Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndumunt wamber ndayibony bwamber mumpe lik zanj
Ndagukunda cane nimba nawe umukunda mpa like nahibimwe
Merci madame et courage
Uwunvise ayomasengesho yasenze ampe linke 😂😂😂😂
Nukuri suko bategura isosi yinyama naho bisa neza wabikoze nabi cane
urakoze
😂
Urasa neza nshuti.
kandi itomate zibaye nyishi birasosa umunyu uwushiramwo igishira inyama ku mbabura niho umunyu winjira mu nyama
Izinyama uzitetse nabi peee,ntago zafashe irangi ,ndakwemera ark kunyama wapiii.
Isosi watogoshejemo izo nyama aba ariyo wakoresheje aho gusukamo ayo mazi ndetse poivron kuyishyiramo nyuma sibyo
sawa
Isosi itagira itomati zimbuto usanga itagira akanovera utumushiranwo basi nagapande nagatoya wishibintukweri pwovro sereri zimotaneza zikaranze kandi ninyama nahowazitogoteshej warikuzicisha mumavutakwanza wasanga ibintu biryoshecane gusumba
Ariko isosi ya sosi tomate yonyene ntiryoshe uzoze ushiramwo ni tomate zisanzwe hama ugakaranga ninyama igafata irangi.
Niba aruku mukora isosi mu Burundi wapi kbsa!utabanje inyamavuta ukavanga mpaka zifashe irangi?ikindi wafuma ushyiranamo poivro nigitunguru aho gushyiramo poivro nyuma
Ikindi uteka umuntu mwinshi
🎉❤
guteka kiri kwinshi itomate yimbuto irihe poivron uzishiramwo ryari
Uzadutekere amakaroni aryoshye
Nonekutatwertse ingen wacunve none ubwobugari urabumara urumwe1😂😂😂
egome ntanzoka narazivuye
Uteka neza,ariko ikirungo tayali sico😢
Ko utajya uvangamo inyanya? Sosi tomate yonyine irabiha turagukunda
Harizibiha nizinyoha cane
❤❤❤
Merci bcp none iyopoivron uyiteguyuko usangihiye konzigoyegusha?
Ntabwo ubuzi ko iribwa arimbisi?
Ah kwel ntihiy
Iyo sosi yikopo nibazako ibishe kweli. Niy'igishenzi😂
Iy war gukoresh sose tomate imw ni inyanya vyab vyiz kurush
nazibuze ngiyo,♥️
Ubwambere mbanje gushima ariko ikibazo nuko nzi KO poivron igora gush ukaba watanguje igitungu igitunguru
ntayigora
Guma muduha nibindi bishasha
Vyaryosh
Maman usigay wisigik
Ndagukunda mubyeyi. Komereza aho muturanyi wacu. Ndi mu Rwanda
murakoze cane♥️
Biraryoshe cane