KAGAME IVYO AVUZE KUBITABIYE INAMA YA COMESA YABEREYE I BURUNDI

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 ноя 2024

Комментарии • 86

  • @UfitimanaSeraphin-l4v
    @UfitimanaSeraphin-l4v 3 дня назад +5

    Umvabro kagame ntamwanya wamatiku afite arikwita kubanyarwanda naho iyonama nabandi nibayireme kd yohereje intimwa

  • @Caroline.1727
    @Caroline.1727 День назад +1

    Aza hehe ,wiwanyu amaze kuza iwanyu ,paul kagame nago ahakwa sha

  • @nizeyimanaboniface1709
    @nizeyimanaboniface1709 2 дня назад +5

    Bavuga nyakubahwa, ntibavuga Bwana kuri president wigihugu cyacu cyu Rwanda

  • @pierrecelestinuwiringiyima3345
    @pierrecelestinuwiringiyima3345 2 дня назад +2

    Kweeeeeee,😂😂😂 ugize ako kantu karagucanze!!?

  • @mvuyekuregaston9692
    @mvuyekuregaston9692 День назад +1

    Yitwa Afande peace/H.E Paul kagame nyakubahwa president

  • @fortuneirashoboye5347
    @fortuneirashoboye5347 3 дня назад +5

    Kagame arafise umu ministre yarungutse , minister of traderwanda yar munama kbsa

    • @NinaZouzou-p4d
      @NinaZouzou-p4d 2 дня назад

      Uyo siho Ari 😂😂😂yarashikuje😅

  • @mpawenayonesta6332
    @mpawenayonesta6332 День назад

    Nyenicubahiro ni Gn major Evariste Ndayishimiye urya wurwanda ni nyakubahwa

  • @AlineGahimbare-uq4yf
    @AlineGahimbare-uq4yf 2 дня назад +1

    Uyu mumenyeshamkuru araja arabanya urumogi yihereza ko tubona benshi murabo bakuru b,ibihugu batumye abandi knd nneho KAGAME azi ico akora SI nka NEVA

  • @funnyfinest7010
    @funnyfinest7010 11 часов назад

    Umwami w'amatiku aragarutse sasa😂😂

  • @MH-nq7wy
    @MH-nq7wy День назад +1

    Bwana Paul Kagame ivugwa na wa mu journaliste wa VOA eric bagiruwubusa. Naho abanyarwanda bose bita umukuru wigihugu Nyakubahwa.

  • @NinaZouzou-p4d
    @NinaZouzou-p4d 2 дня назад +8

    Nabaho mbonye umumenyeshamakuru wikijuju kweri mu Rwanda tibavug BWANA bavuga Nyiricubahiro canke His EXCELLECE .hama si mpaka haze abapresidents gusa oyaa ikindi Kagame sikijuju nkamwebwe kdi nivyo uxorinda upfa utabaye numukuru wagacimbiri.uramaramaje kbs

    • @gihungaselemani8727
      @gihungaselemani8727 2 дня назад

      N kwer nkah uciy wunguk iki l

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g День назад

      Président wacu ntabwo ari bwana ni his excellence wa kijujuwe.

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 День назад

      ​@@GiseleUwera-m6g
      Nyakubahwa

    • @Nestor800
      @Nestor800 16 часов назад

      Cank aratinya kuhashika erega ingoma yagukanze ntuyibagira

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 13 часов назад

      @@Nestor800 Ngira atinya ko bamumesa niyavuga His excellence uzi ko bafise urwanko ruvanze n'ubujuju bwinshi

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 2 дня назад

    Polo kagame kubataje muburundi birakureba none abarimuzindi shingano zinyungu yigihugu cyiwe bagituye😅😅

    • @bwengejeanbosco2610
      @bwengejeanbosco2610 День назад

      Yafumbiye umunaba kuko Idamange Yvonne Iryamurwiza yivugireko bamumwereka bimba abeshya byaranse ko bamumwereka kuko bazi neza ari umurambo bamuhendereza amafaranga arayana ko atagurwa

  • @NDUWAYOBOSCO-g1t
    @NDUWAYOBOSCO-g1t 9 часов назад

    wangurubewe ngonawerere uravuze

  • @HISTÓRIAREAL-f9k
    @HISTÓRIAREAL-f9k 12 часов назад +1

    Kigali baragowe tuzobacezigiti

  • @samuelnsabimana646
    @samuelnsabimana646 4 часа назад

    Aho uvuziki ubona uvuze ivyo wanditse

  • @jeshi4988
    @jeshi4988 День назад +1

    Mbe ninde yugaye imbibe ? Iyo ukinze urugi rwawe ubanza gusa abagufasha kurwurura😂😂😂😂 ivyamakuru birekere abavyo vyarakujabutse

