Apôtre Ferdinand aradusiguriye ingene yaciye mu Bihome😱/Dusubiriye kwumirwa/Abarundi barugaye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 янв 2025

Комментарии • 58

  • @ChaniceChandan
    @ChaniceChandan 5 месяцев назад +3

    Intumwa mu gishingo ca KRISTO 🎉❤

  • @AnacletNuru-vl2bz
    @AnacletNuru-vl2bz 5 месяцев назад

    My Father Himself ❤ Intumwa Y'Imana Vyukuri❤
    Yesu Kristo ntiyapfiriye Ubusa Vyukuri ❤
    Murakoze Cane vrmt Ndafashijwe Caaaaaaneee❤

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 5 месяцев назад +2

    Iy'Intumwa Bright ndayikunda cane ndashing'Intahe koyahamagawe😊ihishurigwa yahawe niryo gukurikira hama ivyoba vyaramushikiye navyo nobishira muvyo christo yavuze tuzohura nkibigeragezo Ego Imana ntitwipfuriza inabi ariko haribitubako kugira twigishwe kuba atacitse intege nacone nigitangaza mubindi cokwemeza koyahamagawe.ndabisubiyemwo uwumugabo yarahamagawe jewe naravyiboneye icamaso kndi ndabishingira intahe naho atanyambo ibura agahonzi😂 Apotle i love you🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @Indeeed-u4o
    @Indeeed-u4o 5 месяцев назад +3

    This is a Man of God , afise ubwenge n ihishurirwa riva ku Mana

  • @ChaniceChandan
    @ChaniceChandan 5 месяцев назад +1

    Intumwa mu gishingo ca KRISTO AFBN 🎉❤

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 месяцев назад +1

    Jew Imana ndatikuririnkofero kabisa narayibonye mubuzima bwanje kandi nkiyibona nubu ❤❤❤

  • @NtirampebaNoella-rp1vm
    @NtirampebaNoella-rp1vm 5 месяцев назад

    Ndemeranya ni ntumwa Ferdinand Bright 🙏🙏
    Tuko wimatanije nijambo ntuba ukibaho nkuko abisi babaho ✍️
    Ivyo Narabibony kuko ibitangaza bimbako misi yose kuvaho ntanguy kubah ukwijambo rivuga🙌🙌🙌

  • @Nziga257
    @Nziga257 6 месяцев назад +4

    Ndi nzigamasabo I matyazo 🇧🇮 Uyo mugabo apotre Ferdinand ivyavuga nivyubwenge numunyabwenge niyirambire muzomubaza avuge kunzahabu zimusongati komera

  • @beniking1337
    @beniking1337 5 месяцев назад

    Old vs new generation mubakizi b’Imana batandukaniye kuki!? Niki gishasha wotahuza abantu! 👏🏻

  • @aimendikuriyo9998
    @aimendikuriyo9998 5 месяцев назад

    Uriko uramenya kubaza neza,courage Hosy

  • @davidirambona9465
    @davidirambona9465 4 месяца назад

    apostle Ferdinand Bright mbega yarabizi ko bizotandukana numugore wiwe before ko bagira marriage?muramutubariza

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 месяцев назад +1

    ivyavuga nivyo kbx iyufise imigenderanire n'Imana ntuba ukibaho ubuzima bwawe uboho ubuzima bw' Imana ijambo ry'ukuri

  • @PrinciaKaneza
    @PrinciaKaneza 5 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤

  • @Nziga257
    @Nziga257 6 месяцев назад +3

    Apotre Ferdinand ndamuzi yamye asenga ndamuzi 2007 twarigana muri ets kamenge niyirambire yamye.asenga

  • @JeannetteUwimana-q8w
    @JeannetteUwimana-q8w 5 месяцев назад

    Usanga yari yafash kagatabi 😂😂😂😂ati mubihome Imana irihangana peeee

  • @BahatiBD
    @BahatiBD 6 месяцев назад

    Hosy ari serious like millard Ayo ahaye agirira interview abaprophete 😂😂😂

  • @EvaGlow-r3e
    @EvaGlow-r3e 5 месяцев назад

    🤔🤔🤔🙄🙄

  • @franckkhan6199
    @franckkhan6199 6 месяцев назад

    🎉🎉🎉🎉

  • @valerecedrichayimana
    @valerecedrichayimana 5 месяцев назад

    Hosy,uzosome commentaire yanje please...ndakumbuye Nikiza Jean Apôtre wamutumiye uzomutumire unamubaze bimwe bimwe muvyo mwavuze ngaho.!!

