Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Yoooo 😂😂😂ntaco mbay uwakabirii nimb ukund solution couple mp like 😂😂
Muratubesha ndabira none yaryamanye terning kwl huuuuu ababona ko babipanze nkanje mu'sigire akant😂.
Non ntiwumva KO bashitse 4 h du matin yarinda kuzikura knd bukeye sinibaz KO babitegura
Uuuu barabitegura reka sha reka😂😂 ntamuntu yoryama yambay ipantaro arikumw numugor wiw en plus bakunda na nkukuraho 😅😅😅😅😅uuuu nibahend banyina batize mawe @@claudinebayubahe-jx8yq
None umugabo arushe kandi ari mugatondo yorinda kuryam arigus wapi njembon batabipanze
Nubundi baba biteguye@@EspéranceKaneza-n5s
Babipanze ngira nanj ndavyiketse
Abari bakumbuye PRANK nkanje mumpe Like hamabtwikomerezeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mama lao mungu anakupenda sn ila utanza mutoto mwanamuke❤❤❤
Abantu mushaka group ya whatsapp yaba fana ba solition couple mumpe Link
Ngo carikinize neza naneza😂😂😂😂 mbega fanny weee!!!urumungome nukuri fanny uribuka indoto nakubariye wahuye na presindent wu rwanda akaguha cadaux witenge umuntu anzaguha ikintu cuza jew sindotera ubusa gus ndabakunda❤❤
💕💕💕
Mama lao urategur abntu mumuknda nkanj mump lik
Muratubesha kwri,huuuu,burya muryamana mwambaye avec trening kwe komeza kuduhenda ,murazi gutegura kwri,ababonako bari babipanze mundemere like
Nn wagomb bambure kandi bwar bukey??
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo kiguma kiza ikintuu gitey ubwobaaa😂😂😂😂😂😂 abatwenze nkanjy muz hanoo😂😂😂😂❤❤❤❤
😀😀😀😀😀😀
Oyaaa iyo siyo mwari mwayiteguy avuye muri dush Yaris guca yambara ipataro wapi mwari mwabiteguy
Aga prank ntikaryoshe neza kuko umugabo aryamanye training ivyo bintu subutungane🤣🤣🤣🤣
Fany uzovyara umwana abesha kubera prank gusa ndegutse❤❤
Fanny ivyobintu vya prank ukimezuko 🤰🤰🤰🤰 oya oya oya nyumvaneza umwana tumushaka arimuzima rerohagarika vyobintuvya prank hama ndamukiriza papa amora n'a mama amora 🫂🫂🫂🫂🫂
Abavuga ngo ntamugabo aryamana ipantaro arikumwe numugore, emwe hariho abaziryamana 😂😂😂😂Ipfa kuba yoroshe❤❤❤❤❤
Nono uratubihiriza prank kenshi iyo bayigukore bugerageza wigirishe basi kugira mutange icirwa kivuyemwo.turabakunda cn❤❤
Solution couple ndabakunda caneee ariko prank yuyumusi umengo niyo war mwapanze😂😂
Abantu babonye Norasque agize ubwoba kukanyuma yasenze mbega ukwizera guke 😂😂😂😂mpore Man of God
Iyo prank siya vrai muriko muratubesha🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ntamugore numugabo baryama bambaye uko bararany ivyo nivyo mwari mwapanze🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂
Waaaaooooooo birampimbae couple 2 nkunda undamukirize maman amora n'a papa amora
