NIBA ukunda KUGIRA UBWOBA😧 bwo gukora icyo WIFUZA, Umva iki KIGANIRO.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 25 окт 2024

Комментарии • 50

  • @Nijmc
    @Nijmc 20 дней назад

    Sinzi uko nagushimira ubundi nkicyumva iri jwi biba bibaye imana ikomeze kugufasha nibyo ukora ndagukunda cyane pe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ikuzobruno664
    @ikuzobruno664 2 года назад +5

    Urakoz cyne Yvette gsa nanjy arijyih biger nkumv njyize ubwoba bwahazaza hanjye

  • @rutagengwavanessa7953
    @rutagengwavanessa7953 2 года назад +3

    Ibiganiro byAWE biradufasha pe,
    Menye byinshi ubu n'igituma ntatera imbere ndakimenye nizeye ko ninkurikiza izi nama utugiriye nzatera imbere🥰🥰

  • @ikuzobruno664
    @ikuzobruno664 2 года назад +4

    Urakoz cyne Yvette . Gsa nanjy njya gira ubwoba bwahazaz hanjye

  • @فيصلمسلم-س5ض
    @فيصلمسلم-س5ض 6 месяцев назад

    Urakoze caaaaneeee 🙏🙏hama ngiransabe uricakiganiri amateka yabo uzotubwire kumutamvyi womuri Ghana yitwa Demzy Baye hamwe na Chr wiwe Endurance uzobukoze caaaneee🙏

  • @rukoranyangabo9128
    @rukoranyangabo9128 2 года назад +1

    Nabaye imbata y'ubwo bwo gufata imyanzuro y'ubuzima bwanje no guhindura akazi.
    Uyu munsi 19/08/2022.
    Mfunguye iki kiganiro mumutima wanje rusibana.
    Harakazi keza kandi gahemba kurusha ayo mpembwa ubu, kari muri company nkoramo,
    bosi wanje arambwirako nkwiriye kugasaba kuko kajanye na professional yanje ariko kubera ubwoba ubu ukwezi ukwezi kurashize n"aramunaniye kubera gutinya pressure nyinshi zako kazi.
    Ariko nonaha ubu jiye gukora update ya CV nyohereze.
    Thanks Miss Abayo Avvyete Sandrine kumuhate wawe.

  • @innocentingabire2935
    @innocentingabire2935 2 года назад +5

    Merci beaucoup Yvette.

  • @nshimiyimanafiston3578
    @nshimiyimanafiston3578 2 года назад +3

    Urifite impano 💪keep it up ⬆️

  • @florenceniyomungeri7229
    @florenceniyomungeri7229 2 года назад +4

    Ngukunda kubi

  • @VioletteKaneza-l4n
    @VioletteKaneza-l4n 5 месяцев назад

    Wubahwe ww zotuma nterimbere ndagukund Can Imana nikutuzigamir ❤❤❤❤

  • @bambayisaaimee6519
    @bambayisaaimee6519 2 года назад +4

    cyecyeeeeee 💃💃💃💃
    Bambayisa rwose ariye hit ya hato na hato🤣🤣

  • @audreyirakoze7807
    @audreyirakoze7807 Год назад

    Respectc✌ arko uzatubwire amateka ya A kon❤🇧🇮

  • @Diego550-ts4bp
    @Diego550-ts4bp 8 месяцев назад

    Uravuga neza kuburyo numuntu yoba yarihebuye Yoca yizera kobizogenda neza pe❤

  • @fabricesiborurema9940
    @fabricesiborurema9940 2 года назад

    Imana iguhe imbaraga zo gukomeza kudutinyura sister wacu much respect kbsa

  • @paulpaul6933
    @paulpaul6933 2 года назад +2

    Thx Abayo Sando

  • @jeanetteuwimpaye
    @jeanetteuwimpaye Год назад

    Ubwoba abeci nibwo butuma naho tungera ariko unduhaye inamanyayo urakoze cyane👍 abayo wacu ndu kunda💕

  • @jonasnsengimana1640
    @jonasnsengimana1640 2 года назад +5

    Nkunda ukuntu uvuga!

