Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Dieudonne kera yri umukiawa w imbere none gomba ikibonobono. Mbonye avyimvye amatamba ndamuheruka afise imbaga ntoyi.bjr Dieudonne duherukana i mwaro
Imana ibandanye ikuja imbere muvukanyi imbere niheza
Aho nivyiza,kandi murabe mwigishe abarundi kurima igiterwa romarin niciza cane kumagara yabantu
Mwokwigisha abanyagihugu Bose bakakirima
Mukomere cane
Namwandikiye sinziko azonyishura
Bivana nicarico,kuko biri kubiri
None ayomavuta umuntu yoyaronk gute?
Ikibonobono bacita gt muri français?
Ricin
Turagikeney cn hano cbc
Murakoze. Muratuzanira ni gitega tukirime.
Tubwibwire mukayanza tuzobaronka gute? 2)ibi vyimeza navyone bokora co kimwe?
Andikira iyo numéro iri muri vidéo muvugane
Duhe none ukuntu tworonka adresse yanyu
Tora numero zabo zirimwo muri video
Sigura ukamize kubadamu batavyara
Ntuze ugeze kugikoresha nimba ufise ico kibazo
Kobiri ubwoko bubiri mwotubwira ico tworima canke vyose bikora kumwe mudusobanurire
Bacita ricin mugi francais
Ndakizi ndi muRwanda
Natubwire uko umuntu yogura imitahe,compte umuntu ashobora kugurirako iyo mitahe Nuko bigenda inyuma yo kugura imitahe yipfuzaMerci
Mushobora kubandikira kuriyo numero twashize muri video bakababwira ibirenze ibi bavuze
Ni mumpe ndakirime pe iwacu birimeza nivyo nocandima gusa
None ico muvuga gitaniyehe nibi tubona vyimeza mumashamba?? Tubwire tukirime tukigwize natwe kiduteze imbere?
Murashobora kubandikira muciye kurizo numero ziri muri vidéo
Nico cimeza mwishamba. Kimera hoseKandi umuntu wariwewese ayomavuta yoyihingurira upfa kuronka imbuto nyinshi
Ikibonobono ndakizi no muhira vyarimeza kumbuga
0
Dieudonne kera yri umukiawa w imbere none gomba ikibonobono. Mbonye avyimvye amatamba ndamuheruka afise imbaga ntoyi.bjr Dieudonne duherukana i mwaro
Imana ibandanye ikuja imbere muvukanyi imbere niheza
Aho nivyiza,kandi murabe mwigishe abarundi kurima igiterwa romarin niciza cane kumagara yabantu
Mwokwigisha abanyagihugu Bose bakakirima
Mukomere cane
Namwandikiye sinziko azonyishura
Bivana nicarico,kuko biri kubiri
None ayomavuta umuntu yoyaronk gute?
Ikibonobono bacita gt muri français?
Ricin
Turagikeney cn hano cbc
Murakoze. Muratuzanira ni gitega tukirime.
Tubwibwire mukayanza tuzobaronka gute? 2)ibi vyimeza navyone bokora co kimwe?
Andikira iyo numéro iri muri vidéo muvugane
Duhe none ukuntu tworonka adresse yanyu
Tora numero zabo zirimwo muri video
Sigura ukamize kubadamu batavyara
Ntuze ugeze kugikoresha nimba ufise ico kibazo
Kobiri ubwoko bubiri mwotubwira ico tworima canke vyose bikora kumwe mudusobanurire
Bacita ricin mugi francais
Ndakizi ndi muRwanda
Natubwire uko umuntu yogura imitahe,compte umuntu ashobora kugurirako iyo mitahe
Nuko bigenda inyuma yo kugura imitahe yipfuza
Merci
Mushobora kubandikira kuriyo numero twashize muri video bakababwira ibirenze ibi bavuze
Ni mumpe ndakirime pe iwacu birimeza nivyo nocandima gusa
None ico muvuga gitaniyehe nibi tubona vyimeza mumashamba?? Tubwire tukirime tukigwize natwe kiduteze imbere?
Murashobora kubandikira muciye kurizo numero ziri muri vidéo
Nico cimeza mwishamba. Kimera hose
Kandi umuntu wariwewese ayomavuta yoyihingurira upfa kuronka imbuto nyinshi