Narindabakumvuye cn mwibereh mutababay ndabakunda
Muga fanny uryama ahatari mukuboko rwawe wamuvogereye nono.ababibonye nkanje durant urutoke
Rwikintu cambre bazobanza gukorera murwanda ngo nugushigikira Jeannette. Je mbona icambere mwakoze ari prank.😂😂😂😂
Waza wagira prank ibishe kd sivyiza gukorera prank mugitanda ahubwo norasque arihangana
😂😂😂😂😂 mwami kristu muranyumije !!! Bcp ramutsa abakunzi ""😅😅😅😅😅 numiw vrt Nono arankuyehoooo gusa yakuvumbuy nez
Yarigupfuma arara yambaye agakabutura kijeze basi🤣🤣🤣😂😂😂🙈🙈🙈 bikitwa koyaray yambay agakabutura basi muga Atari trening 😂😂😂😂🙈🙈🙈
😂😂😂😂😂😂 gusa rero nukuri fanny Imana ikubone utwo dusazi twokuvyur umuntu rero sitwo😂😂😂😂😂😂😂😂
Fan utamuuwa kaka wawatu jmn munguwangu kitugo nigonge kwasababu yakucheka
kwiyincuro muranyemeje.ndabakunda cane muranezera Imana ikomeze ibagirira neza
Mwubahwe Muri ingabo za Yesu koko
Nkr Murantwengej gusa kweli uko siko muryama mwambaye
Ikindi naco Noraque ikintu cokwishavuza iyo atewe prank nagihebe vraiment abakunzi ba solution couple ntabwo bituryoher naze arigumya😢😢😢
Sonia iyi prank wakoze yaratwegej nend noguhwer
waoooo mwarimwatunyotej aga prank hama undamukiriz couple 2 papa amaora namama amora mwirambir turabakund kandi turabafan
Fanny vyukuri uraduhenze mwari mwayiteguy kko ntamugabo yubatse aryamana pantalon ya trenning ipuuuuu rekezangaho kudutuburira arko ndabikundira murabanje pee
Murabesha abandi Basha abubakanye baryamana trenning?muba mwabiteguye nimuje hiyo
Irafashe 😅😅gusa Nora aturamukije nabi yikuyeyo uburuhe bwamupondaponze
Ivy mwabiteguye pe non kowamye uvugira mur chambre ntiyakumva🤗
Ntama prank ngaho jew nama mbona baba babizi ibyumwe yateguriye uwundi
Hama fanny uzoze Uganda naho kandi navyo maze kubirota kabiri kose mwaje numugabo wawe nabandi bantu ngirango bizoteba bishike.
Niyomwateguye.mumwany warumubwiy ijoro eryiza nimb yari yakwishuy yaciy yemera ng ubony ibintu.Mukuryama muryama mumpuzu wuuuu .mwasarishije fanny Hindura umukenyuro nani
Sha fanny urakomeye kwl wibungenze ukaza wivumbura uko uvyuka ninguvu nkuko
Ndatwenze Norasque uraduhenze ukwo niko uturamukije.
Nono sha Je ngume nicaye nd'umuzamu!!😂😂😂😂 twari dukumbuye prank kweli!
Nukur murantwengej Nar ndabakumbuy p ndahatswe nyamwema yaranfash ndik ntwenga p
Mukina nez vrt ng plank arar yabay trening komez umwug mug muduh ivyigish
Ni prank nyene umuntu yorara arushe agaca arara yambaye ipantaro na sengle
WE Lavine gusa Nono aragukunda cane kweli. Hama mukumufuka ba umufuka neza no kubirenge hose uhafuka😅😅😅 nagumye ndaba incuro zose wamufutse Ku maguru waciye wirekera.
