DJ FERNANDO Ararize😭 Barangwanije Ariko Ndabikoze| Akoreye SURPRISE idasanzwe Gabriella🥰vyari bitesa
HTML-код
- Опубликовано: 7 окт 2024
- @hittoptv #hittoptv1 @LandryPromoter #landrypromoter #congo #bujumbura #burundi #landrypromoter #kazimaimanainkunda @Mista_aye #mistaaye #gusto
Ooo nibyiz cyane pee ubutah muztubwire natwe ni Chadia ndi mu RWANDA fernando turagukund cyane cyane ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉
😂
Dj FERNANDO Uvuze ijambo ryiza wubahwe👏ndagukunze From Saudia❤❤
Diaspora mutemwo oe Gabriella ata 100$
Dj Fernando ntawuvuma uw Imana yahaye umugisha wew bandany ivyaw ushir Imana imber vyos bizogenda neza🤝🤝💐💐
Waooh DJ Fernando ijambo rizim dix ndagufan abakwank bakwandureh ndih agukomeze❤👊
Ndishimye pee kuna Dj Fernando ashitse kuyo mwana kabis imana imuhezagire🙏🙏🥰🥰from Saudia❤❤❤
Safi sana kumufuraisha uyomutoto nawapenda sana
Landry nundeke nicogiswahili😂😂😂, Happy birthday bb Gabrièlla🎂🎂🥰🥰🥰
Na dada yake pia mashallah ninafurahi kbs 🇧🇮🥰🥰
Mungu awabariki wene walijitolea wote ajili yauyo mtoto
Waaaaaouh birampimbaye vrt❤❤❤❤
Wow DG Fernando sh merciii❤❤
Good job voor the all team🎉🎉🎉
Ahwiiiii ndabona vyagenze bien 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Waooo ❤ dj Fernando
Ndakwemera brother nukuri ndagushigikiye❤❤❤🎉🎉
Imana ibhe imigisha nukuramba
HAPPY birthday to you enjoy your day 🎂🎂🎂🎂🎂ndagukunda cyane cyane cyane ❤️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Dj Fernando uvuze neza ndiyongereye mu bafana bawe🎉🎉🎉
Hbd Gabriella❤
Good. Job D fernando ❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉Upendo tele❤❤❤❤
Eeee iy T-shirt Landry Wapiii Ubundi mwakoze ikintu Kizima🎉
Courage kabsa mwagize neza.Hama Landry nibakuveko singombwa ngo uvuge Igiswahili neza kuko sigo rurimi rwawe rwa kavukire.Essentiel nuko uvuga Abantu bakumv'ivyo ushatse kuvuga.
wow🥰🥰mrc DJ Fernando kub ugiriye uyo mwan ak ga signe d'amour🙏🙏
Imana ibahe umugisha isubize aho mwakuye 👏👏👏🙏🙏🥰🥰🥰🥰🥰
Waooooo imana ishishikare kuguhivyowipfuza Dj fernando
❤❤🎉🎉
Arikosemana nukuri ndichimye nukuri 🙏🏻❤️❤️❤️
Komerezahoo
Komera fernando uvuze ibintu bizima
Kama hanazingine gahunda😂😂😂😂 landry kiswahili 😢😢😢😢. happy birthday Gabrielle ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Big up sana Landry
🎉agradable dj fernando
Imana iguhezagire mushiki wa Dj Fernanfo❤❤
Vyukur Imana iragukunda Mr Aye ❤nivyaw ibirimwo kuki atasubiyemwo izabandi uwukwanka natuze warahezagiw
Thank you Fernando
Thank you Landry
And Fernando's sister you both for your kindness🎉🎉🎉🎉
Waaaooooo mwakoze ihikogwa ciza cane Imana ihezagire aho mwakuye❤❤❤❤
God bless u Landry🙏
Komeza guhezagirwa mutama Landry, Dj Fernando na mushiki wa Dj Fernando mwakoze ikintu ciza cane.
