Ngo indege yarimo iki? C'est pas possible!!! Harimo abantu Imana yaremye. Kabone naho imyaka yaba amagana....amaherezo abari mu ndege bazabona ubutabera. La patience supporte tout.
Umuntu yahanuye irya ndege niwe mu 1972 yagize ihonyabwoko ry’abahutu mu Burundi 🇧🇮, niwe kandi uyu munsi akomeje gutsembatsemba abahutu mu Rwanda 🇷🇼 no muri Congo! Ariko rero ubuherezo azafatwa neza kandi abibazwe! Je condamne fortement la naïveté des Hutu dans la région!

Bwana Leonce, ubutaha muzoze mugerageza kuzamura ijwi. Kuko ntituvyunva neza canke ngira nikibazo ca volume. Gusa komereza aho ukuri gukwiye kuvurwa hakibona.
Ni Agahinda gakomeye Ndihanganishije. Abarundi mwese mwabuze Umukuru wanyu azize akarengane
Imana imuhe iherezo ryiza,Inzirakarengane zose zapfuye mumahano yabaye mu Rwanda abatusti abatwa abahutu nabandi tutamenye.Aheza mwijuru
Mwaramutse neza, birababaje cane ukungene nyakwubahwa umukuru wigihugu cacu agandagugwa isi yose ibibona mugabo igahora.
#SilentMajority no more. Haguruka, Susuruka uvuge ico umaze kumenya kurayamahano twashizwemo nakagwi kinkwezi yababi gashira akarere kose kibiyaga bigari mungorane. Woba ukazi #Burundi?
TURABEMERA
Good TV"isinijuru tv"
Uzi mumyaka 2050 iyisi dutuyeko hazoba ibutangazaa