  • @jeshi4988
    @jeshi4988 День назад

    Ntamakuru ufise intumwa zirabaho😂😂😂😂

    • @nassrasaid5680
      @nassrasaid5680 День назад

      Kabisa uwo ni ikijuju kbs ntamskuru azi inyötumwa zirabaho

  • @MfashijwenayoTheogene-j8k
    @MfashijwenayoTheogene-j8k 3 дня назад +1

    Kagame yitabira inama yiga kwiterambere ryumuturage naho inama yamatiku wapi ese ABA president 21 hakaba hitabiriye 6 kagame niwe wababajije kuza harabagabo badakunda ubutiku bwa

  • @MedronundersonMkuyu
    @MedronundersonMkuyu 3 дня назад

    Ntamukuru wigihugu atogwa nimana bemurekakuyovya abantu emama ngwabakozi bimana sha

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon 3 дня назад +1

    Inama y'abakuru b'ibihugu 21 hakitaba 6 gusa niho uvuga ko kagame ariwe yasivye?

  • @RutayisireLeog
    @RutayisireLeog 2 дня назад

    Ark harinabandi benshi bataje siwe gsa

  • @DusengimanaJohnDavid
    @DusengimanaJohnDavid 6 часов назад

    Ntabwo Rero uri KAGAME wewe Ahubwo Warasaze Raba iyomishatsi Yawe Wewe uri Mayibobo kbx Nonengo KAGAME toka kure

  • @nkurunzizaernestharimbabaz6224
    @nkurunzizaernestharimbabaz6224 День назад

    Twe président wacu w 'urwanda ntabwo arinyenicibahiro nyenucubahiro n'Imana yonyine ntadukirurire imivumo afadhari wakoresha nyakubahwa apana nyene icubahiro.hoya kosora inyito

  • @muhitira
    @muhitira 15 часов назад

    Kuza mu Burundi yoza nibisanzwe,kandi ntagihe atigeze aza iburundi,yewe ntanico yiyagiriza catuma ataza iburundi,akunda abarundi,akunda uburundi,nikimenyamenya,muri SOMALIA Al'shabab yateye ikambi y'igisirikare cy'abarundi itwara abasirikare benshyi rapport yageze ikigali,HE Paul Kagame abasibiza ati VUBAVUBA Ndashaka numve ko mubagaruye munkambi yabo INKERAGUTABARA Za R.D.F Zabikoze nkoguhumbya abasore babarundi barokoka gutyo,rero kumva ngo Ntiyahageze mugashaka kubigira intambara sibyo ayo ABANYARWANDA Siko bakora oya,reba n'uyumunsi kumipaka yompi côté BURUNDI harapfunzwe côté RWANDA Harafunguye muje mushakira ikibazo aho kiri mon amie,reba iriya STADE Iri Muramvya ni H.E Paul Kagame Yabubakiye,Yishuye amadeni yose y'uburundi kugirango bube burikumwe n'abandi muri Est afican community abarundi bahobagiye babuze uko binjira mubandi aho hari kubwa Nkurunziza Pierre akazi iyo kabaye kenshi ureba akingenzi kandi H.E Paul Kagame ntakazi nta ngendo yewe nta nya,canke nye,iza Imurutira Umuturarwanda n'UMUNYARWANDA❤❤❤❤Niyompamvu Tuzamurw'inyuma mbere yuko umugeraho haraho ubanza kugeraho Bakagucanga uhacanganyikirwa ugakutitwa n'INKUBA zo kuzuba😂😂😂

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon 3 дня назад

    ABA président ushatse kuvuga bangahe?😂😂😂😂😂😂

  • @hagenimanajado7149
    @hagenimanajado7149 2 дня назад +1

    Ntukajye ubeshera abanyarwanda wa dagye we ni NYAKUBAHWA don't say Nyiricyubahiro cos Nyiricyubahiro is Munsenyeri nabandi bamurenzeho rumva jyubanza ubaze ikirundi cyanyu ntitukivogera gutyo gwe musiru😠😠😡😡

  • @LazardNzohabonayo
    @LazardNzohabonayo 2 дня назад

    Ndagushigikiye❤

  • @cyriaquesindayikengera8657
    @cyriaquesindayikengera8657 3 дня назад +1

    Iyoba nari président w'urwanda!! Uri injiji wewe wihorere sha

  • @DusengimanaJohnDavid
    @DusengimanaJohnDavid 6 часов назад

    Ninde Anshigikiyeko Uy'umunyamakuruko Arikijuju nimumpe LAYIKE jewe ndabonye Imbwa Hano IBURUNDI peee Wewe wariwitese iki mushenzi

  • @UfitimanaSeraphin-l4v
    @UfitimanaSeraphin-l4v 3 дня назад

    Niwowe nyine ngobatorwa nimana? Hhhhhh woex ujyagutora urimana?

