Guteka/Karibu twigane guteka umuceri wa CPGL uryoshe cane bihebuje.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 10 сен 2024
  • / @jeaninetv
    #guteka #cooking #cook #cuisine

Комментарии • 39

  • @FHabayimana
    @FHabayimana 5 месяцев назад

    Urakoze cane

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  5 месяцев назад

      Murakoze namwe

  • @kanyambo4166
    @kanyambo4166 Год назад +1

    Twaraguhawe

  • @villageroutine5463
    @villageroutine5463 Год назад +1

    Biraryoshye pe

  • @estellaniyomwungere4531
    @estellaniyomwungere4531 Год назад +1

    Urakoz cne Jeanine utwigish ivyo dukeneye

  • @nishei6181
    @nishei6181 Год назад +1

    urakoze muvyeyi kutwigisha guteka

  • @nshimirimanagloriose7812
    @nshimirimanagloriose7812 Год назад

    Mercii

  • @burundi1941
    @burundi1941 Год назад

    ❤❤❤❤❤❤

  • @VestineIrakoze-d6c
    @VestineIrakoze-d6c 11 месяцев назад

    Murakozzz

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  10 месяцев назад

      murakoze gushima

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Год назад

    Ariko ncuti yanje kwiyi sahani naririyeko ntawunkoreramwo😂😂

  • @jeaninetv
    @jeaninetv  Год назад

    Fanny jewe narivuje amibe nd'umu bon appétit

  • @kwizerafrancine7895
    @kwizerafrancine7895 Год назад +1

    Urampimbara cane mwiza

  • @annociatteniyonizeye5489
    @annociatteniyonizeye5489 Год назад

    Uze ugerageza kuduza ijwi ntitukwumva neza! Kd butwereka ko commentaires wazishimy Cank wazigay utwishure! Nayubundi ivyutwereka turabishima caane ! Courage

  • @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu
    @EsperanceNiyonizigiye-lf3nu Год назад +1

    Mercii kanini mwiza ,uratwungura ubumenyi vrmt bikampimbaraa,Ndiho akuturindire

  • @user-oh2hf7zs8q
    @user-oh2hf7zs8q 11 месяцев назад

    Umurir muke na fire😂 nke yemwe ngukunda kanini nukurii ndiho ahezagire ibikorw vyintoke zawe bibagw neza

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 Год назад +1

    Umuceri wikaroti uraryoha

  • @gloriamunezero8435
    @gloriamunezero8435 Год назад +1

    Butamu

  • @fannymfitinema2792
    @fannymfitinema2792 Год назад

    Ntabwo watahuye impamvu ya commentaire yo gushyira bike kwisahane urashobora gukora présentation ukawerekana wose gutya ariko kuko atari wowe Uri buwurye nguwumare ugafata akandi gasahane ugashyiraho uwawe kuko si byiza gukora mu biryo abantu Uri bugaburire abandi bantu ukaryaho ukabisigaza no ku bindi biryo nuko pe canke ukarura bikadeborda kwisahane n'a présentation nziza iba ikenewe muri cuisine .

  • @evelynekamariza6296
    @evelynekamariza6296 Год назад

    Jewe nitegerej arik sinabony aho yashizemw ya simbambili!🙈🙈🙈🙈 Abakunz bigikoni niho muri?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Yooo Eve nayishizemwo moejeje gushiramwo ibitunguru vyakurikiranye n'a sause tomate

    • @nishimweaudacienne-ju2dv
      @nishimweaudacienne-ju2dv 7 месяцев назад

      Yasamaye jewe nabibonyekweri

  • @kagenzicanisius4679
    @kagenzicanisius4679 Год назад

    Urugero rw'amazi ntirusobanutse Jeanine, kuko igikombe kingana iki?

  • @kagenzicanisius4679
    @kagenzicanisius4679 Год назад

    Bisa neza pe! Nanjye ndi kumenya guteka😂😂😂😂

  • @evelynekamariza6296
    @evelynekamariza6296 Год назад

    Arik hariho ubuhinga bwo kuwuteka ntushaye!umuceri umeze nkubugali nawo ni danger!

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Год назад

      Oyaye subugari niwo nkunda 'ww rero ushaka KO uguma ari intete ucushiramwo ibikombe bitatu n'inusu pas 4