Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Monia ndagukunda wakwibaza ko ndagukunda ivyaba chr no!suko❤😂
Part 2😍
Merci kutwishura turagukunda❤❤❤
Haaaaa ariko monia ndakwemera
None MONIA mwana!! Izonzara ntubona kozishobora guteza IMPANUKA!!!
Nizahe mpanuka zishobora kugutera wew?
Mo jyewe se ndihe 🥹🥹🥹 nabanze ariko Ntakundi ❤️❤️
Monia KO numva uvuga ikinyarwanda gusa?
Monia abo bantu murikumwe ntibaze baguhende barashobora kuguca intege nigute batazi linog nkibumva mpise ngirubwoba kuko baranagukoje usigaye ukunda ikinyarwanda. Kugira umurundi yishimire icari urabanza ukamukundisha ikirundi(ntugire ngo ndagututse.)
Mureke urwanko abarundi. Umurundi kuvuga ikinyarwaanda mubona ko ari nkicaha ariko avuze icongereza mugahonoka. Twige gukundana kuko ugwo rwanko abarundi dufise sinzi aho ruriko rurava
Nyimba wibaza ko nanka monia Fleur ntamakuru ufise gusa mbashaka kugira avuge ikirundi kugira abanyarwanda ntibaducimwo ijisho. Ariko nawe ndagushimiye kubona umuvugiye ahasigaye ikirenzi ico ndumufane wiwe kuva kera .(akivuka).
Ndagutegerej yadiwan nawe ewana mukoreningoga ofkoze turagutegereje yompi
Wagiy utadusezey???
❤❤❤
None linog niwe arya imisigazwa 😂😂?
Kubera ntinya ivyo bizara ndirutse.
Abo bantu murikumwe linog ntawe bazi canke nukwigirisha.
🔥🔥🔥🔥🔥
Navuge cane uwusoma
✌️🌹🌹🌹
😂😂😂😂😂
Intorentindi😮
Uwo mu dada yitwa gut ni mwiza nikizubab Fackmpa nume yiwe chu be
❤❤❤❤