Uzuze maze udusigurire twumve neza ko mutari mwabipanze😂je natahuye ko bashitse bwije hama avuye douche acarambara kugira baje gufungura ndibaza ariko naho bwari bukeye😊burya rero yavuye gufungura nukuryama direct,ndazi!!! Muranyishe pe
Nono izo trening uryamana iruhande yumugore wapi,ziramuhanda Fafa wacu
😂😂😂😂ewe Fany sha kiguma kiza 😂😂😂ndakunda firm zanyu gusa
None murara mwambaye. Hahaaa iyaba carico carikumurya Kuko yaragiye kukiraba wenyene. Prank y, ubwoba itwika. Fanny uramurashe wallah agomba yiruke. Mwubahwe sana we respect you
MurankoreyUmusiAhondi nibutseIvyo fann akoze naduka nitwenga😂😂😂
😂😂😂hhhhh kumengo vyarangiye Norasque yishavuje?guma hamwe sha wemereko yafashe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndakunda solution couple ga bashaa nacerew arik umuziro nukutarab uk mutunezereza ndabakunda❤❤❤❤❤canee🎉🎉🎉🎉
Ngo ndabaramukije MWIZINA rya YESU😂😂😂😂😅
Ni muhende inkumi n.imisore😃uwo mugabo ararana i salopette ni uwahe😂
Je nukuri utu tuguru tuguma inyuma yamashuka twa norasque turankuyeho😂😂😂😂
Ca nono reo kiranyish carush kirara ciyambariy ipantar fanny naw ngo buricay jew nryam imbav zanj murazindih ❤❤❤❤🎉🎉❤
Muraduhenda muba mubizinanyi. Aryamana trining wapi
Utaramukiriz abakunzi banje nkunda cane Fleury and Janet na Amoraaaa
Ikinyoma cigendera umugab numugor baryama nkabagiy sport nabah
Erega barikurugendo ntibar murugo
Ndakwikundira caaaaan namw imanibarindire ahomuri nomubyany fhann wanj nkunda❤❤❤❤❤
Oooh my God jew ab GGC muranryohera ukuntu musenga🙏🙏
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 famy uramukoze nukuri ndagukunda pe ariko naw umusi azogukora witege kurira pe
😂😂😂😂 ndaryohewe narindabakumbuye urazi ingene nari narose duhurira ahantu maman lao ngo nkakubwirako utakiduha prank nkabababara ndumiwe 😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂 murantwengeje kweli ariko Nono urimuremure urarenga igitanda ariko akokantu siko urarana impuzu uko ❤❤
Fico😂😂😂muratwengeje kwer ewe fani NGO cari kifashe🥰🥰
Hahaha ❤❤❤ Uri solution iodo iodul kabisa
Nanje narinkumbuye PRANK kandi wabikoze neza pe
😂😂😂fanny nukuri urankuyeho agatwengo gahatswe kunyica wallah
Norasque wacu ngo Fiko umunyabwoba
Maman lao vrma urakora ikibi😂😂😂😂😂😂ngo cari kinize neza neza
😂😂😂😂 urumwana mubi kweli wabonyz ko yarushe ucumukorera prank
Ndakunda fanny avine gaman. Imisiyos ndakubonye nirirwa neza nkarara neza. Gusa mfis amatsiko yo kumubona amaso kuyandi pé.
Ngo fiko sha😂😂😂umugabo arinda akaje nono kwer
Ivyobintuu vyububeshii mugashiramwo namasengeshoo ahoho mwitondenico gituma ibintuu vyanyuu ntabikundaa ntabanga mufise nkicumb muryamamwo kugishira kumbuga nivyoo komezaa mwiyandagaza😊
😂😂😂 niyompamvu utabikunda kwel
Mwubahwe cyane ndabakunda uhoraho akome kubitaho murugendo murimwo❤
Yooo nkaba nahageze mwihende solution couple hejuru mwari mwatunyoteje nn mwaryamye mwambaye 🤣🤣🤣love you
😂😂😂😂😂😂
Lavine imana ikubone urazi gukura umuntu mwitiro nukur 😂😂😂😂yoooo Nora mpore🎉❤
ndabakunda beza banj emwe jew ndaryohegwa cane na prank zanyu peee❤
❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉mbakunda forever igihe kimwe ndipfuza kuzohura namwe.