  • @asimweudasazwe6126
    @asimweudasazwe6126 2 года назад +1

    Urakoze cyn mwarimu wubuzima we courage

  • @masumbukofabien2416
    @masumbukofabien2416 2 года назад +1

    Urakoze cyane munama zawe nziza

  • @blessingsjolam8162
    @blessingsjolam8162 2 года назад +1

    Kuva Aho nakurondereye ndakubonye we love u💓

  • @onesphorenininahazwe1638
    @onesphorenininahazwe1638 2 года назад +1

    Thx Sandrine

  • @onemuzungu7291
    @onemuzungu7291 2 года назад

    Thank s ivette from Lusakacity ZAMBIA 🇿🇲

  • @nsengiyumvajohn8909
    @nsengiyumvajohn8909 2 года назад

    Nkunda ibiganiro byawe❤️❤️🙏

  • @muhireoliver5393
    @muhireoliver5393 Месяц назад

    Sha abayo ndakwikundira uzubwenjye

  • @Seasons53
    @Seasons53 2 года назад +1

    Ntakuntu washaka umuti wibyoya byinshi cyane kumubiri?

  • @valentiniragena4883
    @valentiniragena4883 2 года назад

    Nukuri udutera umuhate kandi ukanadutera motivation.

  • @ally_wild_fantasies
    @ally_wild_fantasies 2 года назад

    thank you so much u just boosted up my confidence,
    other time can talk about how can people follow their passion without worries ,thank u
    🥰🥰🥰

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine5468 2 года назад +1

    Uko nukuri my sister narinzi ko arije bishikira ngira ubwoba kukintu cose

  • @alexboyofficial6295
    @alexboyofficial6295 2 года назад +1

    Imigishaaa ibe hafi yaweee 🥰

  • @ally_wild_fantasies
    @ally_wild_fantasies 2 года назад

    you just said my things 😇😇 movies , is that common omg!!!

  • @sapy799
    @sapy799 2 года назад +1

    Ndakwera cyn sand iman ijye igushyigikira

  • @jaquelinenyiraburanga9454
    @jaquelinenyiraburanga9454 2 года назад

    Urakoze Nukuri

  • @jeanboscoabayisaba1499
    @jeanboscoabayisaba1499 2 года назад

    Murakoze cyane

  • @NiyitegesteValence-op6ql
    @NiyitegesteValence-op6ql 9 месяцев назад

    Turagukunda aba

  • @justinukwishaka9094
    @justinukwishaka9094 2 года назад +1

    wankumbuje jey wantunguye abayo gusa urarenze kd ndagukunda ni justin

  • @iradukundacharite8260
    @iradukundacharite8260 2 года назад +1

    Good

  • @rocktv5919
    @rocktv5919 2 года назад +4

    Shalom shalom Hama nanje ndashaka kuguha inkuru yaranze urukundo rwanje kuko arinkuru ndende nayanditseho na film igihe nikigera nzoyishira ahabona

    • @ABAYOYvetteSandrine
      @ABAYOYvetteSandrine  2 года назад +1

      Email:sandoyvette1@gmail.com
      ndahita nyibona tunavugane ibindi. urakoze

  • @luckymandelawinner
    @luckymandelawinner День назад

    Wawuuu

  • @kabane585
    @kabane585 2 года назад +3

    🥰🥰🥰

  • @pontienntirandekura9811
    @pontienntirandekura9811 2 года назад

    Uravuganezap.

  • @ISHIMWEAdeline-jc6io
    @ISHIMWEAdeline-jc6io 4 месяца назад

    Mumezemute , esemwa number zanyunkazabavugisha konkundibiganirobyanyu murakoz

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 2 месяца назад

    Ahubwo nanka urusaku baca bavuga ivyawe

  • @chanelleButoyi
    @chanelleButoyi 2 месяца назад

    Jewe mfise ubwoba bwokwirarana mucumba bwohezwa Niki? Ndatinya Kuba jenyene vyose ndabitinya 😂😂😂😂😂😂😂 mumfashe

  • @ishimwesrael3022
    @ishimwesrael3022 2 года назад +1

    C000