❤❤❤
🎉🎉🎉❤❤❤❤
Mutananigw uwabahwe cane kuvyinz mukora turabakund Iman ihenzangire umuntu wese yanginz ico akora 🎉❤
🎉🎉🎉❤❤❤ ew Landry chah kwic giswahir caw dinabagez 😂😂
Wawooo mbegindirimbo ziryoshe MrFernando wubahwe cane gose na bebe wacu Gabriella ubandanye ukurana ubwenge mamy
❤❤❤🎉🎉yooo nivyiza mukoze iman igusubirize aho wakuye
Dj Fernando wubahwe can kabix uyumwana nushishikara kumwitaho numugisha kuri wowe pe nukur uzabibona pe
Amen amen amen muhezagigwe cane
Waooo mwakoze cane ❤❤❤🎉🎉🎉
Landry ur my brother kugiswahili kl 🤣🤣ing twiber murugombo ahobita mumuhabura kbx 🤣🤣
Happy birthday to her
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤🙏
Mungu akubariki❤❤❤
Nimuduhe groupe ya wstpp twoza duhuriramwo kugra tumufashe
Niba iyo grp,urimwo ndagusavye nanje unyandikire in box ngire ico mfasha
Nibyiza disi
Dj Fernando ❤❤❤
Waoooo nice❤❤
IMANA IBAHEZAGIRE MWESE ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
nice
❤❤❤🎉
LANDLY KUGISWAHILI AGEZE TANZANIA 🇹🇿 YOFUNGWA KUBERA YAKOZE REMIX YIGISWALI ADASAVYE URUHUSHA
😂😂
😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂 urinzigo
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
🎉🎉❤
Uyu mwana yatumwe menya nyiriyi ndirimbo disi Fernando Imana ikuzuze imigisha❤❤
Mwakoze iciza kirenze pe
Gabi❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹🌹
Amen
Landry ja kwiga indimi vyogufasha nigiswahiri nkico ntac novugir kur camera 😂😂gus mwakoz igikorw ciza Imana yongereze ah mwakuye
🗣️🎊🎊🎊🎊🥰
Igiswahili kiraho najembapwisare 😂😂😂😂😂😂😂nagitahuy atacotuvug ibaz nkababa migisagara ukunt bakivug neza kwel ahobumvise ivy Landry yavuze😂😂😂😂😂
Frenad❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤🎉🎉🎉neza cane
Muhezagigwe.mwakozigikogwaciza🎉🎉🎉🎉
Landry bwabundi swahili yawe niyagufundikanya kama mimi🙈🙈🙈🙈🙈🙈fire
🤣🤣🤣🤣🤣
Ww kwl uratwenza pe
Batafanyaga kitu mtoto. My Landry noma sana
😂😂
Kand ww nuko ukizi gusumba abandi we fala ikirundi kiravangwa na english igiswahili kiravangwa na france igiswahili kiravangwa n'ikirundi bro punguza jaba usipeleke watu kama fala we hujui hiyi ni munete umuntu avuga ivyashaka
@@armeloking-uv2vz Umukama aguharire.nibazako wewe ntakuzi ntaco nari nkubwiye.kandi ngize commentaire ndaziko ataba ahonvye.ibambi iba nziza.gusa uravugiye nabi ubusa kbs.pole
@@armeloking-uv2vz ntanison gutukan
@@GuillaumeMusonerwa-it9sw ivyonivyabitandero bidakwij
You did amazing thing ,..but neenda shule ukasome kiswahili maana ulichokiongea ni maajabu sana
Ndabikunz caaan mwiyumviriy ikint kizim
🥰🥰🥰
La😂😂😂❤ndy😂
Igiswahili ca Landry ngira yabaye muri Congo 😂😂😂
Igiswahir wagikorey remix 😂😂
Swahilirundiii😅😅😅😅we landry uranyishe
Laundry koyavyimvy amatama🤣🤣🤣🤣🤣
Igiswahiri ca Randry kirarenze.
Si n nyinyi mufany grp yakumusayidiya pesa yakununuwa mkono kisha mkishayifanya muweke link humu n mumupe mm ake awek link y grp kweny tiktok
Kwakweri mubarikuwz,nivuko ryiza mwana
Ntamuntu avuga ijambo ariko ahekenya ijojo wikebuke kwl
Imana isubize aho mwakuye
Dj Fernando Umukama aguhezagire.❤❤❤
igiswahili co mukamenge😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉
Mejor deseos
Waaaoooo ❤️
😂😂😂 igiswahili xa landry kiri international 😢😢😢
landry kajifunze kiswahili 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
VyiZa cn🎉
Gabriella hongera sana
❤mhezagirwe🥰🇧🇮
abarundi turakwiye kwerekana urukundo vlm biratesa fernando bamurek yikorer ibikogwa vyiza kuk bigaragarira kubantu ukuntu bamukunda
🙏🙏🙏🙏👍
Ndasavy mubwir bebe Gabriella ahaba nzoj kumurab kuk ndamukund mump num y mama wiwe ndabasavy