Waaaaaaooohh❤❤❤ nabaheruk kera 😂😂😂 ese ingene nari naraye ndabarota mwaje kuturamutsa iwacu atanuko ndababona n'umunsi umwe😂😂
Basi ikizampa umusimwe nkakubona faniii uranezrraaaa
Reka sha ivyo mwabipanze ntamugabo yoja kuryama aryamanye training
Ariko rero nawe vyagucanze wagiye kwoga gute nawe ataroga akarinda asinzira mwari kujana canke ukamushirira amazi muri doushe agatangura kwoga 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ntamugabo wanje yoryama yambaye vrema nozimwambura kunguvu
Yoooo ewe Nono sha😅😅umva ndasetse hafi gushira umwuka 😅😅😅❤❤❤🎉🎉
None karehose ko wariwaryamye udasense😂😂😂 usenze kuberako watewe???hhhhhh inyigisho
Muranyishe😂ngaho imbwa fany irakurira Aho hanze mwiza ntayo wumva😅
Ndatwenze nsisigaje 'nimbavu ariko rero fany yaratomboy afite umugabo amukunda pe😅
Mama lao ndagukund gus jwe undamukiriz mama amor pee na papa amor ndabakund kbx ❤❤❤❤
Abaramutse pe nan je ndabakunda
Akantu kanj ng kamenets twokarih fanny turagukund diiiii ,gusa umuntu yaruuush nmkumukangut bibi
Ubwo nububeshi kweli hariho umugore numugabo baryam bambaye nkuko
😂😂😂😂
Ndaryohewe ukunt nora asenz❤
Fany Imana ikubabarire vrment uvyura umuntu yiruhiye
😂😂😂😂 ewe Nola sha ng nj Ngum nicaye nd umuzamu
Non umugabo aryamana ipantaro ndende kwl😂😂😂😂😂😂😂😂 mwari mwabipanze peeee😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Barabipanga nyene ww ivyo wovyemera
Baradufise ijana kwijana 😂😂😂😂😂
@@niyogushimadorine6086 namwe mubipange tuzoba kurikirane
🤣🤣🤣🤣🤣wewe nawerero waravyevyose
Murwanda harakanye Ngira yarafisimbeho birashika😂
Ariko ga mana yanje😂😂😂fanny unomusi uramukoreyeko😂ubundi twari dukumbuye prank yawe🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sh iyi mwayigiy inama muragakizwa knd ntimutubeshe mwabiteguye
😂😂😂😂😂😂ndamanyutse ngo niwicare nanje ryame ngo jewe ndumuzamu😂😂😂
Natwe twari tubakumbuye Fanny wacu hejuru cane
Umugabo nu Mugore nama pentalo Iyi Prank siyo kweri mwakivuganye

Niyomwateguye.mumwany warumubwiy ijoro eryiza nimb yari yakwishuy yaciy yemera ng ubony ibintu.
Mukuryama muryama mumpuzu wuuuu .mwasarishije fanny Hindura umukenyuro nani
Sha fanny urakomeye kwl wibungenze ukaza wivumbura uko uvyuka ninguvu nkuko
Ndatwenze Norasque uraduhenze ukwo niko uturamukije.
Nono sha Je ngume nicaye nd'umuzamu!!😂😂😂😂 twari dukumbuye prank kweli!
Nukur murantwengej Nar ndabakumbuy p ndahatswe nyamwema yaranfash ndik ntwenga p
Mukina nez vrt ng plank arar yabay trening komez umwug mug muduh ivyigish
Ni prank nyene umuntu yorara arushe agaca arara yambaye ipantaro na sengle
WE Lavine gusa Nono aragukunda cane kweli. Hama mukumufuka ba umufuka neza no kubirenge hose uhafuka😅😅😅 nagumye ndaba incuro zose wamufutse Ku maguru waciye wirekera.
Uzuze maze udusigurire twumve neza ko mutari mwabipanze😂je natahuye ko bashitse bwije hama avuye douche acarambara kugira baje gufungura ndibaza ariko naho bwari bukeye😊burya rero yavuye gufungura nukuryama direct,ndazi!!! Muranyishe pe
Nono izo trening uryamana iruhande yumugore wapi,ziramuhanda Fafa wacu
😂😂😂😂ewe Fany sha kiguma kiza 😂😂😂ndakunda firm zanyu gusa
None murara mwambaye. Hahaaa iyaba carico carikumurya Kuko yaragiye kukiraba wenyene. Prank y, ubwoba itwika. Fanny uramurashe wallah agomba yiruke. Mwubahwe sana we respect you
Murankorey
Umusi
Ahondi nibutse
Ivyo fann akoze naduka nitwenga😂😂😂