год назад

    Ntugahemukire umuntu kuko utaba Uzi iherezo ryawe

  • @marriamsifahow2243
    @marriamsifahow2243 Год назад +1

    Mutuzanire iyindi film please kuko njewe iyi niyo film nzakurikiza forever ntimudutinze

  • @جوزفينامحمد
    @جوزفينامحمد Год назад

    Nari mbikumburiye disi mwubahwe bakunda kanini bantu banje

  • @ivonewizeyimana1379
    @ivonewizeyimana1379 Год назад +2

    Courage. Ariella turabakunda

  • @evelynenshimirimana5873
    @evelynenshimirimana5873 Год назад +5

    Abagore Bari abakera ngo Chris nimbwa yabuze umurizo🤔🤔🤔🤔 quel genre de discipline ???

  • @nitangazainaburwabihoro1429
    @nitangazainaburwabihoro1429 Год назад +1

    Oooh Wahoo guys I like how you act hahaha I love.❤❤❤❤ the way Chris bamuhenuye 😂😂😂 so funny akazikeza ntimwibagire kutunyarukiriza gusohora other ep. Please don’t be late uhuuuuuh

  • @pascalenebutoyi959
    @pascalenebutoyi959 Год назад

    Gusa muze muratunyarukiriza kuko muratunyoteza cane

  • @bleindaakiteka5889
    @bleindaakiteka5889 Год назад +2

    Yo muduh ikind gic bashhhhh😍😍😍

  • @alinesabiraguha3454
    @alinesabiraguha3454 Год назад

    M'y life story sha twari tukunyotewe alvella courage

  • @kwizeraaime4779
    @kwizeraaime4779 Год назад +1

    Ndi alvella sinokwizera ijana kwijana ivyuwo mu type avuz gus nomwemerer ko nzogenda ariko nkajana police batabizi

  • @FerdinandNiyongabo-ev6ol
    @FerdinandNiyongabo-ev6ol 6 месяцев назад

    My life story ni film yigish caaane courage barundi bacu

  • @princeprime-nz1eg
    @princeprime-nz1eg Год назад +2

    The love from Didi Dynamique👊👊

  • @OlivierNfuranzima
    @OlivierNfuranzima Год назад

    Estime hazohava haza naband bagor ham mrc bcp mwigisha neza

  • @evelynenshimirimana5873
    @evelynenshimirimana5873 Год назад +2

    Ivyo mutegura vyose mutazokwica alvella kuko film yova ibiha estimé n'a tantine nibo bakwiye gupfa🙈🙈🙈🙈🙈

  • @niyonkuruclaudine6413
    @niyonkuruclaudine6413 Год назад

    Hejuru caneee

  • @bobobonfils9420
    @bobobonfils9420 Год назад +3

    Bantu bacu twari tunyotewe big up sana

  • @louisekwizera4158
    @louisekwizera4158 Год назад +1

    Courage muga zamuragerageza muyiduha kare

  • @nishimweornella9928
    @nishimweornella9928 Год назад +1

    Courage gus mwihuta kuzishirako

  • @NostressOfficial257
    @NostressOfficial257 Год назад +2

    Waoooo yrandutevya nukur gusa turagukunda

  • @LouangeManishimwe
    @LouangeManishimwe Год назад

    Alvell❤

  • @jousleen764
    @jousleen764 Год назад +1

    Estime ntakunda cahindutse abakobwa babiri mana nihatar ndabikundira cn courage

  • @vestinedushimirimana8750
    @vestinedushimirimana8750 Год назад +1

    M'y favorite movie❤️✌️🙏

  • @florenceirakoze536
    @florenceirakoze536 Год назад +2

    Tantine wa Alvella biramutekurukanye🤣🤣🤣 yicishije famille yiwe noe kamubayeko kwl ico nico gihana kwizera umuntu ukamwandikak ivyawe vyose ngo ni nzabagabo encore Estimé vrt🤣🤣🤣 nakome

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 Год назад

    Alvella wew ukina flm zabandi iyawe ukayibagir wew uraz gukina ubufis am subscribed menshi nkiyi nar narayibagiy kwer

  • @kokomoko663
    @kokomoko663 Год назад +2

    Twari tubakumbuye 😘

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 Год назад +2

    We love you guys

  • @nibogoraeric665
    @nibogoraeric665 Год назад +3

    Waooo,murakoze cn. Courage