Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Murakoze cane a l equipe ikiganiro c ingirakamaro kiraryoshe mubandanye jusqu au bout ntibumva ariko mugumizeko ugutwi kw impene kumva kokeje...Imana ibakomeze merci
Amashi menshi cane kuri uwo atwigishije ivyo MONRONVIA EST CASABLANCA Bisigura.❤❤❤❤❤❤
nukuri ivyo ndikondabona igihugu cacu kiriko kiraja habi cane nivyaba arivyo nibihenda ngo bagiye gutera urwanda ivyabo bizoba bibaheranye kazoba ariko kadomo
Hari akarwi kabatutsi bagishibije ariko amaraso namanvugako ahuma kandi imigambiyabo twayivumbuye kera
Bunyoni ntashobora kurekugwa neva akitoa kubutegetsi
Munyumvire ico gisubizo c'umukuru w'Inama Nshingamateka. Ngo urwanda ?? Mwarahahamutse azaze arebe mu Rwanda abarundi n'abandi banyamahanga baragura amazu, parcelles nta nkomyi , areke guhenda abarundi
Mbega uri apotre vyukuri kuri umunyamacakubiri wanka ubwoko ubwita ubwicana Imana igutabare
@@yvanitangishaka910 Nigiki yavuze kitarico?Mbega ubabwije ukuri akubahuka akabamira muca mukanura amaso?Mubeshuze tuguhe microphone ureke kuvugira muntamatama
Mbarira ingene 1kg c'isukari cozimba gusumba 1l y'igitoro???
None niba nta sukari iri mu Burundi kuki ntasukari iva hanze?
Uyu mutama afişe imyaka ingahe? Ukuri kwiwe guhagaze hh?
@@thewest0 wewe ufise ingahe?Mubeshuze ivyo yavuze bitarivyo.