  • @jeanbaptistebizimana1
    @jeanbaptistebizimana1 6 месяцев назад +1

    Hosy naramwumvifije atwara ikintu citwa CEWIJ Koko barugaye ariko mn uwo mutip ndamuzi ahubwo arugay kurenza so uramubaza ivya CEWIJ yahoze arongoye ETS Kamenge.so très compliqué ubu ndavye kino kiganiro kubera mubonye please uramutubarize kandi gsa j musobanukiwe kumbure kurenza bamwe abeshe sintangara kuko siryamvere p knd ndanamukunda gusa umuhamagaro wiwe wari uwa entertainment ntabwo waruwivugamana p sorry Imana inambabarire!

  • @IVOMO_TV
    @IVOMO_TV 5 месяцев назад

    Uyu arwaye mu mutwe

  • @BahatiBD
    @BahatiBD 6 месяцев назад

    Yaciyehe????!!!!! Mana mbabarirara nsanze natwenze😂😂😂

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 месяцев назад

    Ariko nivyo burya abantu ntibizerimana nibitangaza vyayo bitaho kurondera cane ibubasha bwashetani kandi bakavyizera kurushimana 😢😢

  • @Dreamer-s3d
    @Dreamer-s3d 6 месяцев назад +1

    None nkuyo vraiment arafise ivyavuga

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 6 месяцев назад

    Hosy wangu kowaruberewe none urimwiza Hosy uratesa sana

  • @AxelGisage
    @AxelGisage 5 месяцев назад +1

    Soyons sérieux un peu,ivyobint vyoguca mumuryango wugaye physiquement nabavyemera bos baragway tout simplement nigut umuntu ashobora kuvuga tel bêtise kwel??

  • @PrincEloge
    @PrincEloge 5 месяцев назад

    🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂

  • @MasaboGedeon
    @MasaboGedeon 6 месяцев назад

    Ndababaye ama mega yanje ndononeye kuruyumugabo

    • @axelniyonkuru1093
      @axelniyonkuru1093 5 месяцев назад

      😂 jew sinirirwa ndaraba uyu mubono Ferdinand...umu escroc kuva kamenge..

  • @salluxicitegetse2258
    @salluxicitegetse2258 6 месяцев назад

    abafise abantu barwariye mubitaro banse gukira bazobazane mubisigabwenge conference nibo bazokwitahana muhira

  • @salluxicitegetse2258
    @salluxicitegetse2258 5 месяцев назад

    iki nico bita ubwenge bw'imana kabisa ndumva ndiko ndamwigirako ibintu vyinshi

  • @Fitbdi
    @Fitbdi 6 месяцев назад +1

    Akabazo kamwe: ivyo vyoguca mumpome nukwo zinyika, kumenga nivyakera cane, ubu aracabikoreshwa??

  • @MazaFabrice
    @MazaFabrice 5 месяцев назад +2

    Hosy ugiye uratumira abantu nkabo nzoca ngira desabonE

    • @steveirankunda5297
      @steveirankunda5297 5 месяцев назад +2

      Ham ugize desabonne uzoba uhagaritse plan y'Imana kubuzima bwiwe😂 ushaka anezereze wew gusa rero ntunazi akazi kiwe ncandavyumva.courage sha Hosy merci kumutugarukanira Apostle Bright ndamukunda nawew ibiganiro vyawe biratesa🎉❤

    • @MazaFabrice
      @MazaFabrice 5 месяцев назад

      @@steveirankunda5297 ama mega ntabwo ari ww uyangurira so,kurivyo ndaba ivyo nshaka abo bantu ngo nabakozi b'Imana bayovya ntabo nshak kubona,w nimba uraraba biragusha!

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze 6 месяцев назад +3

    Hosy ntuzosubire kutazanira abo basazi ngo ni abakozi bimana wiyumviye kuzana abavuga butumwa urazana ba mbayahaga nabandi apana uw vyananiye nukubak ntaco afise avuga ntamwerekwa yotwara uwimana itamuteguriye ham ng divorce ico nikibwa umugani wa chimamanda