  • @GashugiKananura
    @GashugiKananura День назад

    Icyo kibazo cy'uko H E PAUL KAGAME atitabiriye inama ya COMESA nt'ubitindeho COMESA igizwe n'ibihugu bingahe? Haje Abakuru bibihugu bangahe? kuki ureba H E PAUL KAGAME wenyine nkutarujuje ishinganoze? Wenda wari kubyibazaho cyane iyo ataza kohereza umuhagarariye noneho menyako URWANDA ryitabiriye inama yakomesa Ibindi n'amatiku.

  • @CecileMukandoli
    @CecileMukandoli 2 дня назад

    Wewe warikuza niwewe nyine uko Niko uvyumva muzehe wacu ngirango abantu benshi baramwemera numugabo wubashwe rero siwewe ugomba kumutekerereza ico agomba gukora ikindi sabakuru bibihugi Bose Bose baje Aho wabeshe nkababdi baratumyw

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon 3 дня назад

    😂😂😂😂😂none kagame niwe wenyene yasivye muri injiji pe

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 2 дня назад

    Reka kutubesha sibeshi haje batanugusa

  • @Nileboy250
    @Nileboy250 2 дня назад

    Ntago dukoresha bwana dukoresha nyakubahwa

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 День назад

    Kagame Paul yarafumbiye umunaba.

  • @bwenge5332
    @bwenge5332 30 минут назад

    Ntarubibi rwugaye hagati yu Rwanda nu Burundi sha hafunze kuruhande rwanyu Iburundi kandi nta nama yo kugurura kuko uRwanda ntirwakoze inama yo kurwuga 😂😂😂😂abarundi mubwire abayobozi banyu ntibagakore nkabana umushikiringanji wuburundi munama niwe wavuze ko baganira mubanga kandi ntibishoboka sha

  • @AimeThierryThisco
    @AimeThierryThisco 3 дня назад

    Duhe ayo makuru muta reka twumvirize izo news zawe

  • @AmyStale-d6u
    @AmyStale-d6u 2 дня назад

    Wotonde dodo ww wimvage mumakuru yumuziki ibindi ivyihoze

  • @guykan5136
    @guykan5136 3 дня назад

    Abarongora igihugu c'uburundi rufise ikibazo kabisa abo muvuga ngo babaha ntabo muzobona. Kuko urwanda rukurikiza les convention international ntabwo ari une republique bananière

  • @SawudaAhombaye
    @SawudaAhombaye 9 часов назад

    Kikigabo kirashisha

  • @olivebugoreza6685
    @olivebugoreza6685 День назад

    Nturiwe rero wacyishe

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 День назад

    I need to go to the toilet,😂

  • @fortuneirashoboye5347
    @fortuneirashoboye5347 3 дня назад

    Nimba imipaka vyukuri yugaye drama t konzi ari murwanda knd yagiye n'imodoka yiwe yaciye hehe?? Konabony aposting comesa mur checking kumupaka

  • @Hardykhaly
    @Hardykhaly День назад

    Ur inzanga mwana ngo bwana🤣🤣...wagiye uvuga ibyo uzi.....bavuga.. Nyakubahwa....( Knd uge ubanza umenye impamvu atitabiriye iyo nama....wa nanga we.....itabi unwa uge ukuramo imbuto mabya yaso.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex 2 дня назад

    Izo mbibe Ndayishimiye wacu nazugare Hama turabe ko bikemura ikibazo c'igitoro

    • @fredericnshimirimana8014
      @fredericnshimirimana8014 5 часов назад

      Mu Rwanda basigaye naho bimba igitoro tuzoje kwivomera? 😂😂.Ubuze ivyo witwaza.Niba tubuze igitoro ahandi babuze ibindi.Mbona n'abanyaburayi birigwa kurondera ubutare, n'ibindi ahandi.Za umenyako abarundi barya bakaravye.

  • @ngangurejbosco
    @ngangurejbosco 2 дня назад +2

    Wowe munyamakuru, uravuga ngo iyo Uba resident w'uRwanda warikuza munama yari kunyurahe ko imipaka yanyu mwayifune.

  • @VYBurundi
    @VYBurundi 20 часов назад

    Nibyukuri kwabakuru bibihugu bashirwaho nimana? Simbitahura neza None Nikuki habaho amatora? Canke kobihora bishika amatora akibwa none vyukuri imana iragira uruhara mubusuma? Habenamba nibitokwayumvirwa.

