Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Ikiganiro ciza Benichou Nsoro na mupfakazi 💗💗
Terimbere mwese murabana beza Ndifuza kuba murino group ❤️❤️💯
Mwubahwe turabakunda
Courage Benichou ham vrt Libert Fanny bakwiriy gudhigikirw bikomeye kuko numugisha kuba tubafise.
Wallah ivyo Rachere akundira Libert nanje nivyo ndamukundira vraiment uyoturi kumwe anipe favee 5
I'm so happy very very 🙏🙏mwabikoze neze cyane
Abakunda fani na Liberi tumenyane
Nanje pe
Sha mwubahwe KBS nanjye ndamwemera iyo umupaka wugurura nanjye mba naje kbs
Benichou merci bcp,turabakunda MWe n'a fanny n'a libert cne💞💞💞💞💞💞
Good step media Benich ubkor neza kwabob Fana bac kabx ndabkunda Libert na Fanny courage
Bashaaa ni ndirimbo yaramaze gufondwa,ndagugaraye pe, Nsoro respect vrmnt c,est bon knd courage Imana igume ihezagira
Jewe ndakundacane Libert na Fanny ndipfuza umusumwe nzobabone amasokuyandi nukuri vyonshimisha sana ikibazo nukondikur arikondabishaka ninaza 🇧🇮nzobabone🥰🥰🥰🥰
Nanje ndavyipfuza pe
Nsoro na fanny mwubahwe turabakunda cane iyo group ndayikeneye
Raba mudushire muma groupe natwe turabikeneye
Ndabona hahiye 💥 gusa umunsi umwe muzotuzanire Libert na madame wiwe womurugo nyamba amwemera
😄😄😄karibu muhira apana kuri SOCIAL MEDIA
@@nsoro9135 hhhhhh kuri social media utinyiki? None sibisanzwe tumubonye?
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰ndabona muraryoshe cane ndabona ari vyiza pe
Mwarabikoze neza namwe Mwubahwe
Thanks guy's 😊 Benichou imana iguhe umugisha
Byiza cyane rwose,ndipfuza nanjye ko mwanshira mwiyo group,Nairobi tuko pamoja5/5
Abantu nkunda caneee riberi na fani
Turabakunda 💞turakeneye nsoro the hero episode 11
Waoooo turabakunda can
Ndabakunda mubikoraneza nabonye mpagarikivyondimo nkabanza kubareba ndabakunda mukomeze cane
Kabisa felicitations mwubahwe yemwe libert fanny nabomurikumwe mwaberewe cyane gose🤣🤣🤣❤❤❤🥰🥰🥰🥰
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 turamukunda soro wago
Waooo big up Nsoro and Mupfakazi 🥰
Karagatwiko kabisa warumunezero kuri twe Love from josiane 💓
Abakunzi ba films ndundi mwubahwe kuko nanje ndimwo. Mukibona ikintu casohowe numurundi, hita ushira ko j'aime usigare uraraba munyuma.
Waaooh muburundi turafise nsoro natwe
Riberi nafani hejurucane turabakunda
Oooho libert Big up ss
Reka nanje ningire kwa jenevieve kugira abonn 🥰🥰🥰Hama Nsoro 🤦🏽♀️🔥🔥🔥
Béni chou Fanny libert me❤️❤️❤️u so much ham courage nsoro mufakazi💪💪💪
Ndabakunda can🥰❤
Nsoro. Biter biryoh musaz
Muryoherwe canee
Turabakunda cane mukomer mwirambire
Courage pe
Natwe turamukunda sana
Abakunzi b nsoro numupfakazi ntibari buja gusa na ruguru turuzuyeeeeeee
Mukomezeguterimbere turabakurikiranacanee
Vyiza cane kbxa
natwe turabakunda kandi twivaze yuko tuzomubona mumaso muyandi
courage beni chou
iyo Guêpe ndayisha vuba ndayibemwo vyiza cane
Fanny ndagukunda caneee❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Yoooo ange ejo kur Tampete nzokubaz peee
Hbd libert mw na Fanny turabakund
Benichou big up Sana bro🥰🥰🥰
Midushire mur group Ivy umufana w nsoro
Turabakunda
Nanjendifuza komwoshiramuriyo gurupeyanyu kukonanjendabakunda turibubanza tubakurikirana5/5
Vyiza cane
😂😂😂🥰🥰🥰 indirimbo isara😂😂
Vyiza bantu bacu
Mwubahwe Cne fanny n'a libert ndabakunda cne
Jewe ndabikundira
Waouhhh utu likes hano kubakunzi ba nsoro
Nsoro n'a Fanny none nanje ndungikira Ako gapira naje murazi ko ndi umufana Kweli
Courage Benichou
Nsoro waberewe cane
🙏💃💪🇧🇮🇸🇦
Ega vyari bikaze gwose
Jewe nguma ndabakurikirana ntakancika kabsa.ndabafana
My favorite Libert and fany
Ngo uvuze Nsoro uba uvuze umupfakazi 😅😅😅
Be mutubwira kuko abo bakinyi bakina neza
Nsoro the hero ubahwa
Tugire tuje muri studio🥰🥰❤🤣🤣🤣😆😆💙💙🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🥰🥰dore imbogo imvub impara😀😀😅😅😅😆😆🤣🤣🤣🤣😆😆🔥🔥🔥🔥🔥
Vyiza cane kuhatubera
Riberi mwaberewe n'a fani riberi ndakeneye kumenya uwumumesera ikirato p
Good step
Cool
None nkumuntu atoraba ikiganiro cafani.naribert jewe nibazako yobafisikibazo mumutwe
Benusho wubahwe ubirimwonezape🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌🙏
Love uuu
Fanny na Libert murabanje
👌👌👌👌
Yooooo 😍😍😍😍😂😂😂😂🙏🙏🙏🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
Fani na Libati aribishoboka bokwibanira bogirurugo rwiza
Nukuri niko guharikaAricahaKndi bihanwaNamategeko baribaberanyKbx
Muhatwik hash 🔥
Nibadushire muri groupe natwe turabikeneye
Libert na fanny turabakund
Waooohh
💯Shadow i'm
Fany n'a libat bubahwe vrm
😍😍😍❤❤❤
Naj ndashaka uwo mupira wa Nsoro gusa nkeney rakosta
Komutatubwiye natwe verm
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🥰❤️
🤩🤩🤩🤩❤❤🔥
👍👍❤️❤️❤️
Natwe muzadushire muma gourpee yabo turabafana
❤❤❤❤❤❤❤❤👍👍👍
Mwar mwaryohew nivyishimw
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
🥰🥰🥰
Ivyo bintu vyanyu ntibibona
🔥💞💯💥🥳🥰🥰
Benishu wewe uranyica kabisa

Reka nanje ningire kwa jenevieve kugira abonn 🥰🥰🥰
Hama Nsoro 🤦🏽♀️🔥🔥🔥

Nukuri niko guharika
Aricaha
Kndi bihanwa
Namategeko baribaberany
Kbx