Tugaruke gato kuho rya barabara ry’indarayi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 ноя 2024

Комментарии • 22

  • @AbdulkarimNshimirimana-nv2tb
    @AbdulkarimNshimirimana-nv2tb 6 дней назад +2

    🎉starlink igejejehe kugira itangure muburundi kugira ikibazo ca connexion ya internet gikunde?

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete 6 дней назад +1

    Urakoze sha, uvuga amakuru murupfasoni rwinshi, kanatsinda ukora ukusa

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 6 дней назад +1

    Uburundi butegeeezwa gutera imbere vyanka vyemera

  • @justinmajambere8643
    @justinmajambere8643 6 дней назад

    Merci

  • @BeniFleuryNimubona
    @BeniFleuryNimubona 7 дней назад +1

    Barabivuga bigaherera iyo😢😢😢

  • @NitungaGuyHubert
    @NitungaGuyHubert 6 дней назад +1

    Uburundi bugira butere imbere

  • @TheopisteIradukunda-hz1bo
    @TheopisteIradukunda-hz1bo 7 дней назад

    ❤❤ mbentirizoca nomucibitoke carugombo??? Nubworyociwac twobabisa bakubak kk niteramber knd rikaze🎉🎉🎉

  • @BugoyeJohnlucky-z6b
    @BugoyeJohnlucky-z6b 6 дней назад

    Komera Kumaru yizew

  • @SalvatorAdamu
    @SalvatorAdamu 6 дней назад

    Nikundira ukuntuvuga amakuru gusa , uvuga utuje, uvugana indero ndundi nurupfasoni , vrmt ndakwikundira ukushikirizamakuru ntutatabiza nkabandi umuengo barikurondera ama views kunguvu. Irambire vrmt

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 7 дней назад

    Jew ivyovyindarayi vyaranaduhombej Tanzaniya kudutwara kigoma yose noneko amasezera ariho ntaho bokwitwara bakadusubiza intara yacu?

  • @saidindizeye2206
    @saidindizeye2206 6 дней назад

    Reeeka reka reka huhuuuwa… 😅😅

  • @ishimwemorgan1713
    @ishimwemorgan1713 6 дней назад

    Nzoba mbonaa Burundi beacuusha😂😂😂

  • @FabianoSinghania
    @FabianoSinghania 6 дней назад

    Wapii kweli imyaka 16 yose wapii kabx ahoho hariho abazoritangura rihere batakiriho ngo baryiyunguruzemwo

  • @mwanajo
    @mwanajo 7 дней назад

    Nugutarariza nka burende

  • @rafikiwakweli2049
    @rafikiwakweli2049 7 дней назад

    Wapi Abarundi imigambi iherera mumajambo ntabikorwa mperekeza

  • @salumsalum5712
    @salumsalum5712 6 дней назад

    Amafaranga muravyo nibiki?

  • @NitungaGuyHubert
    @NitungaGuyHubert 6 дней назад

    Komera Burundi bwacu tukurinyuma

  • @JeanHABIYAMBERE-z9o
    @JeanHABIYAMBERE-z9o 6 дней назад

    iterambere ry'Uburundi rizama arindoto gusa

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 7 дней назад

    ntavyo muzoshobora nukuvuga gusa

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 7 дней назад

    Ivyo tuzoguma tuvyumva ukonyene