  • @MechackNiyokwizigira
    @MechackNiyokwizigira День назад

    Pore sana urumubono

  • @NtaleMulungi-ct2np
    @NtaleMulungi-ct2np День назад

    Nuko

  • @guykan5136
    @guykan5136 3 дня назад

    None imbibe ni Kagame yazugaye? Uwazugaye abe ariwe azifungura naho Kagame ararengana.

  • @DukuzumuremyiJovith
    @DukuzumuremyiJovith День назад

    Tuvuga. NYAKUBAHWA

  • @rwigemapatrick3164
    @rwigemapatrick3164 3 дня назад

    Ubuse abarundi bakoze Genocide murwanda 1994 bagasubira muburundi mwigeze mubashyikiriza ubutungane ngo babibazwe

    • @myhossain9354
      @myhossain9354 2 дня назад

      Ubu naho hagezweko Abarundi baje gukora genocide urarushe nimuruhuke

    • @niyigenaclemence1245
      @niyigenaclemence1245 2 дня назад

      Patrick bihorere Imana niyo izaca imanza zitabera.

  • @turabumukizacyprien7676
    @turabumukizacyprien7676 3 дня назад

    Aza gukora iki?nako kisekedi yashinje u Rwanda aho ageze hose njkwirirwa avuga u Rwanda umenya nihaba ninama yabanyonzi azarega u Rwanda,uwo mu President wanyu w,Uburindi aramushuka amaherezo M 23 izabatsinda ntawakorana ninkoramaraso zahekuye u Rwanda watsinda twariyubatse bishobotse kdi ntabwoba dufite twarapfuye ntawadutera ubwoba bwarashijeariko dikunda amahoro ushaka tuzabana uzaza kutubuz amahoro tuzamwivuna.nimuduhime mukomeze muyifunge bacumugani ugusurira muryamanye aguhima atiretse.

  • @IshimweSalomo-s1x
    @IshimweSalomo-s1x День назад

    Azagukoriki

  • @DukuzumuremyiJovith
    @DukuzumuremyiJovith День назад

    Rero nturiwe

  • @niragirajanvier6775
    @niragirajanvier6775 3 дня назад

    Wewe niwe mbona woshobora guhangana nabohakurya ya Kanyaru baduteye kuri social media gusa bobo bahegurutse ari benshi cane kukibazo c'imbibeyntibihende ngo bugurure

  • @NzayinambahoEric-o3i
    @NzayinambahoEric-o3i 3 дня назад

    Kagame yatumye minister wu ubucuruzi

  • @mariambakundukize4358
    @mariambakundukize4358 2 дня назад

    Ok

  • @StephaneBizimana
    @StephaneBizimana День назад

    Pronographie

  • @prudencerubonezambuga1462
    @prudencerubonezambuga1462 День назад

    😂😂😂

  • @CyprienNiyonkuru-x6j
    @CyprienNiyonkuru-x6j 2 дня назад

    😂

  • @ntihemukagilbert9874
    @ntihemukagilbert9874 2 дня назад

    Ntuzi ko yatumye canke atatumye?Do research before you come to talk to people

  • @Darcy_3P
    @Darcy_3P 3 дня назад

    🔥🏆🇨🇦

  • @clementnijimbere-bm9px
    @clementnijimbere-bm9px 2 дня назад

    Warapfunguje SAMBA FAMBA?

  • @JonasGidy
    @JonasGidy День назад

    Urikigugu,vyaragucanze,ntuzivyurimwo,umunyamskuru wuburofa

  • @Agneskays-w1j
    @Agneskays-w1j День назад

    kagome ntawe dushaka i burundi
    m

    • @muhitira
      @muhitira 14 часов назад

      Agnès reka kuba injiji kandi ufise abana,nihaboneka abakunda Kagame uzabica,buri ikintu cite uko citwa,ingorane mufise aho iburundi Ni Kagame Uzibatera muricana mwenyene ubwanyu,ubusuma bw'ama bank,ubukene bw'igitoro,inzara n'ubukene budasanzwe mu banyagihigu,ubutungane buyobeye,abarundi gupfungirwa ubusa ataco bazira,ubusumbadumbane m'ugutanga akazi,ikibazo ca délestage kitarangira,noneho igiteye Isoni n'agahinda amazi ngo nayo uarabuze😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Wangu umbabarire kandi ntakundi Wewe ushobora kuba uri umukenyera rugamba ntakizo wifitiye uri mubo cavunye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @JulesNiziraza
    @JulesNiziraza 2 дня назад

    Komera zuraduha ibiganiro nkibi

  • @niragirajanvier6775
    @niragirajanvier6775 3 дня назад

    Wewe niwe mbona woshobora guhangana nabohakurya ya Kanyaru baduteye kuri social media gusa bobo bahegurutse ari benshi cane kukibazo c'imbibeyntibihende ngo bugurure