    • @bellardnijimbere1423
      @bellardnijimbere1423 6 месяцев назад

      Ndagushigikiye ntazasubire kubatumira

    • @Nziga257
      @Nziga257 6 месяцев назад

      Umusazi niwewe mbega wosanga arukuri naho

    • @sese667
      @sese667 6 месяцев назад +1

      ​​@@bellardnijimbere1423Mbe ndababaze : Umuntu yahukanye ntasubira kuba umuntu ?? Mbe wibaza yuko umuntu aja gusaba kwahukana (divorce) aryohewe ?? Gufata ingingo (décision) yo kwahukana si icoroshe kandi umuntu afata iyo décision abazi igituma we ubwiwe yayifashe, ntitugacire imanza abantu kandi uko mwiyumvira Apôtre Ferdinand siko Imana Imwiyumvira ...
      Nkumbure ashobora kuba yarananiwe kwubaka urugo (mariage) ariko, agashobora ibindi (izindi domaines) rero adushingiye intahe, murivyo ashoboye, izo zindi domaines ntakibazo nakimwe kirimwo, kandi umu divorcé ntategeko ribuza ko atumirwa mu biganiro rihari !!!
      Kwahukana (divorce) ni ikintu kibabaje caneee kandi nta muntu n'umwe novyipfuriza ariko uwo bishikiye ntacareka kuba umuntu kandi ubuzima burabandanya ...

    • @None-d7e
      @None-d7e 6 месяцев назад +1

      ​@@sese667uvuze neza nk umunyabwenge wirambire urekane n abo bafarisayo iyaba bazi ikigiga kiri mu jisho ryabo ntibokubahuka nokuvuga

    • @sese667
      @sese667 6 месяцев назад +4

      ​@@None-d7eDivorce n'ikintu kitoroshe, kitaryoshe nta muntu n'umwe, en tout cas nimba bahari ni bake cane, nta muntu n'umwe aja gusinya divorce aryohewe, kuko divorce ibabaza uwo mwari mw'ubakanye mu mategeko (légalement), kandi divorce ibabaza gusumba iyo harimwo umwana canke abana (uruvyaro) kuko n'arwo (uruvyaro) rurababara ... Ariko uwo bishikiye ntacareka kuba umuntu, sinshigikiye nagato divorce ariko hari abantu imbere yuko bahukana, baba bakoze ibishoboka vyose kugira ntibahukane, barondeye solutions zose zishoboka ariko bikanka ...
      Hako mubana mushwana buri munsi, mu kubitana hakajamwo ingumu, mwovana umwe wese akaba mu mahoro, kuko kubana mutabanye nabwo s'ubuzima ...

  • @axelniyonkuru1093
    @axelniyonkuru1093 5 месяцев назад

    Voir un escroc comme Ferdinand ahabwa ijambo nkuku😂😂....les RS ni ingoraneee😂😂😂

  • @axelniyonkuru1093
    @axelniyonkuru1093 5 месяцев назад

    Hosy namba atakindi kiri inyuma bubanza uchkeking background yabo bantu utumira...ce con n'a rien d'un homme de valeur😂😂😂...

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 6 месяцев назад

    Uyumugabo abakoze imigumuko baramuponda kuko yarabakoze mujisho 😂😂😂😂😂 ariko bamuhorubusa kuko ivyoyabavuzeko vyarivyo😂😂😂

  • @yaweacademy
    @yaweacademy 6 месяцев назад +2

    Aho kwl ibitangaza biraj ishinga Imana n'uguca mu mpome? Uwo mugabo soit ni dépression canke ni imaginations yagize azit ukuri. So,n'avug ibitangaza bigaragara yakoreshejwe arek ivyo. Nivyasubira gushika naho azokwifate vidéo atwerekee

    • @alidacynthiaakimana4491
      @alidacynthiaakimana4491 6 месяцев назад

      😂😂😂😂😂

    • @JoshuaNdayikeza
      @JoshuaNdayikeza 6 месяцев назад +1

      Nyakubahwa ubutumwa bwiza budaherekezwa nibitangaza nutwumiza ubwo sibw ahubw ni formation yidini reo numurozi w'Imana adashingirintahe kristo nibitangaza biherekez abizey kristo siwe

  • @regismfuranzima6312
    @regismfuranzima6312 5 месяцев назад

    Niyo mpamvu naturiye bibiliya n ubumara bukaze abakoroni bazanye ndabira nkuyo muntu ubwonko bwiwe uko bukora

    • @johnnininahazweclaude
      @johnnininahazweclaude 5 месяцев назад

      Aho niwe wenyene,harigihe uzoyipfuza utaribuyironke😂😂

    • @steveirankunda5297
      @steveirankunda5297 5 месяцев назад

      Imana ikubabarire kuko bitebe bitebuke uzicuza icatumye uyiturira.

  • @ChaniceChandan
    @ChaniceChandan 5 месяцев назад +2

    Intumwa mu gishingo ca KRISTO 🎉❤