Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Amen Imana ni nziza ibihe vyose nihabwe icubahiro imyaka yose.Ndabanezererewe
Amen amen ndafashijwe cane
Amen Amen
Imana ihabwe icubahiro.,..nanj mana uzumpezagize ikibondo...
Nivine sh ndiho yakugiriy neza uzobabarire Abo bantu ncut
Imana iratabara kandi ni nteturuye....nanj mana uzumpezagize ikibondo
Yesu ni umukozi w'umuhanga. Imigambi yiwe si nk'iya bantu.C'est un Dieu de l'impossible. Gloire à toi seigneur pour l'éternité. 🙏🙏🙏
imana yakugiriy nez
Yesu arashoboye iyontahe Insubijemwo ivyizigiro🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Imana ni nziza ibihe vyoseeee,,ndafashijwe caneee,, murakoze Canee
Amen Imana ninziza ibihe vyose
Urakoze Data🙏🙏🙏
Imana ishimwe yabikoze ubishoboye umpe number yuwomu maman
Imana ishimwe caaane yabagiriye nezaaaaa 👏👏👏👏👏👏
Za murashirako numero zabo bantu Imana iba yarahaye ibibondo uwubakeney kugira abaronke
Turatanga numéro ya schadou TV uwufise ico abaza yoca kuriyo kuko yoyo iri public ni +257853344 ni WhatsApp merci
Yoo Nivine. Amakuru?
Imana ninziza ndakunezererewe❤
Imana ishimwe
Ndiho yagukoreye ibikomeye natwe turanezerewe abakunzi bawe bose , intahe yawe iklmeze n'abandi bari muri ivyo bihe. Ukomeze guhezagirwa
Mme félicitations. Ariko uzogerageze ubabairire abo bakwise ukutariko. Ndunva ugishavuye. Ndakwiginze uzogaruke utubwira ko wababariye abo bantu
Kuba vyaramukomerekeje ntibisigura ko atababariye afis ishimw ry'Imana yamuvuye ibikomere ibi uvuze wumvs ntavyo yavuz
Guharira erega ntibisigura kwibagira igikomere kirasiga inkovu
Urababarira ariko iryambo wabwiw ntirifudika.ntanzigo abafitiy ahubwo afis amashimw
🙏🙏🙏
🙆👏👏👏👏
Amen Imana ni nziza ibihe vyose nihabwe icubahiro imyaka yose.Ndabanezererewe
Amen amen ndafashijwe cane
Amen Amen
Imana ihabwe icubahiro.,..nanj mana uzumpezagize ikibondo...
Nivine sh ndiho yakugiriy neza uzobabarire Abo bantu ncut
Imana iratabara kandi ni nteturuye....nanj mana uzumpezagize ikibondo
Yesu ni umukozi w'umuhanga.
Imigambi yiwe si nk'iya bantu.
C'est un Dieu de l'impossible.
Gloire à toi seigneur pour l'éternité. 🙏🙏🙏
imana yakugiriy nez
Yesu arashoboye iyontahe
Insubijemwo ivyizigiro🙌🙌🙌🙌🙌🙌