Icatumye Agathon RWASA yankiwe gutegura
HTML-код
- Опубликовано: 15 окт 2024
- Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
Page Facebook: www.facebook.c....
Twitter: / ihurirot. .
Instagram: / ihuriromedi.... .
RUclips: www.youtube.co....
Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
Lumicash: 61320806
Whatsapp : +257 61320806
Lumicash : +257 61320806
This is Answer Media Online
************************************************************************
IHURIRO TV turafise Maison de Production ikora amasanamu meza cane .
Nimba naho ufise ivyo ushaka kumenyekanisha Urudandazwa rwawe twandikire canke uduhamagare (call) kuri iyi nomero yacu : +257 61320806*************************
Kumwe nogufata nokuryamenyo yokurayo matwi mukinda mugaramye mwubamye Rwasa mumatora ntazobure mubitoza 😢
Abarundi turamukunda ivyo nivyanyu
N'akamenyo kabisaaa
Canke mwibazako tutazi amategeko ntamukuru wumugambwe asubirirwa igihe ciwe kitaheze canke atapfuye rero mwebwe itwara ryuburundi ryarabananiye
Aba bategetsi bibiqza ko twe abarundi tutagira ubwenge mbe iyo narabibonye arekuriwe gutera coup d'etat uburongozi buzwi... aba bagabo nivyo bavuga birabaranga ko bahingura mategeko bakanayemeza ataho yanditse
Uburundi bwacu ni Bwiza kandi cane gose
Mon pays est bon ❤
Ndagukunda sibanga abatavyemera biyahure mafuuuuu ntabanga ririmwo nukuri kuzima mon Pays Burundi pays Burundi
Umv izonsiguro mukur
2027 tuzotora Rwasa mumureganye Mureke Tuzomutora Ivyanyu Twarabubonye ntavyo mushoboye Atari Agahotoro
Igihe nikigere gusa👌
Wananiwee no kwishuraa kubibazo wabajijwee gendaa hiyoo
Inararibonye 😂😂😂😂 Ubu nimwige ubundi buryo twarabahinyuye
Nkurikiye nawene yabuze Nico yoshira akabanza kwoyumvira ivyo abesha. Yibagiye ko president yasuzuguye abakoresha iyovugo ngo, eeeeh!!!
Ninduyo, yiyita inararibonye
Ariko ntimubonako nivyo muvugako mubifisemwo ubwoba ??
Gusa ikibabaje kubijanye nibinyobwa mushora hanzekand mugihugu bikenew nicokitwereka konibifungurwavyose vyazimyekuberamubishorahanze ubwacutudakwiwe. Iyomitwengonuguhako benewaco siyo!!!!vugati mwishakira amadorare😂
Vyamunaniye kweri nuko aramanyanga na President yakwefye ikibazo ca CNL
Ibinakarengane
None mwibazako abarundi tuzoguma turibijuju?izonyishu ntakuri zirimwo
Kukimwe koriyarahagaristwe mumugambwe yabirekurigwa gute cankemwamukunze kwarinyondwe nkamwe yumiye kurusato gwarumye
Nimutinye lmana
Burundi bwacu Burundi buhire. Intwaro ibereye ni uko ikora 🤔
None komugurishije ubutunzibwigihugu bwose muzocamwimukiribugande
Gikwete mwamwirukanye kugitoro
From
Ndadamwe kunyishu zankurikiye
isukari ntanuko tuyironka turatonda imirongo ntituronke nukur
😂😂😂😂😂 burundi abarongozi mmmmmmmmm com
Ivyisukar sivyokuvugw