Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uzukuntu mubakunda rero indirimbo zanyu zirigisha knd murabishoboye namw rer ngaho abakunda Ebenezer mump like musi yanje turabe ❤❤❤
Thx for this vidéo Ebenezer choir from SDA kamenge,I'm not an adventist but this song inkozeko 🥰🥰Imana ibahezagire
urakoze cane
Waouh Amazing song May our Lord bless all Ebenezer 'singers
Amena ...ndishimye kubwiyindirimbo ...Ikigali turabakunda
murakozw cane
😢muhezahirwe
Iyi ndirimbo imeze neza mukomereze aho
Murakoze cyaneeeee bavandimwe dusangiye umuriro
Thx for this song 🥰🥰ikigiye kutubuza ijuru nako kantu gato dukengera🤌🤌ariko kumusi wurubanza Niko kazodutsindisha💔💔twiyubare bagenzi🥰
Amen. Umwami adufashe kugasuzuma kugira katatubuza gusuba Kuba muri Yerusalemu nshasha aho tuzobana n'Umwami
Mukomere cane kugikorwa.umutima kabisa uribesha.Imana ibahe umugisha❤
Amen
Good Job, Support from GOLD AFRICA TV
Thx
Ebenezer choir from kamenge I bujumbura Imana ibahe umugisha mwakoze video nziza cane cane kandi indirimbo irafise ubutumwa bwiza twihane duhijduke ingeso zacu zigishe abandi
murakoze cane
Murakoze caane muvyeyi wacu dukunda.
shirindirimbo mugiswahiri mwumvikane muri africa ikirundi niwanyu gusa no murwanda raba ibitezimbere andi makorari igiswahiri mwumvwa nabenshi
@@ugstv3765 nivyo tugiye gukora vuba cane
Ndabakunda cane indirimbo zanyu zirimwo amajmbo Meza yigisha Kandi aruhura imitima
Ndahabangukiye ñbaye number one❤❤
Muraho neza umuntu abashaka kubatumira murwanda byasaba iki? Ntabakunda cyaneee❤❤
Natw turagkunda ❤🎉ndibaza vyoc kuba chef bacu
nisawa turagukunda cane,uraturondera kuri watsap tuvugane +69362548 canke email ebenezerchoir07@gmail.com
Bisaba komubitegura neza, mukabicisha munzego z'ishengero zibijejwe, hanyuma tugahabwa uruhusha n'ababijejwe
Dusabe Imana mpwemu yera adushoboze 🙏.Aya majambo arakomeye cane ntazedutsindishe🤌
Merci pour le message
yemwe Imana ihabwe icubahiro.kubwiyi ndirimbo,amajambo ayirimwo yigishe buri wesw
Imana idufasheee🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Amen 🙏🙏🙏 Mutere muja imbere cane impande zose !
Imana iduhe kwisuzuma kugira hataba icaha dukengera.Thanks Ebenezer choir from kamenge SDA
Nimba ari choir ikubzwe, simbeshy you 're number one
Courage GS uwiteka akomeze yagure impano
Benedata ndabateye intege cane. Indirimbo ni igikorwa co kuvuga ubutumwa. Message irahambaye, uburyo mwaririmvye mutuje n'amajwi meza. Komereza aho
murakoze cane ,Imana idufashe igikorwa cayo gitere kija imbere
Imana ibiteho cane ❤
Good! Muhezagirwe cane bagenzi, mwabikoze neza cane
Ubutumwa buri mw'iyi ndirimbo bufashe imitima yacu twese
Imana iduhe kuzobona ijuru
🎉🎉❤❤❤my fav choir
Very Nice and powerful Message...❤
Imana ibajimbere chorale Ebenezer !
Amen murakoze
Njyanshimishwa nuko abadive Bose baririmba kimwe kwisi🙏🙏🙏🙏🙏🙏
N'ubuntu bw'Imana gusa
Nice song ubund turabakunda❤
Murakoze cane , natwe turabanezererwa
🙏🙏🙏🙏Muhezagirw
Amen dusuzum ako kantu gato dukengera🤌
Amen imitima yacu iribesh CNE
Imana ikomeze kubashoboza ncuti zanje
Murakoze cyane nshuti z'umusaraba!!!! I Kigali, Rwanda, turanyuzwe cyane!!!!
namwe murakoze cane
Muhezagirwe turabanezerere
Ndabakunda.kwivugabutumwamutanga
Turabakunda natwe k'uburyo mutwitaho
Great Song
Tkx don
Mwaduhaye ubutumwa bwiza IMANA Ibakomeze
ntihagire icodukengera
Gukunda iyindirimbo bintey kuyikorera partage nukuri muranezerey muririmba neza Imana ikora ibikomeye ikamyakagezi yateguye akandi vyizigiro isubiy inyuma non reba hazamutse choir ikomeye kuyirusha mufis amajwi nkaya Dawn joy sororezo
❤❤❤
Amen ibakomez mugikogwa
Uhoraho Abakomeze maze
Murasa neza ndabakuz ❤
Nimukomere kugikogwaa
Nice choir God bless you
Muduhe nimero zanyu🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🙏🙏🙏🙏🙏 mba muRwanda
+25762695002,+25768210896
Umuhatiwanyu ntuzabe uwubusa kumwami muririmbaneza .iyikorari niyahe muzaze kurinyarubande.murwanda munta yakigombe.akare kamusanze.umwimerere witorero..
