Love story❤️:Past MASEZERANO n'Umufasha wiwe:TWAHURIYE MU RUSENGERO😍😅
HTML-код
- Опубликовано: 17 окт 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Ndabakunda cane Imana ishishikare kububakira bakunzi babenshi,
Mwubahw Yesu nabamper umugish
Imana ibahezagire
Kbx mutanze amajambo meza❤❤❤
Ndarize kbx😢
Intahe iryosh canee. Yesu akomez kubahezagira
Urugo rwiza n'Ijuru rito" mwarahezagiwe beza"
Fofo urankozeko❤❤❤🎉
.yabaye uko biri kubera imana
Hezagirwa cane 🙏
ndakunda uyu muryango vrt❤
❤❤❤❤
Uyu Fofo tumeze kumwe nanje ndarota cane, kandi nkandika
Waouhj
Car'ikiganiro ciza cane