@@IshimweJean-b5l chorale niyo kuri SDA church kamenge ,District kamenge ,mission bujumbura ,union Burundi.muzokora procedure
Mukomez muhezagirwe 🥰
Murashobou
Uwiteka abahe umugisha
Mwarahezagiwe❤❤🎉🎉
Ameni
Muraho nshuti umuhati wanyu suwubusa kumwami
Groly be to God
Nice song
Tuyirindiranye igishika
Ndabakunda cane,Imana ibakomeze cane
Uwiteka abongerere Impano
Amen 🙏🙏
Congratulations
❤❤❤❤
Courage kumurim wiman
Good
Nahacu hokwisuzuma
Nice song❤❤❤
Muraduhezagiy bagenzi
Turategereje
Nguma nryoherw niyindirimbo ngonyifat kumutw kubwamajambo arimw
We are waiting
Imana iduhe kubikora neza nkuko twabiririmvye
Nice message 👌
Akaha gato???????? Niko soko yo gutandukana n IMANA.
amen
Shikama
Better if I knew this kinyarwanda otherwise the song is very soft .
🌺🌺🌺 Happy Sabbath otherwise
Byiza cne ese iyi choir niyo Murwanda?
@@harerimanajeanclaude4126 niyiburundi kabisa
Imanihezagire abitanze mugusohorubutumwa nkubu biciye mundirimbo
Uzukuntu mubakunda rero indirimbo zanyu zirigisha knd murabishoboye namw rer ngaho abakunda Ebenezer mump like musi yanje turabe ❤❤❤
Thx for this vidéo Ebenezer choir from SDA kamenge,I'm not an adventist but this song inkozeko 🥰🥰Imana ibahezagire
urakoze cane
Waouh Amazing song
May our Lord bless all Ebenezer 'singers
Amena ...ndishimye kubwiyindirimbo ...Ikigali turabakunda
murakozw cane
😢muhezahirwe
Iyi ndirimbo imeze neza mukomereze aho
Murakoze cyaneeeee bavandimwe dusangiye umuriro
Thx for this song 🥰🥰ikigiye kutubuza ijuru nako kantu gato dukengera🤌🤌ariko kumusi wurubanza Niko kazodutsindisha💔💔twiyubare bagenzi🥰
Amen. Umwami adufashe kugasuzuma kugira katatubuza gusuba Kuba muri Yerusalemu nshasha aho tuzobana n'Umwami
Mukomere cane kugikorwa.umutima kabisa uribesha.Imana ibahe umugisha❤
Amen
Good Job, Support from GOLD AFRICA TV
Thx
Ebenezer choir from kamenge I bujumbura Imana ibahe umugisha mwakoze video nziza cane cane kandi indirimbo irafise ubutumwa bwiza twihane duhijduke ingeso zacu zigishe abandi
murakoze cane
Murakoze caane muvyeyi wacu dukunda.
shirindirimbo mugiswahiri mwumvikane muri africa ikirundi niwanyu gusa no murwanda raba ibitezimbere andi makorari igiswahiri mwumvwa nabenshi
@@ugstv3765 nivyo tugiye gukora vuba cane
Ndabakunda cane indirimbo zanyu zirimwo amajmbo Meza yigisha Kandi aruhura imitima
Ndahabangukiye ñbaye number one❤❤
Muraho neza umuntu abashaka kubatumira murwanda byasaba iki? Ntabakunda cyaneee❤❤
Natw turagkunda ❤🎉ndibaza vyoc kuba chef bacu
nisawa turagukunda cane,uraturondera kuri watsap tuvugane +69362548 canke email ebenezerchoir07@gmail.com
Bisaba komubitegura neza, mukabicisha munzego z'ishengero zibijejwe, hanyuma tugahabwa uruhusha n'ababijejwe
Dusabe Imana mpwemu yera adushoboze 🙏.Aya majambo arakomeye cane ntazedutsindishe🤌
Merci pour le message
yemwe Imana ihabwe icubahiro.kubwiyi ndirimbo,amajambo ayirimwo yigishe buri wesw
Imana idufasheee🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙇♂️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Amen 🙏🙏🙏
Mutere muja imbere cane impande zose !
Imana iduhe kwisuzuma kugira hataba icaha dukengera.
Thanks Ebenezer choir from kamenge SDA